Home Basketball

Basketball

Basketball : Richard Ndikuriyo mbega azokina he ?

Mu gihe havugwa ko ihiganwa rya basket i Bujumbura rigiye gutangura mu misi iza , umukinyi yaramuwe na Mutanga united ubu akaba yakinira Dynamo...

Basketball : Gymkhana na Kern bigenjeje neza

Mu kurindira ko ihiganwa rya basketball ritangura mu gisagara ca Bujumbura , imirwi ibandanya yitegura bakaba bariko barakina inkino za kivandimwe. Kuri uyu w'Imana ,igenekerezo...

Basketball : Umwe mu batanguje New stars yahinduye umurwi

Ntibikiri urukurukuru, uwahoze ari umumenyereza wa New stars Aimé Bitagoye yahawe amabanga mashasha muri Gymkhana. Aimé Bitagoye ni nde? Aimé Didier Bitagoye n'izina rizwi cane mu...

#Basketball : Menya ibivurwa muri basket-ball y’i Burundi dufatiye ku vyabaye mu mpera y’ino ndwi twarangije

Ku kibuga Toyota Gikungu, Urunani basketball club kuri uyu w’Imana yirahiye les hippos mu rukino rwa kivandimwe ku manota 72 kuri 44. 1. Birakomeye hagati...

#Basketball : Burundi bwacu yaraye isamiraniye muri USA

  Kuri uyu w'imana igenekerezo rya 8 Ntwarante 2020, indirimbo ihayagiza igihugu cacu c'Uburundi yaraye isamiraniye mu rukino rwahuje umurwi Baylor na Iowa States University...

Imiriyoni 50 z’amadorari y’abanyamerika nizo zisabwa kugira Kobe Bryant asubizwe ubuzima

Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 29 Nzero 2020 niho Umuhanuzi canke umuvugabutumwa Prophet Nigel Gaisie yamuka mu gihugu ca Ghana yavuga...

Ivy’urupfu rwa Kobe Bryant vyari bizwi kuva kera

Kuva igenekerezo rya 13 Munyonyo umwaka wa 2012 hari umugabo umwe yitwa Noso yanditse kuri Twitter yiwe y'uko igihangange ca NBA Kobe Bryant azopfira...

Fabrice Rukundo ati : “Basketball ntakintu nipfuza itampaye”

  Abanje gushimira abavyeyi bafadikanije n'Imana bakamushira kw'isi eka n'uwo wese yagize ico amufasha muri urwo rugendo rutari rworoshe, agira ati "Urukino rwa basketball rwanshikanye...

Basket-ball : Landry Ndikumana ntawumukoreramwo mu Burundi eka no mu Buganda

Umukinyi nserukiragihugu mu nkino za basketball Landry Ndikumana kuva mu mwaka wa 2017 na 2018 ntawumutwara agashimwe ka MVP haba hano iwacu canke mu...

#indundi SPORT|Reg BB Patrick yasezerewe na Al ahly

Umugwi wa Basketball Reg BBC wo mu gihugu c'u Rwawanda wasezerewe mu mahiganwa ya Africa ya Basketball Afroleague .

Super Cup Basketball: Dynamo BBC niwo waraye utahukakanye igikombe

Umugwi wa Basketball Dynamo BBC niwo waraye utahukanye igikombe ca Super Cup utsinze Urunani.

Most Read

Umutambukanyi wa Kidum ngo yabonye Nish ugutandukanye n’uko bamuvuga

Esther Nish avuga ko iyo aza kuba ari uwukunda kwumviriza abantu, ngo ntaco yari gupfa yimariye igihe yerekeza i Nairobi mu bikorwa vyo gukora...

Bimwe mu vyotuma abanyagihugu bakingirwa ingaruka mbi zifatiye kw’ihindagurika ry’ibihe

Gukorana kw'inzego za Reta hamwe no kwibukanya gukurikiza amategeko ni bimwe mu vyotuma abanyagihugu bakingirwa ingaruka mbi zifatiye kw'ihindagurika ry'ibihe. Ivyo ni ivyashikirijwe Umushikiranganji w'ibidukikije,...

T Max ng’iki ico yasezeranye abarundi bamwitezeko

Kuva aho akoreye indirimbo ari kumwe na Vichou munyuma akamara ikiringo kinini ubu ngo yoba ariko aritegura gushira ahabona ibikorwa bishasha ndetse no gukora...

Olga yabwiye Yambi igihe azosubirira I Burundi

Olga ngo umugambi afise n’uwo kugaruka mu Burundi aruko aje azanye ibikorwa bitari bike azoba amaze gukora, kandi bizoba vyifashe neza gusumba uko ubu...