Home Basketball

Basketball

Uko ihiganwa ryatunganijwe n’Abakinyi ba basketball ryagenze.

Mu ntumbero yo gufasha abashikiwe n'ikibazo c'umwuzurira w'amazi mu Gatumba na Buterere Urunani rw'abakinyi ba Basket-ball mu Burundi rwaratunganije ihiganwa rikaba ryarangiye kuri uyu...

Mu bakinyi 10 b’abanya Afrika b’ibihe vyose Mane ntarimwo

  Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 14 Mukakaro 2020, ikinyamakuru Cuatro.com cashize ahabona urutonde rw'abakinyi 10 b'abanya Africa b'ibihe vyose. Umugabane wa Afrika ni umugabane...

Amahiganwa ya CAN na AFCON yigijwe imbere ayandi arafutwa

Kuri uyu wa Kabiri igenekerezo rya 30 Ruheshi 2020, niho Komite y'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru muri Africa (CAF ) yakoze inama yo gufata ingingo yigiza...

Apôtre Jean Paul yasiguye igituma yafashije abakina basketball

Mu mpera z'ino ndwi harasozerewe ihiganwa rya Basketball ryatunganijwe n'imvukira za karitiye Jabe zifashwe mu mugongo n'umwungere w'ishengero Holy center kw'isi buca rirumanya imyaka...

Gymkhana yirahiye New stars icitwara igikombe

Nkuko twabibabwiye mu nkuru zacu, ishirahamwe ry'imvukira za Zone Jabe zaratunganije ihiganwa rya Basketball rikaba ryahuje imirwi 6 ihurikiye mw'ishirahamwe rya basketball I bujumbura...

#breaking News| Diaspora|Inès Nezerwa yaronse umurwi mu Budagi

  Abarundi barayamaze ngo akanyoni katagurutse ntikamenya iyo bweze, Inès Nezerwa yaraye amenyesheje ko agiye kuva ku mugabane wa Amerika yerekeze i Bulaya mu Budagi. Damen...

Basketball| Holy center yirahiye Ishaka

  Mu ntumbero yo guhimbaza yubire y'imyaka indwi ishirahamwe ry'imvukira za Jabe ritanguye gutunganya inkino za Basketball hano mu gihugu iwacu, haratunganijwe ihiganwa rihuza imirwi...

Ibi nivyo bibuga 10 vya mbere muri Africa vyakira abantu benshi

Kuri uno wa Gatanu igenekerezo rya 26 Ruheshi 2020 , Indundi Sports tubazaniye urutonde rw'ibibuga vya mbere muri Africa vyakira abantu benshi gusumba ibindi...

Hamenyekanye imirwi izokina inkino za nyuma muri Basket

Gymkana,Urunani ,New stars na les hyppos niyo mirwi yaraye ironse itike ryo gukina inkino z'igice ca kabiri gishira ica nyuma. Kuva kuri uyu wa gatandatu...

Basketball : Urwaruka rwo mw’i Jabe rwateguye ihiganwa

Urwaruka ruhurikiye mw'ishirahamwe ry'imvukira za Zone Bwiza rwo muri quartier ya Jabe rwifadikanije n'ishirahamwe rya Basket mu gisagara ca Bujumbura ACBAB barateguye ihiganwa rigiye...

Francine Niyonsaba yagiye gushira umukono mu gitabo c’iteka ca Petero Nkurunziza

Kuri uyu wa Gatanu igenekerezo rya 12 Ruheshi 2020,  umunonotsikazi mpuzamakungu,  Francine Niyonsaba yishikiye Ku ngoro ya Ntare mu gushira umukono mu gitabo c'iteka...

KIU rangers yarikomeje izana abarundikazi

Nkuko mubizi ikinyamakuru canyu kibandanya gicukura inkuru zirya n'ino uno musi twahisemwo kubabwira abakinyi babiri bakiri bato Inès Kanyamuneza yigeze guca muri Young sisters...

Most Read

Diaspora News: Asaba gushigikirwa mw’ihiganwa arimwo rya China Africa cooperation

Umurundikazi Hakizimana Alexia aba mu gihugu c’Ubushinwa  ari mwihiganwa ryitiriwe «China Africa cooperation » arasaba abarundi kumushigikira kugira arabe ko yotahukana iryo higanwa. Kumuha amahirwe...

Rwa rukurikirane rwa Mkomboz ngo rwamaze kurangira

https://www.youtube.com/watch?v=UqPwmg6YQQY Za ndirimbo zibwa muri Tanzania, zishobora kuba zamaze kuboneka. Igituma nuko umuririmvyi Nzeyimana Thomas benshi bazi nka Mkomboz abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook...

Preeze 36 yajanye n’umuryango kwunamira umuvyeyi wiwe “Nahigejeje Wenga Emile”

https://www.youtube.com/watch?v=REgC5_uiUqM Preeze 36 uno musi niho yaja kwunamira umuvyeyi wiwe yabuze atanga, nkuko amashusho yabashije gusangiza abamukurikirana ku rubuga rwa Whatsapp  amwerekana ari ku ntatemwa...

Diamond yagavye Tsh 100,000,000 ayaha aba Motard 1000

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond Platnumz yaraye yinjirije 100,000,000 z’amafaranga yo muri Tanzania aba Motard 1000 yaguriye igitoro ama litiro 10 y’ubuntu. Ico...