Home Basketball

Basketball

Imiriyoni 50 z’amadorari y’abanyamerika nizo zisabwa kugira Kobe Bryant asubizwe ubuzima

Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 29 Nzero 2020 niho Umuhanuzi canke umuvugabutumwa Prophet Nigel Gaisie yamuka mu gihugu ca Ghana yavuga...

Ivy’urupfu rwa Kobe Bryant vyari bizwi kuva kera

Kuva igenekerezo rya 13 Munyonyo umwaka wa 2012 hari umugabo umwe yitwa Noso yanditse kuri Twitter yiwe y'uko igihangange ca NBA Kobe Bryant azopfira...

Fabrice Rukundo ati : “Basketball ntakintu nipfuza itampaye”

  Abanje gushimira abavyeyi bafadikanije n'Imana bakamushira kw'isi eka n'uwo wese yagize ico amufasha muri urwo rugendo rutari rworoshe, agira ati "Urukino rwa basketball rwanshikanye...

Basket-ball : Landry Ndikumana ntawumukoreramwo mu Burundi eka no mu Buganda

Umukinyi nserukiragihugu mu nkino za basketball Landry Ndikumana kuva mu mwaka wa 2017 na 2018 ntawumutwara agashimwe ka MVP haba hano iwacu canke mu...

#indundi SPORT|Reg BB Patrick yasezerewe na Al ahly

Umugwi wa Basketball Reg BBC wo mu gihugu c'u Rwawanda wasezerewe mu mahiganwa ya Africa ya Basketball Afroleague .

Super Cup Basketball: Dynamo BBC niwo waraye utahukakanye igikombe

Umugwi wa Basketball Dynamo BBC niwo waraye utahukanye igikombe ca Super Cup utsinze Urunani.

Most Read

# Indundi Sports | Abakinyi 9 mu muryango wo gusohoka muri Real Madrid

kimwe mu bimenyeshamakuru co muri Espagne cashize ahabona abakinyi 9 ba Real Madrid bashobora kuyivamwo mugihe c'igura n'igurishwa ry'umwaka wa 2020 . Abo nabo akaba...

Dynamo yakubise impaga Kern

Inyuma yaho mu makuru yacu yo kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 10 Myandagaro tubamenyeshereje ko Dynamo yitwariye Kern mu kanama karaba indero n'amatati...

Haringanji Belyse yabaye umu Biker(motocross).

Bikers nkuko babita hano i Burundi , ni abakinisha moto nk'urukino kandi bakaba bazunguruka igihugu berekana ubwiza bwaco. Umukinyi wa basketball Haringanji Belyse akaba ahurumbira...

# Indundi Sports | Gael Bigirimana yaraye aronse umugwi mushasha

Umukinyi wo hagati w'umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba Gael Bigirimana yaraye ashize umukono Ku masezerano yo gukinira umugwi GLENTORAN FC uri mu cicaro...