Home Basketball

Basketball

Basket-ball : Landry Ndikumana ntawumukoreramwo mu Burundi eka no mu Buganda

Umukinyi nserukiragihugu mu nkino za basketball Landry Ndikumana kuva mu mwaka wa 2017 na 2018 ntawumutwara agashimwe ka MVP haba hano iwacu canke mu...

#indundi SPORT|Reg BB Patrick yasezerewe na Al ahly

Umugwi wa Basketball Reg BBC wo mu gihugu c'u Rwawanda wasezerewe mu mahiganwa ya Africa ya Basketball Afroleague .

Super Cup Basketball: Dynamo BBC niwo waraye utahukakanye igikombe

Umugwi wa Basketball Dynamo BBC niwo waraye utahukanye igikombe ca Super Cup utsinze Urunani.

Most Read

Bafise impungenge ko imirimo ishobora gucumbagira muri Kaminuza y’Uburundi

Abakozi bo muri kaminuza y'Uburundi bahurikiye mu masendika SPEUB na SPATUB bavuga ko batewe impungenge n'uko imirimo ishobora gucumbagira muri iyo kaminuza. Imvo ngo...

Abarundi bibutse imyaka 27 irangiye hagandaguwe incungu ya demokarasi

Abarundi bibutse kuri uyu wa gatatu imyaka 27 irangiye uwahoze ari umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye agandaguwe, hari kuwa 21 Gitugutu mu 1993. Perezida Ndadaye...

Itsinzi y ’abaririmvyi izanye umunezero mu mvura nyishi

Mu rukino rutari rworoshe abaririmvyi batahukanye itsinzi y'igitsindo kimwe cinjijwe n 'umuririmvyi akiri muto azwi kw' izina rya Saint Floria ku busa bw'aba Dj. Abakinyi,...

Basaba Reta yo muvyeyi basigaranye kubafasha nabo batere imbere

Ishirahamwe ry’abapfakazi n’impfumvyi baharanira agateka kabo AVOD basaba ko Reta yobafasha bimwe biboneka kugira batere imbere. Biri mw’itangazo iryo shirahamwe ryashize ahabona kuri uno wa...