Home BDUSA

BDUSA

#diaspora|Nziza Desire| Iwanyu ngo hazoguma ari iwanyu

Bamwe mu barundi baba inyuma y'igihugu(Diaspora Burundaise) bamenyesha ko ubutumwa buri mu ndirimbo nshasha ya Nziza Desire bwabashitse ku mutima ndetse bakanaboneraho n'akaryo ku...

#diaspora| Indwi yahariwe abarundi baba mu mahanga yoba ari ngirakamaro?

Hari ukudatandukanya ubudasa buri hagati y' inama mpuzamakungu y'abarundi baba mu mahanga, kumwe n'indwi yahariwe abarundi baba mu mahanga ndetse kuri bamwe bikabatera n'amakenga. Uko...

#diaspora| Japhet Legentil| Ni bande bagize Diaspora y’ Uburundi?

Amakenga,n'ibibazo vyinshi nivyo vyatumye indongozi za Diaspora zitanga umuco, abenshi bakunze kwibaza ibibazo nka: Mbega Diaspora y'Uburundi irabaho?, Yoba ijamwo bande?,N'ibihe bikorwa ijejwe?Hoho ntiyoba...

#diaspora|Nanette avuga rumwe n’indongozi za Diaspora y’u Burundi

Kuja hamwe, gufashanya, gukundana, gushigikirana, nizo mpanuro zahuriweko n'indongozi za Diaspora y'u Burundi kumwe n'umukenyezi Nanette Ninihazwe. Mu kiganiro indongozi za Diaspora zakoranye n'indongozi za...

#Diaspora| Abifuza inyishu mu nzira z’ibomborabombora ngo ni basubize amaso kuco amategeko y’ishirahamwe avuga

Urunani rw'ama Diaspora y'abarundi kw'isi yose (Conferance internationale de la diaspora burundaise) rwarashigikiye indongozi y'ishirahamwe BDUSA Samuel Ndayiragije mu bibazo vyariko bigerageza kubahungabanya, ndetse...

BDUSA niyo yatowe ngo itunganye ihuriro mpuzamakungu y’ama diaspora y’abarundi baba mu mahaga

Ubwenge ,ubukerebusi, ubwira, n'uburongozi bwa Sammuel kumwe n'abanwanyi ba  BDUSA nivyo vyagomwe ishirahamwe ngo ritunganye ihuriro mpuzamakungu ry'abarundi baba mu mahanga (Conferance internationale de...

#Diaspora| Tharcisse Rucintango yaryamiye ukuboka kw’abagabo

Ishirahamwe (Baho) rigizwe n'abarundi baba muri Arizona Ku mugabane wa America riramenyesha n'umubabaro mwinshi urupfu giturumbuka rw'umushingantahe Tharcisse Rucintango. Nkuko bishikirizwa n'ubuyobozi bwa Baho, bamenyesha...

#diaspora|ABC TEXAS ikangurira abarundi baba Texas kuja hamwe

Inyuma yo kuva mw'ishiahamwe BDUSA yarasanzwe aserukira mu ntara ya Texas, Innocent Ndayishimiye yaciye ashinga urunani ABC Texas mu ntumbero yuko abarundi boguma bari...

#Diaspora| Kunyinyurana no gutanako amakosa birabandanya muri BDUSA

Inyuma yaho indongozi zatowe n'abanywanyi ziyamirije abavuga ko bazikomboye, ubu ho ngo ntirukiri urukurukuru. Gile Ndikuma yari yahagaritswe vy'infatakibanza mu kibanza c'icegera c'umukuru w'ishirahamwe Samuel...

BDUSA : Gufashanya, kuvuga ukuri no kwubaha amategeko nizo nkingi

"Amase ya kera ntagihoma urutaro" ako niko gacamugani Samuel indongozi ya BDUSA asa n'uwifashisha mu kunyurwisha bamwe mu barundi bagifise agatima ko kwishimikiza ibinyoma...

BDUSA : Uwushaka kukurya ntabura imboga agukoza.

Uburyo bw'amafaranga akenshi nibwo bwama buba icitwazo gikomeye kugira amashirahamwe asambuke, no muri BDUSA iyo karata akaba ariyo nyendamuvano ya ndyogo kw'igeragezwa ry'ibogozwa ry'indongozi...

BDUSA : Samuel Ndayiragije yoba yarakombowe koko?

Mu kiganiro abaramutswa ishirahamwe BDUSA, bakoranye na Raphael Biko umumenyeshamakuru yigenga, baratanga umuco kw'ibomborabombora riri muba nyeshirahamwe muri kino gihe. Uwahawe ijambo ubwa mbere akaba...

Most Read

Ahamagarira abanyagihugu kwiyubara

Abantu 17 bagirizwa ubusuma n’ubundi bugizi bwa nabi  butandukanye harimwo kudandaza ibiyayuramutwe hamwe n’ubwicanyi berekanywe n'igiporisi kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 27 Gitugutu...

Ihadabu iri hagati y’imiriyoni 50 n’100 niyo bagiye kuza barahanishwa

Ihadabu iri hagati y’imiriyoni 50 n’ijana y’amafaranga y’amarundi nico gihano gihabwa uwuhinguye mu bumwanya imifuko n’amacupa. Uwuranguye hanze amacupa n’ubucupa bikozwe mu bumwanya nawe...

Ikiringo cari catanzwe congerejwe

Ikiringo c'iminsi ibiri cari gitegekanijwe ku bijanye na rusansuma y'abakozi congerejwe gushika hafashwe izindi ngingo. Urwo rusansuma rwari rwatanguye kuri uyu wa mbere. Mu kiganiro...

# indundi| Aba nibo bakinyi 10 bafise ibitsindo vyinshi gusumba abandi muri Pimus league

Mugihe indwi igira 7 ya Primus league yaraye irangiye ku magenekerezo ya 23,24na 25 Gitugutu(10) abakinyi bafise ibitsindo vyinshi gusumba abandi bamaze kumenyekana. Urutonde rwabo...