Home Burundi-Gospel

Burundi-Gospel

David agiye gusubira gushira ahabona indirimbo ziri mu kirundi

David ngo ntiyibagiye abakunzi b'ibikorwa vyiwe bakunda ururimi rw'ikirundi, kuko ariko abategurira urukurikirane ruzoshirwa ahabona vuba cane. Inyuma y'igihe ari mu gacerere gakomeye cane, David...

Dudu aravuga uburyo ariko atanga ivy’afise muriwe

Kubwa Dudu ngo uwumaze gukura, ntasubira kuraba umwanya kw'isaha gusa gusa, ahubwo no muriwe arumva ko umwanya...

Dudu Niyukuri yavuze ku catumye ahunga Uburundi

Dudu avuga ko naho abaririmvyi bata umwikomo ku butegetsi, ngo amakosa akorwa nabo ubwabo.

Dudu Niyukuri yakebuwe ko indirimbo zinyaruka mu rukurikirane ari nyinshi cane

Dudu Niyukui yahagaritse ikorwa ry’izindi ndirimbo zija mu rukurikirane rushasha kuko ngo izari zirimwo zinyaruka zari nyinshi....

Aimé NITEREKA – Wansitula (Official Video)

https://www.youtube.com/watch?v=LKbO6Ic-qIo&app=desktop

Dudu Niyukuri avuga kw’ibangira rwiwe mu kuririmba mu rurimi rw’ikirundi

Dudu Niyukuri ngo ntiyiteze gusiga abamukurikira ngo arondere abandi bumva izindi ndimi, ariko avuga ko agiye kugumana...

Most Read

#diaspora|Mkombozi asaba ko izina Lucifer atamuntu yosubira kuryita Satan

Mu ntumbero yo gukura amakenga ku mpari kw'izina yitwa nka Lucifer, Nzeyimana Thomas yatanze umuco.Mu kiganiro n'imwe mu mboneshakure yo mu gihugu ca Tanzania...

Rumonge : Iduga ry’amazi y’ikiyaga Tanganyika ryononye vyinshi

Amahegitari arenga mirongo itanu ari ahitwa mu Gatakwa, ni muri Komine hamwe n’intara ya Rumonge yahora yimburwamwo umuceri, ibigori n’ibindi biterwa bitandukanye, niyo amaze...

Ukuri kubivugwa y’uko Lydia Nsekera yoba arwaye Coronavirus

Hamaze imisi hariko harakwiragizwa inkuru ivuga y'uko uwigeze gutwara Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB, akongera agatwara CNO ( Comite National Olympic ) mu...

Igihugu c’Ubushinwa caraye gihaye Uburundi ibikoresho mu ntumbero yo kurwanya Covid-19

  Umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida, Thaddée Ndikumana yarakiriye kuri uyu wa kane igenekerezo rya 4 Ruheshi 2020 imitekero 4 y’ibikoresho, imfashanyo...