Home Burundi

Burundi

BigFizzo yaguye mu gahundwe abonye Lolilo aririmba adakoresheje CD

Big Fizzo ngo yaratangaye cane abonye Lolilo kuri Stage ariko aririmba Live, akabikora ku ndirimbo zitari nke. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Lolilo ubwiwe mu...

Kern yatsinze , Aigle noir ihabwa ikaze

Ihiganwa rya Basketball i bujumbura ryaratanguye biciye mw'ihiganwa ry'intango bita tournoi d'ouverture ryuguruwe icese kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 8 Myandagaro 2020 ku...

Nkengurutse Brax yabaye MVP

Kuri uyu w'imana niho harangira ihiganwa bise tournoi de l'espérance rikaba ryatahakanywe na Intwari mu bagabo na Sisters mu bakenyezi . Iryo higanwa rikaba ryatunganijwe...

Ubushikiranganji bw’inkino n’imicokama bugiye guhagurukira ibibazo bihanze igisata c’imicokama

Ezeckiel Nibigira umushikiranganji w'inkino n'imicokama yagiranye inama n'abatwara amashirahamwe y'imigwi ndangakaranga, noneho bamushikiriza ibibazo bihanze ico gisata. Mu bibazo vyashikirijwe harimwo ikibazo c'ibikoresho bitaboneka, Dunia...

Emery Sun yatanze urutonde rw’abaririmvyi 5 batakivugirizwa indirimbo

Mu gihe Emery sun afise akababaro kenshi ko hari abamenyeshamakuru bamwe bamwe batakivuza ibikorwa vyiwe, uwo muririmvyi avuga ko atari wenyene kuko hari abandi...

Dieudonne Nahimana agiye gutangura gukebura abafata ingingo

Inyuma yo kugerageza kwitoza mu kibanza c'Umukuru w'Igihugu, ariko ntiyaronka ico kibanza, Dieudonne Nahimana yasubiye kuboneka mu kindi gikorwa. Imboneza Talk Show n'ikiyago categuwe na...

#diaspora |Andre asaba abarundi baba mumahanga gushika mu gihugu bagaterera umuganda wabo

Abanje kwemanga ko abarundi baba mu mahanga bashoboye vyinshi,bafise uburyo bwinshi kandi bize vyinshi, bitandukanye  Andre Nkeshimana, abatera akamo ko gushika mu gihugu bakaraba...

Francine yerekanye iyo akura ubutunzi afise

Ikibanza Francine Niyonsaba agezeko uno musi ngo ntiyarazi ko yokigezeko. Ariko icamuteye gushika aho ageze, uwo munonotsi avuga ko ari ubwira, ubukerebutsi n'ukwitanga cane. Uwo...

Ukuri ku bivurwa kw’iyinjira rya Fabelove muri Empire Avenue Lab

Fabelove na Sat-B ubu imigenderaninire ni myiza cane naho vyashitse bagacanamwo ngo  ntazibana zidakomanya amahembe. Inyuma y’indirimbo Master umuririmvyi  Fabelove yasohoye ururirimbo Hange  indirimbo yakorewe...

Ng’ibi bimwe mu bishikirizwa vyerekana igituma indirimbo ndundi ngo zitagifise akanovera

Mu gihe abatari bake baguma bidoga ngo ntibumva igituma umuziki ndundi udatera intambwe muri kono ka rere turimwo maze umuririmvyi nawe agire n’ico aronka,abenshi...

REBEKA umwigeme mwiza asumvya ubwiza abandi ivyamushikiye nagahomera bunwa

Umuririmvyi Titus  Da Sailor amenyeshako umwigeme Rebeka atorohwewe namba mubuzima yaciyemwo ariko y’ukwihangana kuko ubwiza akibufise. Titus  Da Sailor arahanura cane abigeme beza cane aciye...

Ati uwufise intumbero y’ukurya ibiturire naje mu kizingwe abanze yiyuhagire yongere yiyugumure!

Mu majambo yashikirije, yaragarutse cane mu bikorwa vy'abarongozi, aho yerekanye inyifato nshasha zikwiye kubaranga. Aho anamenyesha ko igikwiye kuza imbere ya vyose ari amahoro...

Most Read

# Indundi Sports | Abakinyi 9 mu muryango wo gusohoka muri Real Madrid

kimwe mu bimenyeshamakuru co muri Espagne cashize ahabona abakinyi 9 ba Real Madrid bashobora kuyivamwo mugihe c'igura n'igurishwa ry'umwaka wa 2020 . Abo nabo akaba...

Dynamo yakubise impaga Kern

Inyuma yaho mu makuru yacu yo kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 10 Myandagaro tubamenyeshereje ko Dynamo yitwariye Kern mu kanama karaba indero n'amatati...

Haringanji Belyse yabaye umu Biker(motocross).

Bikers nkuko babita hano i Burundi , ni abakinisha moto nk'urukino kandi bakaba bazunguruka igihugu berekana ubwiza bwaco. Umukinyi wa basketball Haringanji Belyse akaba ahurumbira...

# Indundi Sports | Gael Bigirimana yaraye aronse umugwi mushasha

Umukinyi wo hagati w'umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba Gael Bigirimana yaraye ashize umukono Ku masezerano yo gukinira umugwi GLENTORAN FC uri mu cicaro...