Home Burundi

Burundi

#Urwevu| Nkumi, urabanza umenye projets z’Umusore. Ntukinjire imodoka utazi iyo igiye.

"Woye gutwarwa n'igihuhusi c'imishobisho maze ngo uzohave uca akenge, utakiri bwigarure!" Nk'uko hano twama tubikura mu bitabo vyandikwa n'abahinga banyuranye, turasanga vy'ukuri umuntu ariko aragenda...

Big Fizzo ngo aho bigeze umengo n’umuntu bomwica

Naho atavuga abashobora kuba bamwanka urwo kumwica, ariko aremeza ko bariho bivanye n'ivyo baheruka kumukorera. Inyuma y'ukwibwa indirimbo zitaramenyekana igitigiri, humvikanye amajwi ya Big Fizzo...

Abakunzi ba R Flow ngo bagume biteguye

R Flow yavuze ko hari akaganuke afitiye abakunzi b'ibikorwa vyiwe, ariko ntiyabashije gushikiriza ryari kazoshirwa ahabona canke uko kazoba kameze. Inyuma y'uturirimbo ariko arumvikanamwo akorana...

Kebby boy ngo yarabizi ko abakunzi b’ibikorwa vyiwe bari bamunyotewe gose

Kebby yashimiwe n'abatari bake bari bagize igihe bamunyotewe kubera ukubura kw'uturirimbo twiwe muri ino misi. Akaba yaragize igihe asa n'uwuri mu gacerere gakomeye. Abo bakaba...

Vichou yavuze impanuro yahawe na Nyina amanuka I Bujumbura

Umuvyeyi wa Vichou ntiyigeze amuzibira ngo yanke ko amanuka I Bujumbura, ariko yamutekereye impanuro za kivyeyi kugira aze yitware neza. Inyuma yo guhurira I Bujumbura, ...

CAF Confederation Cup: Vital’o Fc yanyagiwe ibitsindo 4-1 na New star y’i Douala

Umugwi vital'O Fc wari waserukiye Uburundi mu mahiganwa ya CAF Confederation Cup wasezerewe muri ayo mahiganwa urinze kunyagirwa imvura y'ibitsindo. Hari kuri uyu wa gatatu...

Diaspora: Warren Ndayishimiye yahaye imfashanyo y’imipira umugwi wa Gitega Academy.

Umurundi aba mu gihugu Ubwongereza Warren Chebby Ndayishimiye kuri uno wa gatatu igenekerzo rya 5 Kigarama, yatanze akaganuke k'ibikoresho vya Sports mw'ishure ry'umupira w'amaguru,...

#Urwevu| Ibigushikira vyose bivana n’agaciro wewe nyene wiha. Raba impanuro

Bamaze kubica hirya no hino, abahinga basanze rero intango ya vyose ari ivyiyumviro vya muntu. Ivyiyumviro vyawe bivamwo ivyamwa bijanye n'ibishobisho ( émotions) ubifatanije....

#Urwevu| Irindi banga rizogutuma ushika kure

Ubuheruka, tuvuganye ibijanye n'ukugenzura ibijanye n'ivyiyumviro vyawe, aho abahinga baguhanura ko wokwamana na ntaryo ufise aho wandika ivyiyumviro vyose ubona bikomeye bishobora kugufasha, maze...

Benyimana Caleb yafatiwe ibihano bikomeye

Umukinyi w'umusatirizi w'Intamba mu rugamba ndetse n'Umugwi Rayon Sports Bimenyimana Bon fils Caleb yafatiwe ibihano bikomeye n'ishirahamwe rirongoye umupira w'amaguru mu Rwanda FERWAFA . Eka...

Most Read

Bafise impungenge ko imirimo ishobora gucumbagira muri Kaminuza y’Uburundi

Abakozi bo muri kaminuza y'Uburundi bahurikiye mu masendika SPEUB na SPATUB bavuga ko batewe impungenge n'uko imirimo ishobora gucumbagira muri iyo kaminuza. Imvo ngo...

Abarundi bibutse imyaka 27 irangiye hagandaguwe incungu ya demokarasi

Abarundi bibutse kuri uyu wa gatatu imyaka 27 irangiye uwahoze ari umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye agandaguwe, hari kuwa 21 Gitugutu mu 1993. Perezida Ndadaye...

Itsinzi y ’abaririmvyi izanye umunezero mu mvura nyishi

Mu rukino rutari rworoshe abaririmvyi batahukanye itsinzi y'igitsindo kimwe cinjijwe n 'umuririmvyi akiri muto azwi kw' izina rya Saint Floria ku busa bw'aba Dj. Abakinyi,...

Basaba Reta yo muvyeyi basigaranye kubafasha nabo batere imbere

Ishirahamwe ry’abapfakazi n’impfumvyi baharanira agateka kabo AVOD basaba ko Reta yobafasha bimwe biboneka kugira batere imbere. Biri mw’itangazo iryo shirahamwe ryashize ahabona kuri uno wa...