Home Business

Business

Uburundi na Tanzania bagiye kwubaka ibarabara rihuza Gitega na Kigoma

Bimwe mu vyavuye mu rugendo umukuru w'igihugu Nyakubahwa Ndayishimiye Evariste aheruka kugira mu gihugu ca Tanzania, biratanguye kumenyekana. Ibarabara rya gari ya Moshi (Train)...

Ikibuga ca mbere mu Burundi catanguye gushirwaho intebe

Ikibuga c'umugwi Aigle Noire The Fithers citiriwe izina rya Peace Parck Complex Petero Nkurunziza catanguye gushirwaho intebe za kijambere, ico kibuga kikaba kiri mu...

# Indundi Sports | Iyo niyo mvo yatumye Bumamuru na Kayanza United zitsindwa impaga

  Hari kuri uyu wa mbere w'igenekerezo rya 07 Nyakanga 2020, aho umunyamabanga w'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB Jérémie Manirakiza yatanga imvo yogutsindwa impaga...

#diaspora|Myfin microfinance igiye kworohereza abarundi baba mu mahanga kuzana imitahe

Hagiye kwugururwa ishirahamwe ryo kuziganya no kugurana(microfinance Myfin),mu ntumbero yo kworohereza abarundi baba mu mahanga gushika imitahe yabo hano mu gihugu. Ubucuti buri hagati y'ishirahamwe...

#diaspora|Sondrio| Abarwizatunga b’aba Taliano boba bagiye kuzana imitahe yabo mu gihugu cacu

Mu mpera za Mukakaro 2020 uwuserukira umukuru w'igihugu c'Uburundi i Roma mu Butaliano arikumwe n'uwuserukira abarundi baba muri ico gihugu, baragendeye uworongoye ikigo kijejwe...

Miss Ngozi Kugasaka2020|Un évènement très bien réussi.

Ce samedi le 1er Août 2020, s'est déroulée à NGOZI la grande finale de Miss Kugasaka 2020 ,un concours d' élection d'une jeune fille...

#Chrisante yahisemwo kuba umurwizatunga biciye mu nzira yo gukingira ibidukikije

Ngo ntiyagiye mu Buganda kuraba amatara n'ikiyaga kuko i Bujumbura vyari bihari, Chrisante ngo kurahura ubwenge nivyo vyari vya mujanye, nayo ivyo yize vyose...

Avec le montage du bateau Emmanuel, la société VITRACO lance la vente des actions

Chez VITRACO, Emmanuel n'est pas un prénom d'une personne mais un bateau dont le projet de montage commence cette année pour durer 8 mois...

David Nyandwi ati: “Wituye VITRACO, ibidandazwa vyawe bizira rimwe kandi ku gihe”

Mu kiganiro yagiranye n'abanditsi hamwe n'abamenyeshamakuru, umukuru w'ishirahamwe ryungururza ibidandazwa ribicishije mu kiyaga Tanganyika canke mw'ibarabara ry'indaraye, VITRACO (Vision Taransport Company), David Nyandwi arerekana...

Ben Mendez mu mwuga wiwe aremeza ko ashoboye

Mu gihe benshi mu rwaruka baheza amashure bagaca bituna bugatondera barindiriye uwobaha akazi, Selemani we yahisemwo kuba umwe mu batanga akazi. Malembo Selemani azwi kw'izina...

Most Read

Bafise impungenge ko imirimo ishobora gucumbagira muri Kaminuza y’Uburundi

Abakozi bo muri kaminuza y'Uburundi bahurikiye mu masendika SPEUB na SPATUB bavuga ko batewe impungenge n'uko imirimo ishobora gucumbagira muri iyo kaminuza. Imvo ngo...

Abarundi bibutse imyaka 27 irangiye hagandaguwe incungu ya demokarasi

Abarundi bibutse kuri uyu wa gatatu imyaka 27 irangiye uwahoze ari umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye agandaguwe, hari kuwa 21 Gitugutu mu 1993. Perezida Ndadaye...

Itsinzi y ’abaririmvyi izanye umunezero mu mvura nyishi

Mu rukino rutari rworoshe abaririmvyi batahukanye itsinzi y'igitsindo kimwe cinjijwe n 'umuririmvyi akiri muto azwi kw' izina rya Saint Floria ku busa bw'aba Dj. Abakinyi,...

Basaba Reta yo muvyeyi basigaranye kubafasha nabo batere imbere

Ishirahamwe ry’abapfakazi n’impfumvyi baharanira agateka kabo AVOD basaba ko Reta yobafasha bimwe biboneka kugira batere imbere. Biri mw’itangazo iryo shirahamwe ryashize ahabona kuri uno wa...