Home CAN2019

CAN2019

# indundi Sports | Iki Nico Berahino yavuze kuri Ntibazonkiza na bagenzi biwe 

Ku musi w'imana igenekerezo rya 10 Gitugutu 2020, niho Umugwi nserukira w'intamba mu rugamba wakina urukino rwa kuvandimwe n'umugwi nserukira gihugu wa Tanzania, urwo...

#Indundi Sports|Saido Ntibazonkiza yahawe izina rishasha muri Tanzania

Inyuma yo gutsinda igitsindo Taifa Stars wa Tanzania ku musi w'Imana , umukinyi Saido Ntibazonkiza yahavuye agurwa n'umugwi Yang Africans uri mu gisagara ca...

# Indundi Sports | Menya ingene Uburundi na Tanzania bimaze gutsindana

Nkuko twabibamenyesheje Intamba mu rugamba ku musi w'Imana zizoba ziriko ziratana mu mitwe na Tanzania mu rukino rwa Kivandimwe ruzoba ku musi w'Imana igenekerezo...

# Indundi Sports | Uwu niwe munyegori muri Primus league ataratsindwa n’igitsindo na kimwe

Bamwita Ndikumana Djuma mu mwaka uheze yasamira Ngozi City yakorotse mu cicaro ca kabiri muri kino gihe asamira umugwi Onlympic Star w'i Muyinga . Mu...

# Indundi Sports | Fiston Abdoulrazaq yabeshuje amakuru yo kuja muri Rayon Sports

Umukinyi w'umusatirizi w'umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba Fiston abdoulrazaq ngo ntiharagera ko aja gukinira rayon Sports . Ivyo akaba yabibwiye Indundi Sports inyuma y'amakuru...

# Indundi Sports| Saido Berahino na Caleb bamaze gusesekara I Dar es salaam

Mu gatondo co kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 08 Gitugu 2020, niho abakinyi babiri baba satirizi b'intamba mu rugamba aribo Saido Berahino...

# Indundi Sports | Ibintu bikuru bikuru vyatumye Yang Africans yipfuza Cedric kaze

Bimaze kumenyekana ko Umumenyereza w'umurundi Cédric kaze yahora yigisha mw'ishure ry'umupira w'amaguru rya Fc Barcelona la Masia riri mu gihugu ca Canada ariwe agiye...

# indundi Sports | Inama ya bose ya Vital’o igiye kuba yoba ariyo guhindura inzego?

Ku musi wa gatandatu Igenekerezo rya 10 gitugutu 2020 isaha 10h00 Ku kigo ca Muse Vivant , niho umugwi Vital'o Fc uzoba wakoze inama...

# Indundi Sports | Breaking News : Fiston Abdoulrazaq ntacitabiriye urukino ruzobahuza na Tanzania

Umumenyereza w'intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye ahejeje kumenyesha ko umusatirizi w'intamba mu rugamba Fiston Abdoulrazaq atazokwitabira urukino rwa kivandimwe ruzohuza Intamba mu rugamba na...

# Indundi Sports | Breaking News : Emmando Mpotela ntakiri umumenyereza wa Vital’o Fc

Amakuru ahejeje gushikira Indundi Sports muri kano kanya ni uko umugwi Vital'o Fc umaze guhagarika umumenyereza wabo Emmando Mpotela . Ayo makuru akaba yemezwa na...

# Indundi Sports | Uwahabwa umwanya muto wo gukina muri Musongati niwe afise ibitsindo vyinshi

Bamwita Irakoze Saidi batazira Desayi akaba ari umusatirizi w'umugwi Kayanza United. Irakoze mu nkino 5 za Primus league amaze gukina amaze kwinjiza ibitsindo 4 ,...

# Indundi Sports | Saido Berahino yatijwe muri Charleroi

Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 05 Gitugutu 2020, niho umugwi Zulte weregem watije Kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Berahino mu mugwi Royal Charleroi...

Most Read

# Indundi Sports | Uwariwe wese yipfuza guherekeza Intamba muri Mauritania imiryango iruguruye

Mu kiganiro yari yakoranye n'abanditsi hamwe n'abamenyeshamakuru Ku musi wa Gatanu Igenekerezo rya 16 Gitugutu 2020, uwuramutswa ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB umukenguzamateka...

# Indundi Sports | Saido Berahino yahumye mu Bubirigi

Kuri uyu w'Imana Igenekerezo rya 18 Gitugutu 2020 , niho ihiganwa ryo mu Bubirigi Jupiler Pro ryabandanije kundwi yaryo igira 9. Umugwi mushasha ukinamwo Kizigenza...

Aragabisha abogerageza kuburabuza ibikorwa vy’umurwi CVR

Ivyo umurwi ujejwe kumenya ukuri no kunywanisha abarundi CVR umaze imisi uriko urakora, ngo si ukuzura akaboze nk’uko benshi bavyibaza. Ivyo ni ibishikirizwa na Cyriaque...

Mutaho: Imigambi 2 iherutse gushirwaho igiye gutuma ubworozi butera imbere

Umugambi w'uko umwana wese wo muri komine Mutaho intara ya Gitega, yotunga n'imiburiburi urukwavu rumwe hamwe n'uwo gutera ubwatsi bw'ibutungwa ku mabarabara yose ari...