Home Congo

Congo

RDC : Abapolisi 2 bagandaguwe na mugenzi wabo

Mu gisagara ca Kinshasa aba polisi 2 bagandaguwe na mugenzi wabo uwo yabagandaguye bikaba vyashikirijwe ko asanzwe agwaye mu mutwe, nkuko vyashikirijwe n'umwe mu...

RDC : FARDC yahaye igisirikare c’Urwanda abarwanyi 71 barwanya ubutegetsi bw’ico gihugu

Igisirikare ca Repubirika iharanira demokarasi ya Congo kimenyesha ko kuwa gatandatu w'indwi iheze catahukanye abarwanyi b'Urwanda 71 baheruka gufatwa mu rugamba rubandanya rwo kurwanya...

RDC : Mu mezi 9 gusa ikiza ca Ebola kimaze guhitana abantu bagera ku 900

Kuva mu kwezi kwa Myandangaro umwaka w'2018, abantu baharurwa mu majana icenda nibo ngo bamaze guhitanwa n'ikiza...

RDC : Abantu barenga 100 nibo bamaze kwitaba Imana mu kiringo c’indwi 3

Ikiza ca Ebola kibandanya ciha inkumbi mu gihugu kibanyi ca Congo aho mu ndwi 3 gusa kimaze...

RDC : La réponse au virus Ebola risque de regresser faute de financements

Les progrès réalisés dans la lutte contre le virus Ebola en République démocratique du Congo risquent de ralentir, a prévenu ce mardi...

CAN2019 : Un ministre congolais démentit l’information du 2è vice-Président de la CAF

Alors que le 2e vice-président de la Confédération africaine de football a annoncé vendredi passé la candidature de la République Democratique du...

Most Read

Rwa rukurikirane rwa Mkomboz ngo rwamaze kurangira

https://www.youtube.com/watch?v=UqPwmg6YQQY Za ndirimbo zibwa muri Tanzania, zishobora kuba zamaze kuboneka. Igituma nuko umuririmvyi Nzeyimana Thomas benshi bazi nka Mkomboz abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook...

Preeze 36 yajanye n’umuryango kwunamira umuvyeyi wiwe “Nahigejeje Wenga Emile”

https://www.youtube.com/watch?v=REgC5_uiUqM Preeze 36 uno musi niho yaja kwunamira umuvyeyi wiwe yabuze atanga, nkuko amashusho yabashije gusangiza abamukurikirana ku rubuga rwa Whatsapp  amwerekana ari ku ntatemwa...

Diamond yagavye Tsh 100,000,000 ayaha aba Motard 1000

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond Platnumz yaraye yinjirije 100,000,000 z’amafaranga yo muri Tanzania aba Motard 1000 yaguriye igitoro ama litiro 10 y’ubuntu. Ico...

Umugwi ndangakaranga AMAGABA ugiye guserukira igisagara ca Bujumbura ku murwa mukuru wa Poritike

Inyuma yaho umugwi ndangakaranga Amagaba babaye aba mbere mu migwi cumi ivuza umurisho w’ingoma i Bujumbura ngo bagiye guserukira igisagara ca Bujumbura muntara ya...