Home Cooperation

Cooperation

#diaspora|Sondrio| Abarwizatunga b’aba Taliano boba bagiye kuzana imitahe yabo mu gihugu cacu

Mu mpera za Mukakaro 2020 uwuserukira umukuru w'igihugu c'Uburundi i Roma mu Butaliano arikumwe n'uwuserukira abarundi baba muri ico gihugu, baragendeye uworongoye ikigo kijejwe...

Uburundi ngo buriteguriye kwakira abarundi bose birukanywe muri Amerika

Uburundi ngo buriteguriye kwakira abarundi bose birukanywe muri Reta zunze ubumwe za Amerika mu gihe bigaragaye koko ka ari abarundi. Abo nabo ngo birukanywe...

Ngo nta murundi azosubira guhabwa uruhusha rwo kuja muri Amerika

  Ngo nta barundi bazosubira kuronswa uruhusha (visa) rwo kuja muri Reta zunze ubumwe za Amerika. Ivyo ni ivyaraye bishikirijwe kuri uyu wa gatunu igenekerezo rya...

Igihugu c’Ubushinwa caraye gihaye Uburundi ibikoresho mu ntumbero yo kurwanya Covid-19

  Umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida, Thaddée Ndikumana yarakiriye kuri uyu wa kane igenekerezo rya 4 Ruheshi 2020 imitekero 4 y’ibikoresho, imfashanyo...

Igiporisi c’Uburundi kigiye kwubakirwa ibitaro vy’akataraboneka

Kuri uno wa mbere igenekerezo rya 2 Kigarama 2019, umushikiranganji w'umutekano gukinga no gutabara mugihe c'isibe n'ibiza, Alain Guillaume Bunyoni yateye umukono kumasezerano yo...

Du matériel de Handicap International remis aux partenaires locaux

Le ministère des Affaires étrangères du Burundi a procédé mardi 5 mars à la remise officielle du matériel de Handicap International aux...

La chine remet au Burundi le projet “accès à la télévision par satellite”

Le ministre burundais de la Communication et des Médias, Frédéric Nahimana, et l'ambassadeur de Chine au Burundi,...

Le Président somalien en visite au Burundi

Depuis l’après-midi de ce lundi 18 fevrier 2019, le président de la République Fédérale de la Somalie,...

Reta y’Uburundi yaronse ingabire ingana n’imiriyoni 322,35 z’amafaranga y’abanyamerika

Kuri uyu wa kabiri uri hejuru igenekerezo rya 18 Kigarama umwaka w'2018, Reta y'Uburundi iciye ku mushikiranganji...

Most Read

UEFA : Aba nibo bamenyereza bahiganirwa agashimwe k’umwaka

Abasanzwe batwara ihiganwa rya UEFA Champions league bashize ahabona abamenyereza 10 hazotorwamwo 1 kugira atahukane agashimwe k'umwana 2019-2020. Muri kino gihe hakaba hasigaye abamenyereza 3...

PLB : Uku niko imigwi izohura kundwi ya 4

Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere Primus league rigiye kubandanya kundwi yaryo ya 4 mu mpera z'ino ndwi. Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 27...

Preeze36 ngo uwushaka kukurya ntabura imboga agukoza,bareke kugiranira imimenyerano

Preeze36 nawe yagize icashikiriza ku kibazo kimaze imisi kigisibije ca ba Djs n'inyuma y’ukuzinduka abona ubutumwa butandukanye bwabaye bagenda batuka aba Djs, agasaba bagenziwe ...

Abarundi bari bamaze inisi bugaraniwe mu Rwanda batahutse

Kuri uno wa kane, igenekerezo rya 24 Nyakanga 2020, impuzi z'abarundi bangana n’ijana na cumi na babiri bari bugaraniwe mu bisagara bitandukanye vy'igihugu c'Urwanda...