Home culture

culture

La Première Dame Angéline Ndayishimiye , Marraine de l’événement Miss Ngoma 2020

C'est après une audience accordée par l'entreprise Ingoma Events, une entreprise en charge de l'organisation du concours de miss Ngoma dont l'événement aura lieu...

Uku niko hatunganijwe amatora mu mugwi Ndangakaranga AMAGABA

Kuri uyu wa mbere MUKAKARO 2020 (01/07/2020) niho mu umugwi ndangakaranga AMAGABA baramuka bakora amatora ya bose yo kwitorera indongozi nshasha zigiye kurongora uwo...

Ijambo umushikiranganji wa mbere wa Tanzaniya Kassim Majaliwa yashikirije mu birori vy’ugusezera irya nyuma Perezida Nkurunziza

https://youtu.be/srPUgTbaNV8 Kassim Majaliwa, umushikiranganji wa mbere wa Tanzaniya yagarutse ku bikorwa vyaranguwe na Perezida Nkurunziza, cane cane mu kuvukanisha ibi bihugu bibiri. Yagarutse ahanini ku gikorwa...

Perezida Evariste Ndayishimiye ati : “Tuzogumiza ikirenge mu makanda yawe”

https://youtu.be/bfghxSk_lIc Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye avuga ko we n'Abarundi bose bazokwama bakurikiza iragi nyakwigenderera Petero Nkurunziza abasigiye, ryo gukunda igihugu nk'uko nawe yabikoze, yishimikije abamutanguriye. Ati:...

Turyama twambaye tukavyuka twagavye nico c’ivugo c’Intahesha

"Akagumye bagumako" ngo nubwo uburyo bwogukora bubagora iyo bari mu mahanga, ntibarota bata akaranga, kuko "uwutaye akaranga aba ataye akabanga", ayo niyo majambo umurwi...

Waruzi amajambo yavuzwe n’Abaririmvyi?

Inyuma yaho benshi mu baririmvyi bashasha, canke bafise impano, bagiye barumvikana ariko batamenyekanye bivanye n'ukutavuzwa cane kw'indirimbo zabo ku nsamirizi zitandukanye, ubuho...

Kwoba ari uguter’imbere canke habaye ugusubira inyuma?

Imyaka yaba Canco na ba Torobeka Joseph ishobora kuba myiza mumuziki kurusha ubu?Amahane akomeza kuhaba mu mvugo za bamwe bamwe bivuye kuri...

Patrice Ntafatiro ngo nta mwigisha yovuga ko yamuhaye ubumenyi afise mu Kirundi

Umurundi abarizwa ku mugabane wa Amerika neza neza muri amerika y’uburaruko, muri Canada, Patrice Ntafatiro yabwiye mugenziwacu iyo akura ubumenyi ahakurira ku bandi biciye...

Ba Canco Hamissi ntibaturaba ryiza habe namba

Igihe kitari gito kiraheze bamwe mubatama dufise uyu musi batembereye ibihugu bitandukanye vya Afurika ndetse na Buraya bafashijwe n'ibicurarangisho kavukire bakoresha mur'iyo myaka yabo...

#Diaspora| Ikiganiro ku ziko : Indero y’urwaruka aho hambere dufatiye ku mwigeme

Kw'igenekerezo rya 1 Ruhuhuma 2020, Abarundi baba mu Bushinwa baratunganije ikiganiro “KU ZIKO” cari ikigira kabiri gitunganijwe, aho umutumire yari umuronzi w'ikirundi Patrice Ntafatiro...

Amashirahamwe 3 asaba itunganywa gushasha ry’ihiganwa Miss Burundi 2019

Mu ntumbero yo gushigikira no gutegura neza igikorwa ca MISS BURUNDI 2019, amashirahamwe atatu (FONDATION FEMIDEJABAT, Association Pour La Consolidation de la Paix au...

Umurwi Himbaza wagirizwa kwiyitirira umurisho w’ingoma z’Uburundi waraye usezerewe mw’ihiganwa

Umurwi wagirizwa n’Uburundi ko washatse kwiba no kwiyitirira umurisho w’ingoma z’Uburundi Himbaza Drummers wo mu gihugu c’Urwanda wari witavye ihiganwa ryitiriwe “East African’s Got...

Most Read

Umugwi Musongati Fc washitse neza i Lusaka muri Zambia

  Umugwi Musongati Fc wo mu ntara ya Gitega waserukiye Uburundi mu mahiganwa ya CAF Confederation Cup waraye ushitse neza i Lusaka mu gihugu ca...

PLB : Uku niko imigwi izohura kundwi ya 13

  Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 05 na 06 Kigarama 2020, ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi Primus league rizobandanya kundwi yaryo...

Olivier Niyungeko niwe yatahukanye agashimwe k’umumenyereza w’ukwezi kwa Munyonyo

  Ata gukekeranya umumenyereza w’umugwi Vital’o Fc akongera akaba icegera c’umumenyereza w’intamba mu rugamba Alain Olivier Niyingeko niwe yatahukanye agashimwe gasanzwe gatangwa na BCM Burundi...

Ahamagarira abana kwiga urukino rwa Karaté

Mu bihe vy’ibiruhuko abamenyereza mu nkino zitandukanye baratunganya ivyirwa ku bana baba bari mu karuhuko, nko mu nkino za Football, na Basketball hamwe na...