Home Development

Development

Ubushikiranganji bw’ubudandaji buragabisha abikika mukiza mukugurisha amakaye kubiciro bishakiye

Kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 18 Myandagaro umwaka w’2020, ubushikiranganji bw’ubudandaji bwaramutse bukoresha ikiganiro ku banditsi n’abamenyeshamakuru mu ntumbero yo gushikiriza amakenga babona...

#diaspora| Imigambi nyamukuru izorangurirwa mu gihugu n’imvukira ziba mu mahanga

Ibitaro bikuru, kwiyubakira uburaro bwiza, kumwe n'uburimyi n'ubworozi ku buhinga bugezweho niyo migambi, ikanaba n'ihangiro ry' abarundi baba hanze y'Uburundi(Diaspora Burundaise). Japhet Legentil  Ndayishimiye akangurira...

Avec le montage du bateau Emmanuel, la société VITRACO lance la vente des actions

Chez VITRACO, Emmanuel n'est pas un prénom d'une personne mais un bateau dont le projet de montage commence cette année pour durer 8 mois...

David Nyandwi ati: “Wituye VITRACO, ibidandazwa vyawe bizira rimwe kandi ku gihe”

Mu kiganiro yagiranye n'abanditsi hamwe n'abamenyeshamakuru, umukuru w'ishirahamwe ryungururza ibidandazwa ribicishije mu kiyaga Tanganyika canke mw'ibarabara ry'indaraye, VITRACO (Vision Taransport Company), David Nyandwi arerekana...

Urwevu: Weho none udandaza gute?

  Abahinga bose mu budandaji bagiye barabigarukako. Aha duciye ku masonga twovuga nk'uwitwa Brian Tracy hamwe na Zig Ziglar bo muri Amerika. Bose rero barihweje...

Ukwigisha ibijanye n’ubuhinga bwa none mu mashule ngo bifise akamaro kadasanzwe mw’iterambere ry’igihugu

"Ukwigisha ibijanye n'ubuhinga bwa none no gutumatumanako amakuru mu mashure bifasha igihugu gushika kw’iterambere. Ubwo buhinga bufasha kandi umunyeshure gutera imbere mu bumenyi bukanatuma...

Ubutunzi bw’igihugu ngo burashobora kwiyongera kugera ku bice 4.3 kw’ijana gushika mu mwaka uza

Ubutunzi bw’igihugu c’Uburundi ngo burashobora kwiyongera gushika ku rugero rw’ibice 3.7 kw’ijana uyu mwaka w’2020 bugasubira kwiyongera kandi gushika ku rugero rw’ibice 4.3 kw’ijana...

Kurungika abigeme 40 kwiga hanze ibijanye n’umuyagankuba ni umwe mu migambi igiye kurangurwa

Inama nshingamateka iherutse kwemeza integuro y’itegeko ryemeza amasezerano y’Uburundi n’ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho iterambere kw’isi IDA, ajanye n'ingabire y’amafaranga imiriyoni 100 z’amadorari y’abanyamerika iryo shirahamwe...

Koperative Kenura imiryango iwacu, yazanye ubworozi butari bumenyerewe

Urwaruka ruhurikiye muri koperative “kenura imiryango iwacu” rufashwe mu mugongo n’ishirahamwe ryo mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya “SAORE Company Limited” ruherutse gushing ishirahamwe ry’ubworozi...

Ishirahamwe Regideso rigiye gutunganywa gushasha

Ishirahamwe rijejwe gukwiragiza amatara n’amazi mu gihugu Regideso ngo birakwiye ko ibisata vy’amazi n’amatara, kimwe kimwe ukwaco cigenga kugira ngo bibone gukora neza. Urwandiko rujanye...

Ngo hari icahindutse kuva aho Reta ifatiye mu minwe igisata c’ikawa

  Kuva igisata c’ikawa kivuye mu minwe y’abikorera utwabo kikaja mu minwe ya Reta  abarimyi b’ikawa bavuga ko bahagiriye akunguko kadasanzwe kuko baza baramaze guhembwa...

Ivyo urunani Kira Burundi rusaba indongozi zishasha zigiye kuyobora igihugu

Urunani Kira Burundi rusaba indongozi zishasha gupfungura abapfunzwe bazira ivya poritike hamwe no kwubahiriza umutungo wa Reta. Urwo runani Kira Burundi rusaba kandi izo...

Most Read

Bafise impungenge ko imirimo ishobora gucumbagira muri Kaminuza y’Uburundi

Abakozi bo muri kaminuza y'Uburundi bahurikiye mu masendika SPEUB na SPATUB bavuga ko batewe impungenge n'uko imirimo ishobora gucumbagira muri iyo kaminuza. Imvo ngo...

Abarundi bibutse imyaka 27 irangiye hagandaguwe incungu ya demokarasi

Abarundi bibutse kuri uyu wa gatatu imyaka 27 irangiye uwahoze ari umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye agandaguwe, hari kuwa 21 Gitugutu mu 1993. Perezida Ndadaye...

Itsinzi y ’abaririmvyi izanye umunezero mu mvura nyishi

Mu rukino rutari rworoshe abaririmvyi batahukanye itsinzi y'igitsindo kimwe cinjijwe n 'umuririmvyi akiri muto azwi kw' izina rya Saint Floria ku busa bw'aba Dj. Abakinyi,...

Basaba Reta yo muvyeyi basigaranye kubafasha nabo batere imbere

Ishirahamwe ry’abapfakazi n’impfumvyi baharanira agateka kabo AVOD basaba ko Reta yobafasha bimwe biboneka kugira batere imbere. Biri mw’itangazo iryo shirahamwe ryashize ahabona kuri uno wa...