Home Development

Development

Des services d’internet haut débit de première classe bientôt au Burundi

La Tanzania Telecommunications Corporation (TTCL) a signé mardi un accord avec Burundi Backbone Systems (BBS) visant à fournir des services d'internet à haut débit...

Ikibazo c’aho igisagara ca Bujumbura kigarukira kiraraje ishinga abatari bake

  Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 16 Gitugutu umwaka w’2019, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu Pascal Barandagiye yari umutumire mu nama...

Tereviziyo Nkuru y’igihugu igiye guhora yerekanwa kuri canal+

Nk'uko ryabikoze mu bindi bihugu bitandukanye ku mugabane wa Afrika, kuri uyu wa kabiri waraye uheze, igenekerezo rya 15 Gitugutu umwaka w’2019 niho ishirahamwe...

Youth : Aba nibo bazoronswa ingurane mw’ibanki y’urwaruka igiye gutanguzwa

Ibanki y’urwaruka igiye gutanguzwa mu misi ya vuba, ikazoba ifise ibisata bitandukanye harimwo ibijanye n’ugushigikira imigambi y’iterambere itunganijwe n’urwaruka hakurikijwe ko bari mu mashirahamwe...

Ingabire y’amadorari imiriyoni 30 niyo igiye gukoreshwa mu mugambi “Nkuriza”

Uburundi buherutse kuronswa ingabire y’amafaranga y’amanyamerika ashika ku miriyoni 30, iyo ngabire ikaba itegekanijwe kuzofasha mu mugambi w’igihugu wiswe “Nkuriza”. Iyo ngabire ikaba yaraye iteweko...

Ishirahamwe ry’abayapani JICA rigiye gusubira gukorera mu Burundi

Inyuma y’imyaka ine ishirahmwe mpuzamakungu ryogufashanya ry’ubuyapani JICA rihagaritse gukorera mu Burundi, ryongeye kwugurura ibiro vyaryo ku mugaragaro kuri uno wa gatanu igenekerezo rya...

Ikiganiro c’abavugizi : Ibanki yo gufasha urwaruka ngo igiye kwugururwa vuba

Mu kiganiro c’abavugizi b’inzego kiriko kirabera ku murwa mukuru w’intara ya Muyinga kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 21 Ruheshi umwaka w’2019, mw’ijambo ryo...

MINEAGRIE : La production de la saison agricole 2019B est bonne par rapport à celle de 2018B

Lors d’un point de presse de ce mardi 18 juin 2019, le Ministre de l’Environnement, de l’Agriculture et de l’Elevage Dr Déo Guide Rurema...

Les activités de l’association ADES TWUNGUBUMWE vont bon train

L’Association pour le Développement Economique et Social au Burundi "ADES TWUNGUBUMWE" en sigle, agréée par l’Ordonnance ministérielle no 530/1730 du 18 décembre 2013. L 'ADES...

Iti” kokoko”! Ngiyo indwi yahariwe Abarundi baba mu Mahanga hamwe n’abahabaye iriko iradodora.

  Nkuko rero bitakiri agaseseshwa rumuri, Leta y'Uburundi haraheze igihe kitari gito vyigararagaza ko yahagurukiye umwitwarariko udasanzwe w'Abarundi baba mu mahanga, eka mbere hakaba n'akabirya...

Microsoft veut investir 100 millions de dollars sur les développeurs africains

Le géant de la technologie Microsoft Corp investira 100 millions de dollars pour ouvrir un centre de...

“Kazoza Plus”, uburyo bushasha bwo gufasha abanywanyi kwiteza imbere

Ishirahamwe ryo kuguranana no kuziganya "Kazoza Finance" ryatanguje kuri uno wa kane igenekerezo rya 2 Rusama umwaka...

Most Read

Bafise impungenge ko imirimo ishobora gucumbagira muri Kaminuza y’Uburundi

Abakozi bo muri kaminuza y'Uburundi bahurikiye mu masendika SPEUB na SPATUB bavuga ko batewe impungenge n'uko imirimo ishobora gucumbagira muri iyo kaminuza. Imvo ngo...

Abarundi bibutse imyaka 27 irangiye hagandaguwe incungu ya demokarasi

Abarundi bibutse kuri uyu wa gatatu imyaka 27 irangiye uwahoze ari umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye agandaguwe, hari kuwa 21 Gitugutu mu 1993. Perezida Ndadaye...

Itsinzi y ’abaririmvyi izanye umunezero mu mvura nyishi

Mu rukino rutari rworoshe abaririmvyi batahukanye itsinzi y'igitsindo kimwe cinjijwe n 'umuririmvyi akiri muto azwi kw' izina rya Saint Floria ku busa bw'aba Dj. Abakinyi,...

Basaba Reta yo muvyeyi basigaranye kubafasha nabo batere imbere

Ishirahamwe ry’abapfakazi n’impfumvyi baharanira agateka kabo AVOD basaba ko Reta yobafasha bimwe biboneka kugira batere imbere. Biri mw’itangazo iryo shirahamwe ryashize ahabona kuri uno wa...