Home Development

Development

Ishirahamwe rihingura amakara mu bitiritiri

Haheruka kuboneka ishirahamwe rihingura amakara mu bitiritiri vy'ibigori, Kaze Green Economy, KAGE mu mpunyapfunyo.

Léonard Sentore ati “kazoza k’igihugu gahagaze ku rwaruka”

Ikigo kijejwe kworohereza abanyamitahe API kimenyesha ko iterambere ry’igihugu mu vy’ubutunzi rica mu gisata c’abikorera utwabo kandi...

Bahamagarirwa kwijukira amashirahamwe yo kwiteza imbere

Abapfasoni bahurikiye mw'ishengero ry'abisilamu mu Burundi bahamagarirwa kwijukira kuja mu mashirahamwe hamwe n'amakoperative yo kwiteza imbere.

Abarongoye amashengero bahamagarirwa gushigikira umugambi w’iterambere ry’igihugu

Mu nama yo guhanahana ivyiyumviro yari yahuje umuhuza w’abarundi Nduwimana Edouard hamwe n’abarongoye amashengero atandukanye  akorera mu...

“Umukenyezi ashirwe imbere mu migambi irashe yo gutegekanya kazoza”

Uko umwaka utashe igenekerezo rya 8 Ntwarante, amakungu arahimbaza umusi mukuru mpuzamakungu wahariwe umukenyezi. Mu Burundi, uwo musi uzohimbarizwa ku murwa mukuru...

Abamenyeshamakuru bahamagarirwa gutunganya ibiganiro biteza imbere umukenyezi

Kuri uyu wa kabiri waraye uheze, igenekerezo rya 5 Ntwarante 2019, ishirahamwe mpuzamakungu riraba ibijanye n’inyigisho hamwe...

PND 2018-2027 : Umushikiranganji Domitien Ndihokubwayo ngo arizeye ko uburyo bukenewe buzoboneka

Reta y'Uburundi ngo ikeneye amafaranga y'amarundi arenga imiriyaridi ibihumbi mirongo ibiri kugira hashirwe mu ngiro umugambi w'iterambere...

La chine remet au Burundi le projet “accès à la télévision par satellite”

Le ministre burundais de la Communication et des Médias, Frédéric Nahimana, et l'ambassadeur de Chine au Burundi,...

EAC : Imyiteguro yo gukoresha ifaranga rimwe ngo irabandanya

Uburundi burabandanya imyiteguro nk’uko bisanzwe kugira bujane n’ibindi bihugu bisangiye umuryango wa Africa y’ubuseruko mw’ikoreshwa ry’ifaranga rimwe,...

L’Etat Burundais se dote d’un nouveau palais présidentiel

La Chine rallonge sa liste d’infrastructures réalisées en Afrique. Ce jeudi, elle a livré au Burundi un nouveau palais présidentiel, “le plus...

Zimbabwe : Inyuma yo gukora imodoka, ageze kurwego rwo gukora indege

Sangulani Chikumbutso, umwenegihugu wo muri Zimbabwe atashoboye kurangiza amashure yisumbuye aherutse gukora indege kajugujugu, imodoka ikoresha umuyagankuba...

Diaspora : A la quête de la modernisation de l’agriculture

La diaspora burundaise est à la quête de l'agriculture et de l'élevage moderne dans leur patrie.

Most Read

Bafise impungenge ko imirimo ishobora gucumbagira muri Kaminuza y’Uburundi

Abakozi bo muri kaminuza y'Uburundi bahurikiye mu masendika SPEUB na SPATUB bavuga ko batewe impungenge n'uko imirimo ishobora gucumbagira muri iyo kaminuza. Imvo ngo...

Abarundi bibutse imyaka 27 irangiye hagandaguwe incungu ya demokarasi

Abarundi bibutse kuri uyu wa gatatu imyaka 27 irangiye uwahoze ari umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye agandaguwe, hari kuwa 21 Gitugutu mu 1993. Perezida Ndadaye...

Itsinzi y ’abaririmvyi izanye umunezero mu mvura nyishi

Mu rukino rutari rworoshe abaririmvyi batahukanye itsinzi y'igitsindo kimwe cinjijwe n 'umuririmvyi akiri muto azwi kw' izina rya Saint Floria ku busa bw'aba Dj. Abakinyi,...

Basaba Reta yo muvyeyi basigaranye kubafasha nabo batere imbere

Ishirahamwe ry’abapfakazi n’impfumvyi baharanira agateka kabo AVOD basaba ko Reta yobafasha bimwe biboneka kugira batere imbere. Biri mw’itangazo iryo shirahamwe ryashize ahabona kuri uno wa...