Home diaspora events

diaspora events

BDUSA : Urukundo rwari rwamuzanye yarugaragaje abene umurango babona

  Inyuma y’iyinga ashitse mubwa Nyaburunga aho yatumenyesheje ko azanwe n’urukundo rwamye ruranga abarundi kuva kera na rindi, umuvugizi w’ishirahamwe BDUSA (Burundian Diaspora in USA...

#Diaspora| Indwi yahariwe Abarundi baba mu Mahanga canke bahabaye ngiyo irashitse!

Indwi yahariwe abarundi baba mu Mahanga hamwe n'abo bose bahabaye igiye gutangura vuba mu misi ine gusa kw'igenekerezo rya 22 Mukakaro uwu mwaka maze...

#BdUSA | bati Nyaragasa wiyandikishe , hasigaye imisi itatu gusa!

  Umugwi ujejwe amatora agiye kuba hagati y'Abarundi baba muri Leta zunzubumwe za Amerika, ubicishije ku cegera c'umuyobozi wawo,  wibukije Abarundi bose baba muri Leta...

Umurwi uzotunganya amatora y’abashaka kwitoza kurongora ishirahamwe ry’abarundi bose baba muri Amerika ngo uriteguye bihagije

. Ibikorwa rero vy’ugushiraho ishirahamwe rizoba rihuriyemwo abarundi bose baba muri Amerika (Disapora) birabandanya....

Ishirahamwe rihurikiyemwo abarundi bose baba muri Amerika rigiye kuvuka vuba bwango

Abarundi bose baba muri Leta zunze ubumwe za Amerika bamenyesha ko bariko barisuganya...

Akayazwe k’i Burundi muri Houston

Ku musi wa gatandatu uza igenekerezo rya 15 Kigarama, muri Reta ya Houston neza na neza mu gisagara ca Texas hazoca uwambaye. Abarundi baba Houston...

Most Read

Ngo nta mbuga ngurukanabumenyi za Facebook akoresha

Umuvugizi w’ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida aramenyesha abarundi n’amakungu ko umushikiranganji Thaddée Ndikumana ata mbuga za Facebook akoresha. Ivyo Jean Bosco Girukwishaka...

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye n’umutambukanyi wiwe bashitse amarembe i Libreville

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Angéline Ndayishimiye bashitse impore amarembe i Libreville ku murwa mukuru w’igihugu ca Gabon aho bagiye...

Diaspora: Amarushwa ashobora gushikira umuntu kubera ari mu mahanga.

Ba Sokuru nibo bayamaze bati amahanga aragurana! Twihweje igitabo citwe "The Seven habitis of Highly effective people" candistwe n'uwitwa STEPHEN Corvey, turasangamwo ahantu avuga ko...

Diaspora News : Dusenge Ketty Ange asubiye guserukira Uburundi mw’ihiganwa mpuzamakungu

Abicishije kumbuga ziwe, ni Dusenge Ketty Ange yatumiriye abarundi n’abarundikazi kumushigikira mu kumutora kuba umunyamideri w’umwaka aho yanditse ubutumwa agira ati: “Nitwa DUSENGE Ketty Ange...