Home diaspora music

diaspora music

Mt Number one nawe ngo abaririmvyi bo Muri Diaspora ntibahabwa ikibanza gikwiye

Mu gihe Aime M yaheruka kumenyesha ko abaririmvyi babarizwa hanze y'igihugu basabwa amafaranga ngo bavugirizwe indirimbo, Mt Number one nawe ashikirije akandi karenganyo abo...

Aime M ngo ntaba yicaye naho bamwe arivyo baba bibaza

Mu kiyago na SYUB Show Aime M yamenyesheje ko naho abantu baba bibaza ko yicaye, ariko we ngo ntaba yicaye, ariko  aba ariko agakora. Muri...

Jackson Yusuph mu rugendo rwo gushira ahabona indirimbo 6 ziri muri Ep yise Success

  Kuva aho ashiriwe ahabona nk'umuririmvyi wa db Music Entertainment ariko arakora urukurikirane (Ep....) rw'Indirimbo zitandatu aho mur'izo ndirimbo kur'uyu wa Mungu 07...

Habonetse akaririmbo k’umunyamulenge Gallas na Kidum

Inyuma y’ukumenyesha ko hari indirimbo nshasha yamaze guheza gukorwa yakoranye n’umuririmvyi w’umunyaKenya, uwo muririmvyi yahavuye amenyesha ku musi w’ejo ko hari iyindi yo iza...

Urukurikirane NISAIDIE rwa ANDY MWAG ruvuga ivy’ubuzima yabayemwo

Urukurikirane Nisaidie rw’umuririmvyi Andy Mwag ngo rufise ikintu kini rusiguye ku buzima bwiwe, nkuko yabiyaze mu majambo yaherekeje ishusho rw’urwo rukurikirane yashize ku mbuga...

Don Brighter yipfuriza abarundi bose Indwi nziza y’amatora

Akoresheje ururimi rw’icongereza, Don Brighter yipfurije abarundi indwi nziza y’amatora, ngo izobe indwi y’ukwigira kandi y’umunezero. Aca anaboneraho akaryo ko kubatumirira kubandanya mwumviriza akaririmbo...

#Diaspora| Kaka Boney:Ntashobora no kwica inkoko nokwica umuntu gute?

Sishobora kuzokwibagira na gato ibigeragezo naciyemwo ngishika mu gihugu ca America, iryo niryo jambo ry'umutwe rigaragara mu butumwa bucanze n'akakabaro bwatanzwe n'umushingamateka Bonavunture Havyarimana...

Indirimbo ya Fortran Bigirimana na Gentil Misigaro buca ishirwa ahabona

Inyuma yaho Fortran Bigirimana yerekaniye ko hari igikorwa ariko arakorana n’umunyarwanda Gentil Misigaro nawe asanzwe akora indirimbo zihayagiza Imana, uwo muririmvyi w’umurundi akorera ibikorwa...

Kidum ngo Coronavirus ntiyamuteye kurera amaboko

Kidum ngo naho akazi kahagaze muri Kenya kubera umugera wa CoronaVirus ubageze habi, ngo we ntiyicaye kuko ariko arandika kugira igihe iki kiza kizorengana...

Kaya Free ngo urukurikirane rushasha ruri mu nzira

Umwe mu baririmvyi b’abarundi babarizwa mu gihugu ca Canada, Kaya Free, aheruka kumenyesha ko hari ibikorwa bishasha biriko birategurwa ngo vuba cane bizoshirwa ahabona....

Ata gihindutse Babbi arashira ahabona EP y’indirimbo 5

Harageze ko nkora EP yanje kubera urugezo umuziki wanje ugezeko. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Babbi mu kiganiro yagiranye na Indundi Magazine. Muri ico kiganiro, uwo...

David ngo vuba arashira ahabona urukurikirane rushasha

Mu gihe hari haheze imisi tubamenyesheje ko hari indirimbo umuririmvyi David avuga ko uno mwaka azoshira ahabona ziri mu rurimi rw’ikirundi, izo ndirimbo yasubiriye...

Most Read

Urwevu: Ba Kavamahanga ntibatwigishije vyose!

NTIBATWIGISHIJE KUBA INTAMBWE. BATWIGISHIJE KUVA INTAMA. Iyo tuvuze intambwe ntimuhave mugira ngo kuvuze ugutandagura. Oya dushatse kuvuga , ukugira umutima w'imboneza( Leaders). Umuntu wese yaje...

Volleyball: Championat National: ASB na Muzinga zaraye zitahukanye ibikombe.

Imirwi 14 niyo yari yitabiriye ihiganwa ryo kurwego rw’igihugu inkino zo mu matsinda zikaba zabereye mu gisagara ca Gitega ahari amatsinda abiri agizwe n'imirwi...

Angelina yoba ije gukura kuri hit Melana ?

Nyuma yo guhitinga n'indirimbo yiwe yambere yitwa "Melana " ,Berry Music yaraye asohoye indirimbo nshasha yitwa "Angelina." Bamwe n'abandi bamaze kuyumviriza baragira ico bayivuzeko. Bamwe bati...

PLB: Musongati ngo gutakaza amanota atatu mube muravyihoza

Mu mpera z'indwi yaraye iheze ihiganwa rya Primus league ryari ryabandanije kundwi yaryo igira 4 , Umugwi Musongati Fc gushika n'ubu uracafata intebe y'ubwami...