Home Diaspora

Diaspora

Ku barundi baba muri Canada ngo n’umunezero ugeretse Ku wundi

Ku barundi babarizwa muri Canada ngo aba ari n'umunezero utagira uko ungana igenekerezo rya 1 mukakaro. Uwo munezero abo barundi ngo bawugira kuko iryo genekerezo...

#Dispora| Inyuma ya Saido Seleman, na Bantu Bwoy, hakurikiye BDUSA

Bamwe mu barundi b'umutima barabandanya kugarukira kuri bene wabo bahitanywe n'umwuzurira mu Gatumba muri komine  Mutimbuzuzi. Ishirahamwe rihurikiyemwo abarundi babarizwa ku mugabane wa America (BDUSA)...

#Diaspora|Ramadhan kuva mu Burundi akaja muri Manchester United nivyo vyamushikanye muri Espagne

  Largie Ramadhan Umurundi akanagira n' ubwene gihugu bw'u Bubirigi ku myaka 19 yahora akinira  Manchester United umurwi w'abakiri bato wa B, yanse ko yongereza...

#diaspora| Andy Mwag ngo akari inyuma karahinda

Inyuma yo gusohora indirimbo zitanu(5) zo mu rukurikirane yise Nisadie, Andy Mwaga yahavuye ashira ahabona amasanamu y'imwe mu ndirimbo zirugize. Andy amenyesha ko yabaye arasohora...

#breaking News| Diaspora|Inès Nezerwa yaronse umurwi mu Budagi

  Abarundi barayamaze ngo akanyoni katagurutse ntikamenya iyo bweze, Inès Nezerwa yaraye amenyesheje ko agiye kuva ku mugabane wa Amerika yerekeze i Bulaya mu Budagi. Damen...

Mt Number one nawe ngo abaririmvyi bo Muri Diaspora ntibahabwa ikibanza gikwiye

Mu gihe Aime M yaheruka kumenyesha ko abaririmvyi babarizwa hanze y'igihugu basabwa amafaranga ngo bavugirizwe indirimbo, Mt Number one nawe ashikirije akandi karenganyo abo...

#diaspora|Bella Hot Hot agiye gusubira kwumvikana Inyuma y’agacerere

Inyuma yo Kuboneka mu biteramo bitandukanye mu bihugu nka Denmark na Sweden,yaciye yinjira mugacere kadasanzwe k' igihe kitari gito ameze nkuwugaranye adasohoka(Lock...

Aime M ngo ntaba yicaye naho bamwe arivyo baba bibaza

Mu kiyago na SYUB Show Aime M yamenyesheje ko naho abantu baba bibaza ko yicaye, ariko we ngo ntaba yicaye, ariko  aba ariko agakora. Muri...

#Diaspora|Tax Sevice| Munyundo Pascal agira ati ntimujuragirike

Ku barundi ndetse n'abanyarwanda baba ku mugabane wa America ubufasha ku bijanye na Tax, ubwishingizi(assurance) ndetse n'amategeko babironkera ubuntu. Muntumbro zo gufasha abajuragirika, abananizwa n'ururimi...

Jackson Yusuph mu rugendo rwo gushira ahabona indirimbo 6 ziri muri Ep yise Success

  Kuva aho ashiriwe ahabona nk'umuririmvyi wa db Music Entertainment ariko arakora urukurikirane (Ep....) rw'Indirimbo zitandatu aho mur'izo ndirimbo kur'uyu wa Mungu 07...

#Diaspora| Kunyinyurana no gutanako amakosa birabandanya muri BDUSA

Inyuma yaho indongozi zatowe n'abanywanyi ziyamirije abavuga ko bazikomboye, ubu ho ngo ntirukiri urukurukuru. Gile Ndikuma yari yahagaritswe vy'infatakibanza mu kibanza c'icegera c'umukuru w'ishirahamwe Samuel...

Bella Hot Hot|Igituma ibiteramo bikomeye iburayi yari gukora vyahomvye

Bella Hot Hot ni Umurundikazi umwe rudende yashoboye kuboneka mubiteramo bikomakomeye aho yaboneka arikumwe canke aherekeje abaririmvyi bakomeye hano kumugabane wa Afurika...

Most Read

Umuhuza w’abarundi yaganiriye n’umushikiranganji wa mbere uburyo bagiye kuzoza bakorana

Umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni yahaye umubonano, umuhuza w'abarundi aho yarajanwe n'ukumukeza n'ukuvugana nawe uburyo bagiye gukorana. Igituma ngo nuko urwo rwego ari...

#diaspora|Gushira imitahe m’ umugambi w’uburimyi n’ubworozi bizotuma igihuhu na beneco batera imbere

Abarundi baba mu makungu bagiye gushira inguvu hamwe mu gutezimbere igihugu biciye mu burimyi n'ubworozi. Bafatiye ku civugo bihaye ubwabo kigira giti:" Barundi tuba mu...

# Indundi Sports | Abakinyi ba Messager Ngozi bahawe akabahasha

Nkuko vyashikirijwe n'uwurongoye igisata co kumenyekanisha amakuru mw'ishure le Messager Elysée Niyubahwe , kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 11 Myandagaro 2020, uwurongoye academie...

Bruce Melody na ShaddyBoo babarizwa mu gasho

Bruce Melody na SHaddy Boo ngo ubu babarizwa mu gasho iKigali, aho bafashwe n'igipolisi barenze amategeko nkuko amakuru ava i Kigali abishikiriza. Imvo n'imvano y'ugufatwa...