Home Diaspora

Diaspora

Habonetse akaririmbo k’umunyamulenge Gallas na Kidum

Inyuma y’ukumenyesha ko hari indirimbo nshasha yamaze guheza gukorwa yakoranye n’umuririmvyi w’umunyaKenya, uwo muririmvyi yahavuye amenyesha ku musi w’ejo ko hari iyindi yo iza...

Urukurikirane NISAIDIE rwa ANDY MWAG ruvuga ivy’ubuzima yabayemwo

Urukurikirane Nisaidie rw’umuririmvyi Andy Mwag ngo rufise ikintu kini rusiguye ku buzima bwiwe, nkuko yabiyaze mu majambo yaherekeje ishusho rw’urwo rukurikirane yashize ku mbuga...

BDUSA : Gufashanya, kuvuga ukuri no kwubaha amategeko nizo nkingi

"Amase ya kera ntagihoma urutaro" ako niko gacamugani Samuel indongozi ya BDUSA asa n'uwifashisha mu kunyurwisha bamwe mu barundi bagifise agatima ko kwishimikiza ibinyoma...

#diaspora|Frank Kaze| Kugira akazina k’ubuhizi vyoba bifasha?

"Uwudaciye akenge ntasumira umwana" murantunga abantu bakunze kuvuga ko uwutabeshe adasumira umwana, sivyo nagato, kuko "Ikinyoma ntikimara umwaka" kandi nticubaka kirasambura, muragerageza muzobibaze abuzukuru...

BDUSA : Uwushaka kukurya ntabura imboga agukoza.

Uburyo bw'amafaranga akenshi nibwo bwama buba icitwazo gikomeye kugira amashirahamwe asambuke, no muri BDUSA iyo karata akaba ariyo nyendamuvano ya ndyogo kw'igeragezwa ry'ibogozwa ry'indongozi...

Don Brighter yipfuriza abarundi bose Indwi nziza y’amatora

Akoresheje ururimi rw’icongereza, Don Brighter yipfurije abarundi indwi nziza y’amatora, ngo izobe indwi y’ukwigira kandi y’umunezero. Aca anaboneraho akaryo ko kubatumirira kubandanya mwumviriza akaririmbo...

Patrice Ntafatiro ngo nta mwigisha yovuga ko yamuhaye ubumenyi afise mu Kirundi

Umurundi abarizwa ku mugabane wa Amerika neza neza muri amerika y’uburaruko, muri Canada, Patrice Ntafatiro yabwiye mugenziwacu iyo akura ubumenyi ahakurira ku bandi biciye...

#Diaspora| Perezida wa BDUSA umushingantahe Samuel Ndayiragije arahumuriza abanywanyi ko ata ngorane ziri muri iryo shirahamwe

  Mu kiganiro caraye kiremeshejwe n'ugwego nyobozi rwa BDUSA k'urwego rw'Igihugu, Umukuru w'ishirahamwe Samuel Ndayiragije yaragerageje kwishura no gutanga umuco ku bibazo vyinshi vyabajijwe n'abarundi...

Kaya yasohoye amasanamu y’akaririmbo yakoranye na Ngarigari “Ubumwe n’akaranga”

https://m.youtube.com/watch?v=GNl6fumEdkw Inyuma y’ugushira ahabona indirimbo zibiri zikanashirirwa ahabona amasanamu, Kaya Free yashize ahabona akandi karirimbo ka 3. Ako karirimbo akakaba kari mu rurimi rw’ikirundi kandi...

Kidum ngo Coronavirus ntiyamuteye kurera amaboko

Kidum ngo naho akazi kahagaze muri Kenya kubera umugera wa CoronaVirus ubageze habi, ngo we ntiyicaye kuko ariko arandika kugira igihe iki kiza kizorengana...

Kidum yavuze ko abaririmvyi b’abarundi ngo bafatwa nk’abasazi n’abo hejuru

Mu kiyago yagiranye n’imwe mu mboneshakure za hano iwacu, Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum yavuze ko abaririmvyi b’abarundi bafatwa nk’abasazi. Kidum abajijwe...

Most Read

Umuhuza w’abarundi yaganiriye n’umushikiranganji wa mbere uburyo bagiye kuzoza bakorana

Umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni yahaye umubonano, umuhuza w'abarundi aho yarajanwe n'ukumukeza n'ukuvugana nawe uburyo bagiye gukorana. Igituma ngo nuko urwo rwego ari...

#diaspora|Gushira imitahe m’ umugambi w’uburimyi n’ubworozi bizotuma igihuhu na beneco batera imbere

Abarundi baba mu makungu bagiye gushira inguvu hamwe mu gutezimbere igihugu biciye mu burimyi n'ubworozi. Bafatiye ku civugo bihaye ubwabo kigira giti:" Barundi tuba mu...

# Indundi Sports | Abakinyi ba Messager Ngozi bahawe akabahasha

Nkuko vyashikirijwe n'uwurongoye igisata co kumenyekanisha amakuru mw'ishure le Messager Elysée Niyubahwe , kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 11 Myandagaro 2020, uwurongoye academie...

Bruce Melody na ShaddyBoo babarizwa mu gasho

Bruce Melody na SHaddy Boo ngo ubu babarizwa mu gasho iKigali, aho bafashwe n'igipolisi barenze amategeko nkuko amakuru ava i Kigali abishikiriza. Imvo n'imvano y'ugufatwa...