Home Diaspora

Diaspora

Babbi yajije igihe azoshira ahabona akandi karirimbo

Inyuma y'uturirimbo nka Kikomando, By your Side na Mbwira duheruka gushirwa ahabona twakunzwe n'abatari bake, Babbi avuga...

Moss kiny aje mu mwaka mushasha n’indirimbo, co kimwe n’ishusho nshasha

Inyuma yagacerere yaramazemwo igihe  asohokeye mu bikorwa, Moss Kiny muri kuno kwa nzero(01) 2019 akaba yamaze guheza gufata...

#Diaspora| Patrice Ntāfátiro ahamagarira abarundi bo mu makungu kudasigara inyuma

Mu rugendo yari amazemwo imisi mu gihugu c'amavukiro, Patrice Ntāfátiro ajejwe imicokama mu barundi baba mu mahanga...

#Indundi Tv|Diaspora|KIJANYA , YOYA, Nziza Desire on stage

https://youtu.be/PfX4oQcnpPM?list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu

#Diaspora |Abarundi ngo nibavuge ivyiza kuko ibibi n’ibidusubiza inyuma gusa

Ukuvuga ivyiza ni ngirakamaro, kuko ibibi n’ibidusubiza inyuma. Bikaba biheruka gushikirizwa na Annie Irankunda asanzwe arongoye ishirahamwe Reunion 257...

Olza Boy – My Tattoo (Official Video)

https://www.youtube.com/watch?v=hoHl4Yy0O3s&index=5&list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu

#Indundi Diaspora| Ivyaranguwe mu buyobozi bw’abarundi baba hanze muri uyu mwaka uheze hamwe n’ibigiye kurangurwa

Nk'uko vyashikirijwe n'uwusanzwe ayoboye abarundi baba mu mahanga Japhet Legenti Ndayishimiye kuri uno wa mbere igenekerezo rya...

Mt number one avuga kw’itegurwa ry’ibiteramo azunguruka Uburundi

Mt Number one avuga ko akiri mu myiteguro kugira atangure gukora ibiteramo hano iwacu, naho muri leta zunze...

Akayazwe k’i Burundi muri Houston

Ku musi wa gatandatu uza igenekerezo rya 15 Kigarama, muri Reta ya Houston neza na neza mu gisagara ca Texas hazoca uwambaye. Abarundi baba Houston...

Ubufaransa bwaraye bwemeye gutanga François Compaoré

Ubufaransa bwaraye bwemeye gutanga François Compaoré kugira ngo ajanwe muri Burkina Faso gucirwa urubanza rujanye n'igandagurwa ry'umumenyeshamakuru Norbert Zongo mu mwaka w'1998. Kuri uyu wa gatatu waraye...

Most Read

#diaspora|Mkombozi asaba ko izina Lucifer atamuntu yosubira kuryita Satan

Mu ntumbero yo gukura amakenga ku mpari kw'izina yitwa nka Lucifer, Nzeyimana Thomas yatanze umuco.Mu kiganiro n'imwe mu mboneshakure yo mu gihugu ca Tanzania...

Rumonge : Iduga ry’amazi y’ikiyaga Tanganyika ryononye vyinshi

Amahegitari arenga mirongo itanu ari ahitwa mu Gatakwa, ni muri Komine hamwe n’intara ya Rumonge yahora yimburwamwo umuceri, ibigori n’ibindi biterwa bitandukanye, niyo amaze...

Ukuri kubivugwa y’uko Lydia Nsekera yoba arwaye Coronavirus

Hamaze imisi hariko harakwiragizwa inkuru ivuga y'uko uwigeze gutwara Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB, akongera agatwara CNO ( Comite National Olympic ) mu...

Igihugu c’Ubushinwa caraye gihaye Uburundi ibikoresho mu ntumbero yo kurwanya Covid-19

  Umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida, Thaddée Ndikumana yarakiriye kuri uyu wa kane igenekerezo rya 4 Ruheshi 2020 imitekero 4 y’ibikoresho, imfashanyo...