Home East Africa News

East Africa News

Kenya yatanguye guhana abatambara udufukamunwa

Muri Kenya abantu bagiye gutangura gufungwa kubera ukutambara udufukamunwa, ivyo bikaba biheruka gushikirizwa n’uwurongoye igipolisi muri ico gihugu ca Kenya. Mw’itangazo bashize ahabona bamenyesheje ko...

Coronavirus: Tanzaniya abarwayi baza bageze kuri 46.

Umushikiranganji ajejwe amagara y'abantu aho muri Tanzania yamenyesheje ko abagera 14 baraye biyongeye ku gitigiri cari gisanzwe ari 32 c'abarwaye ico kiza. Bose rero ngo...

Umurundi yari arwariye i Kigali Corona Virus yakize

Umurundi wa mbere yafashwe n’ingwara ya COVID-19 iterwa na Corona-Virus yakize, ubu akaba avuga ko agiye kwerekeza muhira aho umuryango umurindiriye. Ivyo nivyo yashikirije...

Ibihugu bigize umuryango EAC vyatanguje isekeza ryo kurwanya umugera wa Corona

Ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’ubuseruko EAC (East Africa Community) vyaraye bitanguje isekeza ryo kurwanya umugera wa Corona, iryo sekeza rikaba ritegurwa kuzoba kuva...

#Coronavirus| Ababa mu Rwanda muri rusangi basabwe kudasubira gusohoka amazu mu kiringo c’indwi 2

Inyuma yaho ibihugu nk’Urwanda, Ubugande, Kenya na Tanzania bahagarikiye ibikorwa bihurirwamwo n’abantu benshi nk’ibiteramo, amasengero, amashure n’ibindi, Urwanda rwo rwahavuye rufata ingingo yo kugumiza...

Breaking news : Baba Kanumba afariki dunia

Baba mzazi wa Marehemu Steven Kanumba, Charles Kanumba amefariki Machi 8, 2020, saa nne asubuhi akiwa Hospitali ya Mkoa wa Shinyanga. Mdogo wake Kanumba,...

Tanasha yajanywe mu minwe kwa Diamond n’ukurondera kumenyakana

Amakuru ku bijanye n’ugutandukana kwa Diamond na Tanasha abandanya aboneka avuye hirya no hino. Ayo dukesha umwe mu bantu begereye WCB avuga ko ugutandukana...

Tanasha yishuye wamubajije nimba azoririmba ku guhebana kwiwe na Diamond

Naho bivurwa ko abavyeyi ba Nasibu Junior batakivuga rumwe, bivuye kuko ngo harimwo umwe yoba yaciye inyuma uwundi, kandi ko umwe muribo ngo agiye...

Ibimenyetso vyerekana ko Diamond na Tanasha batakiri kumwe

Ibimenyetso vyose Bihari muri kino gihe vyerekana ko Nasibu Djuma benshi bazi nka Diamond atakiri kumwe n’umukunzi wiwe Tanasha Donna. Ivyo ni nkuko uwo...

Ngo ntabwo yabuze irengero nk’uko bivurwa, yafatiriwe n’ayandi mabanga

Mu gihe hari hamaze imisi hanurwanurwa ko umukuru w’inama nshimgamateka y’ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’ubuseruko EALA (East Africa Legislative Assemblee) yoba yanyurujwe, umushingamateka...

Aba Tanzania badahindutse ngo Diamond muri uno mwaka wa 2020 arazima

Muri kamere y’aba Tanzania ngo inyuma y’imyaka 10 mu muziki ngo baca bazima, ntihagire uwusubira kumwumviriza nkaho umengo ntiyigeze abaho. Aho hagatangwa akarorero k’abaririmvyi...

Alikiba ngo ntiyinjiriza amafaranga ibinyamakuru nka Diamond

Igituma ALikiba adakunze kuvurwa canke kwandikwa cane mu binyamakuru ngo nuko we ubwiwe ataco atanga ngo bandike. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa n’umwe mu banyarusaku...

Most Read

Urwevu: Ijuru ribaho ye baga! ( New Jerusalem)

Amezi icenda tumara mu nda, tuyamara tudaca n'ikanda ry'ivyo turi. Ikindi kiringo kitari gito, tukimara mu bwana tutazi ivyo turimwo, tutazi igituma, gushika rero...

# Indundi Sports | Umukinyi mwiza wa Primus league mu nzira yerekeza muri Maroc

Umukinyi w'umusatirizi w'umugwi Aigle Noire yatowe nk'umukinyi mwiza yaranze ihiganwa rya Primus league 2019-2020 Nshimirimana Jospin mu nzira yerekeza mu gihugu ca Maroc mu...

Kubwa B Face ngo imbwa ntiheba iyarara

Indirimbo ya B face na BigFizzo izosohorwa na mweneyo, nayo umudiho wa Rap ngo ntiyawuhevye kuko imbwa ntiheba iyarara.  B Face ngo ntiyahagaritse umuziki uri...

Miss Ngozi Kugasaka2020|Un évènement très bien réussi.

Ce samedi le 1er Août 2020, s'est déroulée à NGOZI la grande finale de Miss Kugasaka 2020 ,un concours d' élection d'une jeune fille...