Home Education

Education

Natation:Harategekanijwe ihiganwa ry’igihugu mu mpera z’ino ndwi

  Abanonotsi b'urukino rwo kwoga (Natation)bazohiganwa mu mpera z'ino ndwi, kuva ku munsi wa gatandatu igenekerezo rya 31 Gitugutu gushika kw'igenekerezo rya mbere 01 Munyonyo...

Ikiringo cari catanzwe congerejwe

Ikiringo c'iminsi ibiri cari gitegekanijwe ku bijanye na rusansuma y'abakozi congerejwe gushika hafashwe izindi ngingo. Urwo rusansuma rwari rwatanguye kuri uyu wa mbere. Mu kiganiro...

Nta murundi numwe yarakwiye kwikumira mu karanga k’igihugu

Inanga, ikembe, n'umuduri ni bimwe mu bikoresho vyo gucuraranga vy’aho hambere hahise, nubwo ubu bisa nkaho bitagikoreshwa cane kubera ibikoresho vy'ubuhinga bwa none. Umuduri wakundwa...

Bafise impungenge ko imirimo ishobora gucumbagira muri Kaminuza y’Uburundi

Abakozi bo muri kaminuza y'Uburundi bahurikiye mu masendika SPEUB na SPATUB bavuga ko batewe impungenge n'uko imirimo ishobora gucumbagira muri iyo kaminuza. Imvo ngo...

Ubushikiranganji bw’indero bwuguruye imiryango kubabwitura

Ubushikiranganji bw'indero n'ubushakashatsi bwuguruye imiryango ku bipfuza kubonana n'umushikiranganji aburamutswa. Nk’uko biri mw’itangazo bwaraye bushize ahabona kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 19 Gitugutu 2020,...

Abacamanza bahamagarirwa guhana bivuye inyuma abarezi bagoba izo baragiye

Abajejwe ubutungane basabwa guhana hisunzwe amategeko abarezi bagoba izo baragiye. Abavyeyi nabo bahamagarirwa kubera abana babo akarorero keza mu nyifato, imico n'imigenzo. Umutambukanyi w'umukuru...

Igihugu ca Kenya casubiye kwugurura amashure

Igihugu ca Kenya casubiye kwugurura amashure inyuma y'amezi arenga indwi yugawe kubera ikiza ca koronavirisi. Abanyeshuri biga mu myaka ya nyuma y’amashuri akora ibibazo...

Education: Umugambi w’amashure shingiro woba wifashe gute inyuma y’imyaka 6 utangujwe?

Inyuma y'imyaka itandatu irangiye Reta y’Uburundi itanguje umugambi w’amashure-shingiro mu ntumbero yo kwongereza akanovera k'inyigisho, ubushikiranganji bw'indero n'ubushakashatsi bufadikanije n’ishirahamwe UNICEF buriko buragira isuzuma...

Education: Atagikozwe, ibintu ngo birashobora kumera nabi muri Kaminuza y’Uburundi

Umushikiranganji w’indero, inyigisho za Kaminuza n’ubushakashatsi afise amakenga ko mu gihe atacohindurwa ibintu bishobora kuyangara muri Kaminuza y’Uburundi. Nk’uko bibonekera mu rwandiko aheruka kwandikira umushikiranganji...

Education : Birabujijwe kwiga incuro 3 mw’ishure rimwe

Kirazira kikaziririzwa ko umunyeshure yiga mu mashure y’intango ko ashobora kwiga incuro zitatu mw’ishure rimwe (triplement), kiretse hari insiguro ziboneka ziheza zigahurizwako n’abajejwe iryo...

Ingaruka mbi zatewe na Covid_19 mu mashure ya Kaminuza

  Umugera wa Corona warahungabanije inyigisho mu mashure ya kaminuza ngo kuko hakiri abigisha benshi bacugaraniwe mu makungu. Ivyo ni ibishikirizwa n’Umuyobozi wa kaminuza y'Uburundi akaba...

Education: Urwaruka ruzoba rwahejeje inyigisho ngo ruzoshobora kuronka akazi no mu bindi bihugu

Abashingamateka bakoraniye kuri uyu wa kane mu ngoro yabo mu kigobe aho bari baramutse biga integuro isubiramwo itegeko rigenga inyigisho za Kaminuza. Igihe yariko arasigura...

Most Read

Makamba : Ibikorwa bigeze ku rugero rushimishije

Ibikorwa vyo kwubaka ikiraro ca Nyabusunzu kiri kw'ibarabara ry'igihugu inomero 11 (RN11) rica Mabanda- Makamba- Rutana- Cankuzo) ngo bigeze ku ntambwe ishimishije. Bishikirizwa na...

# Indundi Sports| Umurundi niwe agiye kumenyereza Azam Fc vy’imfatakibanza

  Umugwi Azam Fc wasezereye uwahoze ari umumenyereza wawo mukuru Aritstica Cioaba n’uwundi yama akoresha imyimenyerezo yo kugorora imitsi. Azam Fc yahisemwo gusezerana nabo bamenyereza bamaze...

Kirikou ngo Big Fizzo aharanira inyungu za buri muririmvyi wese w’Umurundi

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Big Fizzo kumusubiriza ngo ntibizoroha, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Kirikou Akili akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook. Muri ubwo butumwa yashikirije kuri urwo rubuga, yamenyesheje ko...

Education : Bazindutse bugariza ishure

Abavyeyi barereye kw’ishure ryitiriwe inyenyeri riri i Maramvya muri komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura, bazindutse kuri uyu wa gatanu bugariza iryo shure. Abo bavyeyi...