Home entertainment Promoted

entertainment Promoted

Hasigaye amasaha ari kurushi ngo asohore amasanamu y’indirimbo nshasha

Mu gihe hari hamaze igihe ashikirije amajambo adasanzwe agira ko agiye kuzana impinduka mu muziki ndundi, Vg Wawa ngo buca yerekana ko atayaze amasigaracicaro. Nk’uko...

Sat-B ngo yoba yasubiriye gusotora Big Fizzo mu kuvuga ko aramukije abanyeshure ba Histoire

Inyuma yugusohora akaririmbo gahamagarira abarundi kwirinda ikiza ca Corna virus ,abeshi batangura kwibaza ko indirimbo yariyavuze ko igiye gusohoka itakibaye igisohoka Sat- B yamenyesheje...

Amajambo arangwa n’agashavu yanditswe na Fabelove

Inyuma yo kumara igihe kinini habonetse ihiganwa ritegurwa na Radio Isangabiro ariryo Isanganiro Award ariko hakamaho ukwikeka ko ryoba ribamwo aka mwana wa mama...

Big Fizzo yavuze ko agiye kwitwarira Dj Israel Kuko ngo yaramwambuye agashambara

https://www.youtube.com/watch?v=rmjpDWlPGM8&feature=youtu.be

Amwe mu mafoto makurumakuru yaranze ishinguranwa iteka ry’umuhisi Bernard Nkundabantu

Kuri uno musi wa gatanu igenekerezo rya 24 Nzero 2020 umuhisi Bernard Ndoricimpa niho yashinguranwa iteka ku Mpanda. Mwomenya ko yari yitavye Imana kw'igenekerezo rya...

Big Fizzo : “Nakoze ibiteramo Amerika n’i Burayi mugihe Sat-B atarakora igiteramo na kimwe haba no mu Rwanda”

Inyuma ya WHO’S THE BEST CONCERT hadutse amajambo afise ubumara bukaze bishobora kuduza irindi shusho mu muziki w’Uburundi. Big Fizzo abicishije ku nsamirizi Buja Fm...

Cedrick Bangy kubwiwe ngo umuririmvyi mwiza kuri Scene ni Sat-B

Kubwa cedrick Bangy asazwe arongoye ishirahamwe ry'abaririmvyi ryitwa Coopérative des Musiciens du Burundi ngo umuririmvyi mwiza kuri scene kuriwe hagati ya Big Fizzo na...

Sat-B na Big Fizzo ngo hagiye guca uwambaye muri Ruhuhuma, ninde mwami w’umuziki kubwawe

Igiteramo cari citezwemwo  ibihangange bibiri Big Fizzo na Sat B kuri Lacosta Beach mu ntumbero yukuraba uwuruta uwundi ngo ntankeka isango ni ryarindi nyene. Inyuma...

Ng’uyu uwundi muhungu umuryango wa Bantu Bwoy waraye wungutse

Inyuma y’imyaka ibiri atanguye akazi ko kuririmba, ashobora kuba agiye kwinjira muri Label ikomeye cane ya Bantu Bwoy umuririmvyi Drama T. Drama T akaba agiye kuba mu...

Uranyanka unyiyumviye by Abagarukirakaranga(Official video)

https://www.youtube.com/watch?v=ADxPODLPPjg&feature=youtu.be  

UCOCO Fashion ihamagarira abarundi gukunda ivy’iwacu

Abarundi ngo twari dukwiye guheba poubelle tukijukira ivy'iwacu, kubona twambara impuzu ziva mu bazungu bakarungika muri Africa kandi natwe twifitiye impuzu zimeze neza nk'impuzu...

Most Read

Ivyokorwa kugira umutekano utsimbatare mu gisagara ca Bujumbura

«Ukurwanya amarigara no gushira amatara ku mpangu ngo ni bimwe mu vyofasha kwongereza umutekano muri komine Mukaza mu gisagra ca Bujumbura. » Ivyo ni ivyashikirijwe kuri...

Imyambaro ishika ku 500 yanditsweko Saidi Ntibazonkiza igiye gushirwa ahabona

  Uwusanzwe ari umuvugizi wa Yang Africans Antonio Nugaz yavuze y’uko umukinyi w’umurundi Saidi Ntibazonkiza agiye kwitegurirwa bimwe bikomeye. Mu kiganiro yakoranye n’imwe mu mboneshakure yo...

Breaking news: Papa Bouba Diop wa Sénegal yaraye aryamiye ukoboko kw’abagabo

Uwatsinze igitsindo ca mbere mu gikombe c’isi c’umwaka wa 2002 agitsinze Ubufaransa aho Senegal yatsinze igitsindo 1-0 , Papa Bouba Diop yaraye aryamiye...

PLB : Uku niko imigwi igiye guhura kundwi ya 12

  Inyuma y’aho inkino za CAF Champions league hamwe na CAF conféderation Cup zirangiriye mu mpera zindwi iheze aho imigwi yacu yari yaserukiwe na Messager...