Home Environnement

Environnement

Emmanuel Niyoyabikoze , jeune modèle burundais pour la protection de l’environnement

Au Burundi , c'est rare de trouver un jeune, encore moins de 25 ans qui s'est décidé de rendre son pays tout vert ,...

Abahinga bavumbuye ico bagiye gukoramwo amacupa atabora

Komine Mukaza yo mu gisagara ca Bujumbura ifadikanije n'ishirahamwe CEPRODILIC yatanguje umugambi wo gusukura igisagara mu gushiraho ibisandugu vyo gutamwo imicafu mu bibanza bihuriramwo...

Uburyo bushasha bwo kurwana n’ihindagurika ry’ibihe

Ihindagurika ry'ibihe ngo si agaseseshwa rumuri mu Burundi  ndetse no kw'isi yose.  Kw'isi yose hariho amategeko yerekana ingene abantu bokwifata. Uburundi nabwo ntibwasigaye inyuma,...

Rumonge : Iduga ry’amazi y’ikiyaga Tanganyika ryononye vyinshi

Amahegitari arenga mirongo itanu ari ahitwa mu Gatakwa, ni muri Komine hamwe n’intara ya Rumonge yahora yimburwamwo umuceri, ibigori n’ibindi biterwa bitandukanye, niyo amaze...

Bimwe mu vyotuma abanyagihugu bakingirwa ingaruka mbi zifatiye kw’ihindagurika ry’ibihe

Gukorana kw'inzego za Reta hamwe no kwibukanya gukurikiza amategeko ni bimwe mu vyotuma abanyagihugu bakingirwa ingaruka mbi zifatiye kw'ihindagurika ry'ibihe. Ivyo ni ivyashikirijwe Umushikiranganji w'ibidukikije,...

Inyubakwa zegereye ikiyaga Tanganyika zirageramiwe

Inyubakwa zose ziri ku nkengera y’ikiyaga Tanganyika zirabangamiwe n’amazi y’ico kiyaga ariko araduga ku muvuduko udasanzwe. Mu bice bimwe bimwe vyegereye ahitwa Kibenga Rural na...

Ingona zifise agaciro k’imiriyoni 300 y’amarundi nizo Albert Ngendera avuga ko yanyazwe

Intumbero ngo n’ugukingira abantu, ivyo n’ibishikirizwa n’ikigo c’igihugu kijejwe gukingira ibidukikije, nayo Albert Ngendera we agataka avuga ko ariko aranyagwa ingona zifise agaciro k’imiriyoni...

Hasigaye imisi iharurwa ku rushi kugira ngo udusashe tuvanwe kw’isoko

Itegeko ry’umukuru w’Igihugu ribuza ikorwa n’irangurwa hakurya y’igihugu, ibikwa, idandazwa n’ikoreshwa ry’ubumwanya rishira isango ntarengwa ryo gukoresha isashe kw’igenekerezo rya 8 Ruhuhuma 2020. Mugihe rero...

La Banque mondiale porte à 700 millions de dollars son aide aux pays touchés par le cyclone Idai

La Banque mondiale a augmenté son aide d’urgence aux trois pays d’Afrique australe touchés par le cyclone...

Ishirahamwe rihingura amakara mu bitiritiri

Haheruka kuboneka ishirahamwe rihingura amakara mu bitiritiri vy'ibigori, Kaze Green Economy, KAGE mu mpunyapfunyo.

Uburimyi : Ivyashikirijwe mu nama yabereye i Gitega

Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 21 Nzero umwaka w'2019, umushikiranganji w'uburimyi n'ubworozi hamwe n'ibidukikije...

Hagiye gukorwa rusansuma rw’imvubu ziri mu micungararo y’i Bujumbura

Ikigo kijejwe gukingira ibidukikije (Office burundais pour la défense de l'environnement), OBDE mu mpfunyapfunyo y'ururimi rw'ikinyamazuru kiriko...

Most Read

Kirikou ngo Big Fizzo aharanira inyungu za buri muririmvyi wese w’Umurundi

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Big Fizzo kumusubiriza ngo ntibizoroha, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Kirikou Akili akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook. Muri ubwo butumwa yashikirije kuri urwo rubuga, yamenyesheje ko...

Education : Bazindutse bugariza ishure

Abavyeyi barereye kw’ishure ryitiriwe inyenyeri riri i Maramvya muri komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura, bazindutse kuri uyu wa gatanu bugariza iryo shure. Abo bavyeyi...

Abibaza ko coronavirus yaheze ngo ni ukwihenda cane.

Muri ino minsi haribonekeza ukudebukirwa mu kwikingira coronavirus, aho abantu badatinya gukoranako mu kuramukanya, mu kutubahiriza imetero hagati y'umuntu n'uwundi nayo gukaraba vyo vyabaye...

Ngo nta mbuga ngurukanabumenyi za Facebook akoresha

Umuvugizi w’ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida aramenyesha abarundi n’amakungu ko umushikiranganji Thaddée Ndikumana ata mbuga za Facebook akoresha. Ivyo Jean Bosco Girukwishaka...