Home Fashion

Fashion

#made in Burundi| Abanya mideri basaba abarundi gukunda ivyakorewe iwabo

Abarundi benshi na cane cane urwaruka bariko  barijukira guhingura, no gukora ivyambarwa n'ibikoresho bitamenyerewe kw'isoko mpuzamakungu bifise ubwiza ndetse n'ishusho vyisangije, ivyo bigakorwa mu...

#miss ku Gasaka| Claudia nta bwoba afise bwo guserukira intara ya Ngozi

Kireste ko mu buzima ata muntu ananirwa, Claudia Kanyamuneza aremeza ko akwije ibisabwa n'amategeko kugira aserukire intara ya Ngozi. Abigeme bashika ku ndwi 7 nibo...

Ubuzima bukomeye La Diva yabayemwo ku bw’Imideri

Umwigeme agiye kubashikiriza ibiganiro bigiye bitandukanye na cane cane ikiganiro "IMIDERI TIMES" kuri Indundi Tv, LA Diva  aratuyagira bimwe mubibazo yahuye navyo...

#made in Burundi| Kiyo Fashion Colletive barahagurukiye guteza imbere abanyamwuga

Ivyiza bihingurirwa iwacu ni vyinshi kandi ni vyiza, iyo ikaba ariyo mvo yahagurukije urwaruka ruhurikiye mw'ishirahamwe Kiyo Fashion Collective gutezimbere ivyahinguriwe iwacu (made in...

#Ivyo yagiyemwo ashaka kumenyekana, Steve vyamubereye akazi kadasanzwe

Umunyamideri (Mannequin) akiri muto mu myaka, akagira igikuriro mu mwuga azwi nka Stevekid, amenyesha ko amaze gutahura impano yiwe kandi ko guterimbere bishoboka. Akazi k'imideri...

Most Read

Bafise impungenge ko imirimo ishobora gucumbagira muri Kaminuza y’Uburundi

Abakozi bo muri kaminuza y'Uburundi bahurikiye mu masendika SPEUB na SPATUB bavuga ko batewe impungenge n'uko imirimo ishobora gucumbagira muri iyo kaminuza. Imvo ngo...

Abarundi bibutse imyaka 27 irangiye hagandaguwe incungu ya demokarasi

Abarundi bibutse kuri uyu wa gatatu imyaka 27 irangiye uwahoze ari umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye agandaguwe, hari kuwa 21 Gitugutu mu 1993. Perezida Ndadaye...

Itsinzi y ’abaririmvyi izanye umunezero mu mvura nyishi

Mu rukino rutari rworoshe abaririmvyi batahukanye itsinzi y'igitsindo kimwe cinjijwe n 'umuririmvyi akiri muto azwi kw' izina rya Saint Floria ku busa bw'aba Dj. Abakinyi,...

Basaba Reta yo muvyeyi basigaranye kubafasha nabo batere imbere

Ishirahamwe ry’abapfakazi n’impfumvyi baharanira agateka kabo AVOD basaba ko Reta yobafasha bimwe biboneka kugira batere imbere. Biri mw’itangazo iryo shirahamwe ryashize ahabona kuri uno wa...