Home fashion&style

fashion&style

#made in Burundi| Kiyo Fashion Colletive barahagurukiye guteza imbere abanyamwuga

Ivyiza bihingurirwa iwacu ni vyinshi kandi ni vyiza, iyo ikaba ariyo mvo yahagurukije urwaruka ruhurikiye mw'ishirahamwe Kiyo Fashion Collective gutezimbere ivyahinguriwe iwacu (made in...

Adjobalove ngo imyumvire y’abantu niyo yari yamubujije Kuronka ifaranga.

Ukutabona kumwe umuderi w'ubusage kw'abantu ni kimwe muvyabuza Adjobalove kubona ifaranga.     Mu myaka iheze babonye umuntu afise ubusage (Dreadlocks)yafatwa nk'umunywa rumogi ndetse nk'igitandero, ariko ngo...

Miss Uganda yaraye atowe kuba Miss Afrika-Monde 2018

Umwigeme Quiin Abenakyo asanzwe ari Miss Uganda2018-2019 yaraye yambitswe urugori rwa Miss Afrika-Monde 2018. Kuir...

Most Read

Natation:Harategekanijwe ihiganwa ry’igihugu mu mpera z’ino ndwi

  Abanonotsi b'urukino rwo kwoga (Natation)bazohiganwa mu mpera z'ino ndwi, kuva ku munsi wa gatandatu igenekerezo rya 31 Gitugutu gushika kw'igenekerezo rya mbere 01 Munyonyo...

# indundi sports | Uyu niwe mukinyi umuhisi Nkurunziza yubakiye inzu amwitirira n’ikibuga

  Mugihe indundi Tv yama iha icubahiro abakinyi bose bakera bigeze gukora amateka ndetse baranaterera kugira umupira w’amaguru wacu utere imbere twaregereye umwe mu bakinyi...

Ahamagarira abanyagihugu kwiyubara

Abantu 17 bagirizwa ubusuma n’ubundi bugizi bwa nabi  butandukanye harimwo kudandaza ibiyayuramutwe hamwe n’ubwicanyi berekanywe n'igiporisi kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 27 Gitugutu...

Ihadabu iri hagati y’imiriyoni 50 n’100 niyo bagiye kuza barahanishwa

Ihadabu iri hagati y’imiriyoni 50 n’ijana y’amafaranga y’amarundi nico gihano gihabwa uwuhinguye mu bumwanya imifuko n’amacupa. Uwuranguye hanze amacupa n’ubucupa bikozwe mu bumwanya nawe...