Home featured diaspora

featured diaspora

BDUSA niyo yatowe ngo itunganye ihuriro mpuzamakungu y’ama diaspora y’abarundi baba mu mahaga

Ubwenge ,ubukerebusi, ubwira, n'uburongozi bwa Sammuel kumwe n'abanwanyi ba  BDUSA nivyo vyagomwe ishirahamwe ngo ritunganye ihuriro mpuzamakungu ry'abarundi baba mu mahanga (Conferance internationale de...

#Dispora| Inyuma ya Saido Seleman, na Bantu Bwoy, hakurikiye BDUSA

Bamwe mu barundi b'umutima barabandanya kugarukira kuri bene wabo bahitanywe n'umwuzurira mu Gatumba muri komine  Mutimbuzuzi. Ishirahamwe rihurikiyemwo abarundi babarizwa ku mugabane wa America (BDUSA)...

#diaspora|ABC TEXAS ikangurira abarundi baba Texas kuja hamwe

Inyuma yo kuva mw'ishiahamwe BDUSA yarasanzwe aserukira mu ntara ya Texas, Innocent Ndayishimiye yaciye ashinga urunani ABC Texas mu ntumbero yuko abarundi boguma bari...

#Diaspora| Kunyinyurana no gutanako amakosa birabandanya muri BDUSA

Inyuma yaho indongozi zatowe n'abanywanyi ziyamirije abavuga ko bazikomboye, ubu ho ngo ntirukiri urukurukuru. Gile Ndikuma yari yahagaritswe vy'infatakibanza mu kibanza c'icegera c'umukuru w'ishirahamwe Samuel...

BDUSA : Uwushaka kukurya ntabura imboga agukoza.

Uburyo bw'amafaranga akenshi nibwo bwama buba icitwazo gikomeye kugira amashirahamwe asambuke, no muri BDUSA iyo karata akaba ariyo nyendamuvano ya ndyogo kw'igeragezwa ry'ibogozwa ry'indongozi...

Warren Ndayishimiye abandanya gufasha imigwi y’abakiri bato.

Warren Cheby Ndayishimiye arabandanya igikorwa yiyemeje co guteza imbere imigwi y'inkino mu bakiri bato,...

U Burundi bushobora kubura Elvis Kamusoba

"Agakecuru gahishije ntikabura abuzukuru". Umukinyi w'Umurundi akina mu gihugu ca Australia Elvis kamsoba, igihugu ciwe c'amavukiro gishobora ku mubura umwanya numwanya.

Most Read

Bafise impungenge ko imirimo ishobora gucumbagira muri Kaminuza y’Uburundi

Abakozi bo muri kaminuza y'Uburundi bahurikiye mu masendika SPEUB na SPATUB bavuga ko batewe impungenge n'uko imirimo ishobora gucumbagira muri iyo kaminuza. Imvo ngo...

Abarundi bibutse imyaka 27 irangiye hagandaguwe incungu ya demokarasi

Abarundi bibutse kuri uyu wa gatatu imyaka 27 irangiye uwahoze ari umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye agandaguwe, hari kuwa 21 Gitugutu mu 1993. Perezida Ndadaye...

Itsinzi y ’abaririmvyi izanye umunezero mu mvura nyishi

Mu rukino rutari rworoshe abaririmvyi batahukanye itsinzi y'igitsindo kimwe cinjijwe n 'umuririmvyi akiri muto azwi kw' izina rya Saint Floria ku busa bw'aba Dj. Abakinyi,...

Basaba Reta yo muvyeyi basigaranye kubafasha nabo batere imbere

Ishirahamwe ry’abapfakazi n’impfumvyi baharanira agateka kabo AVOD basaba ko Reta yobafasha bimwe biboneka kugira batere imbere. Biri mw’itangazo iryo shirahamwe ryashize ahabona kuri uno wa...