Home featured sport

featured sport

Aba nibo bakinyi bakomeye kw’isi bababajwe n’urupfu rwa Kobe Bryan

Urupfu giturumbuka rw'igihangange muri NBA Kobe Bryan rwaraye rubabaje abatari bake mu buhangange vy'Umupira w'amaguru kw'isi. Abakinyi bakomeye kw'isi nka Mohammed Salah , Raheem Sterling...

# Eliminator WoIntamba za bigeme zasezerewe

Kuri uyu wa Gatandatu igenekerezo rya 25 Nzero, niho umugwi nserukira gihugu w'uBurundi mu murwi w'abigeme batarenza imyaka 17 wari wakiriye uwi gihugu ca...

Nshimirimana Jospin yatowe nk’umukinyi mwiza yaranze ihiganwa

Inyuma yo gutsindwa na Palestina ibitsindo 3-1 mu rukino rwa Final rwabaye kuri uyu wa gagandatu igenekerezo rya 25 Nzero 2020. Umukinyi w'Uburundi Nshimirimana Jospin...

# Indundi Sports| Saido Ntibazonkiza agiye gukina muri Vital’o Fc

Uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Ntibazonkiza agiye gusubira gukinira umugwi yahoze akinira Vital'o Fc mu nkino zo gusubiriza.     Saido Ntibazonkiza akaba yari amaze...

Burundi vs Tanzanie (1-1) highlights 04/09/2019

https://m.youtube.com/watch?v=58gQBWDRkaY&t=4s  

Aba nibo bakinyi b’intamba bamaze gushika Ibujumbura

  Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 29 Myandagaro(08) umwaka wa 2019 Intamba mu rugamba zabandanije imyimenyerezo yo kwitegurira umigwi nserukira guhugu ca Tanzania mu...

indundi Sports | Cecafa U 15 : Urutonde rw’abakinyi 19 bazokwerekeza muri Erythrée

  Inyuma y'igihe kitari gito unugwi w'intamba wa batarenza imyaka 15 uriko urakora imyimenyerezo yo kwitegurira inkino za Cecafa U 15 zizobera muri Erythrée kuri...

# Indundi Sports | Mohammed Amissi yaguzwe mu mugwi wa Heracles Almelo

  kumugoroba wo kuri uyu wa Kabiri igenekerezo rya 14 Myandagaro mu mwaka wa 2019 ,   niho umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba w'imyaka 19...

Most Read

Amissi Bagumako yashikirijwe agashimwe kiwe

Umumenyereza w'umugwi wa Rukinzo Fc , Amissi Bagumako yaraye ashikirijwe agashimwe k'umumenyereza yavyitwayemwo neza mu kwezi kwa gatatu. Hari ku musi wa gatatu igenekerezo rya...

Bain Turo aremeza ko uguteba kwiwe kuzosobanura vyinshi mumaso y’abibaza ko yihenze.

Igihe ni kinini cane umuririmvyi BainTuro ataboneka cane mubikorwa vyo gusohora indirimbo nkuko vyahoze ataraja muri Label vyatumye benshi babibona nk'uruhombo kuri...

League B: Uku niko imigwi yatsindanye kundwi ya 10

Kuva ku musi wa gatandu igenekerezo rya 30 no ku musi w'Imana igenekerezo 31 Rusama 2020, ihiganwa ryo mu cicaro cakabiri League B ryarabandanije...

#diaspora|Frank Kaze| Kugira akazina k’ubuhizi vyoba bifasha?

"Uwudaciye akenge ntasumira umwana" murantunga abantu bakunze kuvuga ko uwutabeshe adasumira umwana, sivyo nagato, kuko "Ikinyoma ntikimara umwaka" kandi nticubaka kirasambura, muragerageza muzobibaze abuzukuru...