Home Finances

Finances

Ikigega co gufashanya muri Afrika ngo kimaze gufasha mu migambi igera kuri 18

Ikigega co gufashanya muri Afrika kimaze gufasha mu migambi igera kuri 18, yaba iya Reta canke iy'abikorera utwabo mu Burundi. Ivyo ni ivyashikirijwe n’umushikiranganji w'ikigega...

Banki nkuru y’igihugu yugaye amashirahamwe agurisha amafaranga mvamahanga

Ibanki Nkuru y'igihugu BRB yaraye ifashe ingingo yo kwaka impusha amashirahamwe yose acuruza amafaranga mvamahanga yari asanzwe yemewe. Mw’itangazo ryasohowe n'umukuru w'iyo banki, Ciza Jean,...

Umunyamafaranga wo muri Zimbabwe yemeye guhemba abaganga amezi 6

Inyuma y'igihe abaganga bari muri yegereyegere kugira umushahara wabo uharurwe mu mafaranga y'abanyamerika, umunyamafaranga w'umunya Zimbabwe ariko akorera mu bwongereza yemeye kuzoriha abaganga bose...

Joseph Butore : “Mu gihe bigaragaye ko bakoze amakosa barahanwa hisunzwe amategeko”.

Aho yari yatumiwe mu nama nshingamateka kugira ngo ashikirize ivyaranguwe mu bushikiranganji bumwegukira, icegera ca kabiri c'umukuru w'igihugu yarahumurije abashingamateka n'abakenguzamateka. Kuri uyu wa kabiri...

PND2018-2027 : Uburyo bukenewe ngo nta nkeka buzoboneka (Video)

Mu kiganiro c'abavugizi b'inzego cama kiba uko amezi atatu aheze, kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 15...

PND 2018-2027 : Umushikiranganji Domitien Ndihokubwayo ngo arizeye ko uburyo bukenewe buzoboneka

Reta y'Uburundi ngo ikeneye amafaranga y'amarundi arenga imiriyaridi ibihumbi mirongo ibiri kugira hashirwe mu ngiro umugambi w'iterambere...

Ubushikiranganji bw’ubudandaji buriyamiriza ingingo ya Brarudi

Jean Marie Niyokindi, umushikiranganji w'amahinguriro n'ubudandaji Ubushikiranganji bw’ubudandaji n’amahinguriro buriyamiriza ingingo y'ishirahamwe rihingura ibinyobwa Brarudi y'uduza ibiciro ry’ibinyobwa...

Le transfert d’argent, un véritable cimetière financier pour les immigrés africains vivant en France

Selon une enquête réalisée et publiée en novembre par l’association de consommateurs UFC-Que Choisir, la surfacturation opérée par...

Most Read

Makamba : Ibikorwa bigeze ku rugero rushimishije

Ibikorwa vyo kwubaka ikiraro ca Nyabusunzu kiri kw'ibarabara ry'igihugu inomero 11 (RN11) rica Mabanda- Makamba- Rutana- Cankuzo) ngo bigeze ku ntambwe ishimishije. Bishikirizwa na...

# Indundi Sports| Umurundi niwe agiye kumenyereza Azam Fc vy’imfatakibanza

  Umugwi Azam Fc wasezereye uwahoze ari umumenyereza wawo mukuru Aritstica Cioaba n’uwundi yama akoresha imyimenyerezo yo kugorora imitsi. Azam Fc yahisemwo gusezerana nabo bamenyereza bamaze...

Kirikou ngo Big Fizzo aharanira inyungu za buri muririmvyi wese w’Umurundi

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Big Fizzo kumusubiriza ngo ntibizoroha, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Kirikou Akili akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook. Muri ubwo butumwa yashikirije kuri urwo rubuga, yamenyesheje ko...

Education : Bazindutse bugariza ishure

Abavyeyi barereye kw’ishure ryitiriwe inyenyeri riri i Maramvya muri komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura, bazindutse kuri uyu wa gatanu bugariza iryo shure. Abo bavyeyi...