Home football

football

# Indundi Sports | Ndizeye Alain Bangama yoba ari inde?

Kuva mu mwaka wa 2004  gushika mu mwaka wa 2012 izina ry'umukinyi wa kera wa Vital'o Fc ndetse n'intamba mu rugamba Ndizeye Alain...

# Indundi Sports |Abakinyi ba 5 Aigle Noire yaguze bashitse i Dar es Salaam

Iryavuzwe riratashe , b'abakinyi 5 bafise ubwene gihugu bwa Cote d'ivoire vyavurwa ko bazoshika i Burundi kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 13 Myandagaro...

# Indundi Sports | Abakinyi 10 b’abanya Afrika batunze

Ikimenyeshamakuru co muri Africa y'epfo Soccer Laduma cashize ahabona abakinyi 10 b'abanya Africa batunze gusumba abandi muri urwo rutonde tuhasangamwo abakinyi babiri bo muri...

# Indundi Sports | Abakinyi 9 mu muryango wo gusohoka muri Real Madrid

kimwe mu bimenyeshamakuru co muri Espagne cashize ahabona abakinyi 9 ba Real Madrid bashobora kuyivamwo mugihe c'igura n'igurishwa ry'umwaka wa 2020 . Abo nabo akaba...

# Indundi Sports | Abakinyi ba Messager Ngozi bahawe akabahasha

Nkuko vyashikirijwe n'uwurongoye igisata co kumenyekanisha amakuru mw'ishure le Messager Elysée Niyubahwe , kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 11 Myandagaro 2020, uwurongoye academie...

# Indundi Sports | Yang Africans iriko irondera umusatirizi w’umurundi

Umukinyi w'umusatirizi w'umurundi Bigirimana Blaise akinira umugwi Namungo Fc wo mu gihugu ca Tanzania , ariko aronderwa cane na Yang Africans wo mu gisagara...

#Slovakia| Bon Fils Caleb yaronse umurwi mu shasha

Umasatirizi yamuka mu Burundi, Bimenyimana Bonfils Caleb yigeze gukinira Inter stars ,Vitalo fc na Rayon Sports yamaze gusinya muri  Slovakia. Caleb yari asanzwe akinira umurwi...

# Indundi Sports | Uyu niwe yoba yari umwami w’ibitsindo mu Burundi no mu Rwanda ?

Ku bantu bakurikiranye umupira w'amaguru wa hano iwacu kera ndetse no mu Rwandamumyaka iheze , bavuga ko Uburundi bwigeze kugira umusatirizi akomeye cane uwo...

Abakinyi 11 b’abanya Africa bamaze kwinjiza ibitsindo vyinshi muri UEFA Champions league

Igenekerezo rya 08 Myandagaro 2020, ikimenyeshamakuru Orange Football Club carashize ahabona abakinyi 11 b'abanya Africa Bamaze kwinjiza ibitsindo vyinshi muri UEFA Champions league . Prezida...

# Indundi Sports | Uyu niwe mukinyi w’ibihe vyose muri Fc Barcelona ntabwo ari Messi

Abakunzi b'umugwi Fc Barcelona batoye umukinyi w'ibihe vyose w'umugwi Fc Barcelona uyo nawe akaba ari Diego Maradona , mugihe Lionnel Messi yafashe ikibanza ca...

# Indundi Sports |Abakinyi ba 5 b’abanyamahanga nibo bagiye kuza muri Aigle Noire

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 7 Myandagaro umwaka wa 2020 ,igihe c'isaha umunanani n'igice z'umuhingamo (14h30) Ku kigo c'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi...

# Indundi Sports |Abakinyi 10 beza Cristiano Ronaldo yemera gusumba abandi kw’isi

Umukinyi w'igihangange kw'isi akinira Umugwi Juventus Cristiano Ronaldo nawe nyene yashize ahabona abakinyi 10 bakomeye kw'isi yemera gusumba abandi . Mu kiyago yagize n'ikimenyeshamakuru Goal.com...

Most Read

# Indundi Sports | Samuel Umtiti yasanganywe Coronavirus

  Ku bipimo vyaraye bikorewe  umufaransa Samuel Umtiti akina mu mugwi Fc Barcelona  muri iyi ndwi vyererekanye ko uwo mukinyi w'inyuma wa Fc Barcelona yanduye...

# Indundi Sports | Mike Tresor niwe yafashije Willem gutsinda VVV_ Venlo

Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 14 Myandagaro 2020, niho umugwi wa Willem ukinamwo Ndayishimiye Mike Tresor wari wakiriye umugwi VVV _...

# Indundi Sports | Christiano Ronaldo yoba agiye gukina na Messi muri Fc Barcelona?

Kuva kera abakunzi b'inkino batandukanye bamye bipfuza kubona Christiano Ronaldo akina mu mugwi umwe  na Lionnel Messi . Si abakunzi b'inkino bonyene bipfuza kubona Christiano...

Hagati ya Sat-b na Big Fizzo hashobora kuba hasubiriye gusha

Biragoye gutora ikiriko kirakinwa hagati ya Big Fizzo na Sat-b kuko wokwibaza ko icuka coba kitari ciza muri ino misi, ivyo tukabivuga twisunzi ivy’umwanditsi...