Home football

football

# Indundi Sports | Fiston Abdoulrazaq yafashije Karim Babel

    Umukinyi w’umusatirizi w’intamba mu rugamba Fiston Abdoulrazaq Batazira 4G yafashije Umuririmvyi Karim Babel amaze igihe kitari gito akitswe n’amagara kumvo zo kubura uburyo bwo...

# Indundi Sports | FFB yashimiye abaterereye mu gufasha Intamba mu nkino zibiri zabahuje na Mauritania

  ku musi wa kabiri igenekerezo rya 17 Munyonyo 2020, niho uwusanzwe arongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB , Honorable Reverien Ndikuriyo yatumira abagwizatunga...

# Indundi Sports | Kashindi Joseph wa Vital’o yabuze Se amuvyara

  Umukinyi w’inyuma wa Vital'o Fc Kashindi Joseph yakinye urukino rwo ku musi wa kabiri rwahuje Vital’o Rc hamwe na Olympic Stars rwabereye i Muyinga...

# Indundi Sports | Amafaranga ibihumbi 500 kuri buri mukinyi wa Flambeau du centre yaraye abacitse

    kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 17 Munyonyo 2020, niho mu ntara ya Gitega haba Derby ikomeye  yahuza Musongati Fc hamwe na Flambeau du...

# Indundi Sports| Simba Sc yatanguye kurondera Saido Ntibazonkiza

  Umugwi Simba Sc wo mu gisagaraca Dar es salaam waciye inyuma Yang Africans yari imaze gusinyisha Saidi ntakibazonkiza utangura ibiganiro n’uwo mukinyi. Amakuru twakuye muri...

# Indundi Sports | PLB: Uku niko imigwi yatsindanye kundwi ya 10

  kuva ku musi wa kabiri igenekerezo rya 17 no kuwa Gatatu igenekerezo rya 18 Kigarama 2020, ihiganwa rya Primus league ryarabandanijr kundwi yaryo...

Umukuru w’igihugu yakeje Intamba mu rugamba

Inyuma y’aho umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba utsindiye Mauritania ibitsindo 3-1 mu rukino rwo gusubiriza rwo kurondera itike yo kwitabira inkino za CAN...

# Indundi Sports | Umukuru w’igihugu yaraye agendeye abakinyi b’intamba mu rugamba

  kuri uyu wa Gatandatu igenekerezo rya 14 Munyonyo 2020, niho Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye yari yaramutse agendera abakinyi b’intamba mu rugamba aho...

# Indundi Sports | Saidi Ntibazonkiza yatubwiye ibanga akoresha kugira agume atsinda

  Inyuma y’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba gutahuka mu burundi izanye inota rimwe ukuye mu gihugu ca Mauritania, Saido Ntibazonkiza yagize ico ashikiriza ndetse...

# Indundi Sports| Breking News : Ibiciro vyo kwinjira mu kibuga mu rukino rw’intamba na Mauritania vyamenyekanye

    Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB rihejeje gushira ahabona ibiciro vyo kwinjira mu rukino rwo gusubiriza rw’intamba mu rugamba na Mauritania rwo ku musi...

Messager izohura na Bouffaloes mu gihe Musongati izohura na Green Eagles

  kuri uyu wa mbere w' igenekerezo rya 09 Munyonyo 2020, niho hamenyekana ingene imigwi izohura muri CAF Champions league, hamwe na CAF Confederation Cup...

# Indundi Sports | Mu rutonde rw’abakinyi 25 b’intamba bagiye kwerekeza i Mauritania Mo Amiss ntarimwo

        Umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye ahejeje gushira ahabona abakinyi 25 agiye gutwara muri Mauritania mu ntumbero yo gukina urukino rwo kurondera itike...

Most Read

#Diaspora|Amatora adakumira niyo ariko arategurwa muri BDUSA

Inyuma y'imvurururu n'ukutumvikana vyaranzwe mu banyanyi ba BDUSA zikaza kurangira zinashitse no mu nzego z'Ubutungane, Ishirahamwe ririko ririyambika umutamana. Ngo abarundi bamye barangwa n'ikiyago n'ukwumvikana,...

Dusenge Ketty Ange yasubiriye gutera iteka Uburundi mugihugu c’Uburusiya

Mw’ihiganwa Afro Awards ribera mugihugu c’Uburusiya harabonetse kandi agashimwe gatahukana Umwigeme w’Umurundikazi aho yari yahiganwe mu muce wiswe (Fashion Designer of The Year). Kuri uyu...

Saidi Ntibazonkiza yakiriwe nk’umwami i Dar es Saalam

Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 02 Kigarama 2020, isaha zitatu zo mw’ijoro 21h00 zo mu gihugu ca Tanzania niho umukinyi w’intamba...

Ibiharuro bishasha vya Coronavirus gushika kuri uyu wa 2 Kigarama

Ubushikiranganji bujejwe kubugabunga amagara y’abantu no kurwanya sida bujejej gushira ahabona ibiharuro bishasha vya Covid-19. Gushika kuri uyu wa 2 Kigarama umwaka w’2020, abantu bamaze...