Home football

football

Basketball : Dynamo na les gazelles baraye batwaye igikombe c’Umukuru w’igihugu

Dynamo na les Gazelles baraye batwaye igikombe citiriwe Umukuru w'igihugu . Hari kuri uyu...

Primus League : Uko inkino z’indwi ya 19 zagenze

Kuva ku musi wa gatanu igenekerezo rya 21 Kigarama no ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 22...

Uburundi bwakorotse ikibanza kimwe muri FIFA

Nk'uko mu bizi buri ukwezi ishirahamwe risanzwe ritwara umupira w'amaguru kw'isi FIFA ryama risohora urutonde rw'iko imigwi...

Urutonde rw’abakinyi 7 batemerewe gukina inkino z’indwi ya 19

Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryaraye rishize ahabona urutonde rw'abakinyi 7 batemerewe gukina inkino z'indwi ya...

Primus League : Uko imigwi igiye guhura kundwi ya 19

Kuva kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 21 Kigarama umwaka wa 2018 ihiganwa rya Primus...

José Morinho ntakiri umumenyereza wa Manchester United

José Morinho yari asanzwe ari umumenyereza wa Manchester United ntakiri umumenyereza w'uyo mugwi.

Gakili Jumapili ngo ntanzu iriko irasha mw’ishirahamwe ryabo ry’umupira w’amaguru

Uwusanzwe atwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu ntara ya Bujumbura Rural Gakili Djumapili ngo ntanzu iriko irasha mw'ishirahamwe...

Primus league : Uku Niko inkino z’indwi ya 18 zaraye zugenze

Kuva kw'igenekerezo rya 15 na 16 Kigarama umwaka wa 2018 ihiganwa rya Primus league ryarabandanije ku ndwi...

Salah niwe yatowe nk’umukinyi mwiza w’umwaka w’umunyafrika

Umukinyi w'umusatirizi w'umunya Misiri akina mu mugwi Liverpool Mouhammed Salah niwe yatowe nk'umukinyi mwiza w'umwaka wa...

Olivier Bayizere yaraye asomye igitabo co kurangiza Kaminuza

Umusatirizi w'Umungwi Messager Ngozi yaraye asomye igitabo co kurangiza amashure ya Kaminuza. Hari kuri...

Uku niko imirwi yasaranganijwe mu murwi izohuriramwo

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 14 Kigarama umwaka wa 2018 niho ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi...

CAN U 20| haraye hamenyekanye umurwi Uburundi burimwo

Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 13 Kigarama umwaka wa 2018 , niho haraye hatowe ijonjora ry'uko imigwi...

Most Read

# Indundi Sports | Abakinyi 9 mu muryango wo gusohoka muri Real Madrid

kimwe mu bimenyeshamakuru co muri Espagne cashize ahabona abakinyi 9 ba Real Madrid bashobora kuyivamwo mugihe c'igura n'igurishwa ry'umwaka wa 2020 . Abo nabo akaba...

Dynamo yakubise impaga Kern

Inyuma yaho mu makuru yacu yo kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 10 Myandagaro tubamenyeshereje ko Dynamo yitwariye Kern mu kanama karaba indero n'amatati...

Haringanji Belyse yabaye umu Biker(motocross).

Bikers nkuko babita hano i Burundi , ni abakinisha moto nk'urukino kandi bakaba bazunguruka igihugu berekana ubwiza bwaco. Umukinyi wa basketball Haringanji Belyse akaba ahurumbira...

# Indundi Sports | Gael Bigirimana yaraye aronse umugwi mushasha

Umukinyi wo hagati w'umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba Gael Bigirimana yaraye ashize umukono Ku masezerano yo gukinira umugwi GLENTORAN FC uri mu cicaro...