Home football

football

# Indundi Sports | Mercato Burundi : Musongati Fc imaze kugura abakinyi 6

Umugwi Musongati Fc uriko uriyubaka gushasha kugira urabe y'uko uzokwitwara neza mu mahiganwa ya CAF Confederation Cup. Uwo Mugwi gushika muri kano kanya umaze kugura...

Mercato: Imigwi yatanguye gusesa amahera mu kugura abakinyi

Mugihe ihiganwa rya Primus league ry'umwaka wa 2020-2021 ryamaze kurangira, imigwi imwe imwe ikina mu cicaro ca mbere yatanguye kwiyubaka mu kugura abakinyi ikoresheje...

Ishirahamwe AFH ryatunganije ibikorwa vy’ici ku rwaruka ruri mu karuhuko

Mu ntumbero yo gufasha urwaruka no kururinda kuja mu bitabereye mu gihe c'uburuhuko, ishirahamwe Football Helps ( AFH) ryatunganije ibikorwa kuri urwo rwaruka bizotangura...

Mu bakinyi 10 b’abanya Afrika b’ibihe vyose Mane ntarimwo

  Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 14 Mukakaro 2020, ikinyamakuru Cuatro.com cashize ahabona urutonde rw'abakinyi 10 b'abanya Africa b'ibihe vyose. Umugabane wa Afrika ni umugabane...

Umukuru w’igihugu yaraye ahaye umudari w’iteka umuryango wa nyakwigendera Petero Nkurunziza

Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 11 Mukakaro 2020, ku kibuga c'urukundo kiri mu ntara ya Ngozi ahariko habera urukino rwa nyuma rw'igikombe c'umukuru...

Urutonde rw’abakinyi 11 bitwaye neza muri Primus league

Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 11 Mukakaro 2020, i Ngozi ku kibuga c'urukundo mu rukino rwa Final rwahuje Rukinzo Fc na Musongati niho...

Aba nibo batsindiye ubushimwe bw’ihiganwa rya Primus league

Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 11 Mukakaro 2020, ku kibuga c'urukundo kiri i Ngozi igihe imigwi ya Rukinzo Fc na Musongati Fc yari...

Saido Ntibazonkiza mu bakinyi 11 bahiganirwa agashimwe k’umukinyi mwiza

  Mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB baheruka gushira ahabona abakinyi 11 hazotorwamwo umukinyi umwe yaranze ihiganwa rya Primus league ryo muri uno mwaka wa...

# Indundi Sports |Gitega| Urukino rwambere rwinjiza amafaranga menshi

Mu kiganiro Indundi TV yakoranye  n'uwurongoye na Musongati Fc, Honorable Denis Karera, kuvyerekeye kahise kiwe k'umupira w'amaguru, ndetse n'ingene biteguriye urukino rwanyuma( Finale )rw'igikombe...

Lieutenant Kévin yahamagariye ingabo zose kubashigikira mu cicaro ca mbere

Mu gihe umugwi w'igisirikare c'Uburundi Muzinga Fc wari uhejeje kwirahira Top Junior ibitsindo 9-0 ku musi wa gatandatu uheze ivyatumye basubira kuduga mu cicaro...

Urutonde rw’abakinyi 20 b’impfatakibanza b’umugwi BS Dynamic uzokoresha mw’ihiganwa rikurikira

Burundi Sports Dynamic Nsabimana Bakari niwe mumenyereza wa mbere wo mu cicaro ca mbere amaze gushira ahabona abakinyi 20 b'impfatakibanza azokoresha mu mugwi Bs...

Colonel Alexis ngo umugwi muzinga ugiye gukomera muri kano karere

Inyuma y'aho umugwi Muzinga Fc unyagiriye Top Junior ibitsindo 9 mu rukino rwa nyuma rwo mu cicaro ca kabiri rwaciye rutuma baduga mu cicaro...

Most Read

Umuhuza w’abarundi yaganiriye n’umushikiranganji wa mbere uburyo bagiye kuzoza bakorana

Umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni yahaye umubonano, umuhuza w'abarundi aho yarajanwe n'ukumukeza n'ukuvugana nawe uburyo bagiye gukorana. Igituma ngo nuko urwo rwego ari...

#diaspora|Gushira imitahe m’ umugambi w’uburimyi n’ubworozi bizotuma igihuhu na beneco batera imbere

Abarundi baba mu makungu bagiye gushira inguvu hamwe mu gutezimbere igihugu biciye mu burimyi n'ubworozi. Bafatiye ku civugo bihaye ubwabo kigira giti:" Barundi tuba mu...

# Indundi Sports | Abakinyi ba Messager Ngozi bahawe akabahasha

Nkuko vyashikirijwe n'uwurongoye igisata co kumenyekanisha amakuru mw'ishure le Messager Elysée Niyubahwe , kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 11 Myandagaro 2020, uwurongoye academie...

Bruce Melody na ShaddyBoo babarizwa mu gasho

Bruce Melody na SHaddy Boo ngo ubu babarizwa mu gasho iKigali, aho bafashwe n'igipolisi barenze amategeko nkuko amakuru ava i Kigali abishikiriza. Imvo n'imvano y'ugufatwa...