Home Handball

Handball

Intwari Handball yikomeje mu kuzana abandi bakinyi bashasha

Abakinyi batatu bakomeye nibo basinyishijwe na club Intwari mu ntumbero yo kwitegurira amahiganwa yimirije akaba ari Ingabire Fabrice yahora muri Rumuri, Arakaza Alex Alain...

Handball : Muzinga na Sisters batahukanye ihiganwa ry’intango

Imirwi ya Muzinga mu bagabo na Sisters mu bigeme niyo yaraye itahukanye ihiganwa ry'intango ry'i Bujumbura (tournoi d'ouverture) kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 15...

Handball :Golden team yahinduye izina

Inyuma yaho umurwi Golden team utahukaniye igikombe ku rwego rw'igihugu mu rukino rwa Handball utsinze Muzinga mu rukino rwa nyuma kw'igenekerezo rya 2 Ruhuhuma...

#Handball&VolleyBall : Umusi wahariwe abakenyezi warahimbajwe biciye mu nkino

  Umusi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi warahimbajwe ku kibuga c'ubushikiranganji bw'urwaruka inkino n'imicokoma . Kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 8 Ntwarante 2020, abakemyezi bakukurutse mu...

Most Read

PLB: Abakinyi 3 nibo bari kw’isonga mu bafise ibitsindo vyinshi

Inyuma y'aho inkino z'indwi ya 4 ya Primus league zirangiriye, abakinyi 3 nibo bari kw'isonga mu bakinyi bamaze kwinjiza ibitsindo vyinshi gusumba abandi abo...

Urwevu: Ba Kavamahanga ntibatwigishije vyose!

NTIBATWIGISHIJE KUBA INTAMBWE. BATWIGISHIJE KUVA INTAMA. Iyo tuvuze intambwe ntimuhave mugira ngo kuvuze ugutandagura. Oya dushatse kuvuga , ukugira umutima w'imboneza( Leaders). Umuntu wese yaje...

Volleyball: Championat National: ASB na Muzinga zaraye zitahukanye ibikombe.

Imirwi 14 niyo yari yitabiriye ihiganwa ryo kurwego rw’igihugu inkino zo mu matsinda zikaba zabereye mu gisagara ca Gitega ahari amatsinda abiri agizwe n'imirwi...

Angelina yoba ije gukura kuri hit Melana ?

Nyuma yo guhitinga n'indirimbo yiwe yambere yitwa "Melana " ,Berry Music yaraye asohoye indirimbo nshasha yitwa "Angelina." Bamwe n'abandi bamaze kuyumviriza baragira ico bayivuzeko. Bamwe bati...