Home Health

Health

Iry’umukuru w’igihugu yaraye avumereye ngo rigiye gushirwa mu ngiro

Ingingo yo kuvura abakukuruke bahora bakorera Reta yaraye ifashwe n'umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye kuri uyu kane igenekerezo rya 18 Ruheshi 2020 igihe yimikwa, ngo...

Covid-19 : Abantu 14 barakize nayo abandi bashasha 10 basanga baranduye

Ubushikiranganji bukejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bumenyesha ko abandi bantu 10 bashasha bamenyekanye ko banduye umugera wa Corona. Nk'uko biri mw'itangazo ryasohowe n’ubushikiranganji...

Ikiza ca Covid-19 ngo catumye abageze mu zabukuru bagira agahinda n’ubwoba bidasanzwe

"Hategerezwa kuboneka uburyo bwo guhangana n’ikiza ca Covid-19 hisunzwe kwubahiriza agateka k’abageze mu za bukuru". Ivyo ni ivyashikirijwe n’umunyamabanga mukuru w’Ishirahamwe mpuzamakungu ONU, ku musi...

Igihugu c’Ubushinwa caraye gihaye Uburundi ibikoresho mu ntumbero yo kurwanya Covid-19

  Umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida, Thaddée Ndikumana yarakiriye kuri uyu wa kane igenekerezo rya 4 Ruheshi 2020 imitekero 4 y’ibikoresho, imfashanyo...

#urwevu|Health|Vitamin J&C ni ntasubirizwa mu buzima bwa kiremwa muntu

Abahinga muvy'amagara y'abantu bamenyesha ko turi ivyo dufungura, mu kinofu nofu kugira dutahure neza bavuga ngo "We are what we eat". Abasokuru nabo bakaba barayamaze...

Coronavirus : Abantu bane nibo gusa ngo basigaye barwaye

Umushikiranganji w’amagara y’abantu mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya amenyesha ko gushika ubu igitigiri c’abarwaye ikiza ca Coronavirus cagabantse cane ku murwa mukuru w’ubudandaji Dar-Es-Salaam...

Coronavirus: Hatowe abandi bantu 15 banduye

Ubushikiranganji bujejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bumenyesha ko abandi bantu icumi na batanu bamenyekanye ko banduye umugera wa Corona. Ni inyuma yo gupima...

Ibihugu bigize umuryango EAC bihamagarirwa gushigikirana muri kino gihe ca coronavirus

Abakuru b'ibihugu bane bo mu bihugu bigize umuryango w’akarere ka Afrika y’ubuseruko baherutse kwumvikana ko ibihugu bigize uwo muryango vyoshiraho uburyo bwo gupima no...

Covid-19 : Umuryango w’ubumwe bwa Afrika ngo ugiye gupima umuti wa Madagascar

Umuryango w'ubumwe bwa Afrika watangaje ko uriko uravugana na Reta ya Madagascar kugira ngo upime neza ko umuti ico gihugu giheruka gutora ko koko...

Uwundi muntu umwe basanze yaranduye Coronavirus

Ubushikranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bumenyesha ko uwundi muntu yamenyekanye ko yanduye umugera wa Corona inyuma yo gupima abantu 60 babonanye...

Ibi nivyo umuryango utabara imbabare Croix Rouge usaba abamenyeshamakuru

Abamenyeshamakuru bahamagarigwa gufasha mu gushikiriza amakuru y’ukuri abanyagihugu ku bijanye no kwikingira ikiza ca coronavirus. Ako kamo bagatewe n’umunyamabanga mukuru mu muryango utabara imbabare mu...

Muri Congo hasubiriye kuboneka abagwayi bashasha ba Ebola

Ikiza ca Ebola carasubiriye kuboneka muri republique iharanira intwaro rusangi ya Congo, abagwayi bandi bashasha bakaba babonetse itariki 10 ndamukiza imisi 2 gusa imbere...

Most Read

# Indundi Sports |Gitega| Urukino rwambere rwinjiza amafaranga menshi

Mu kiganiro Indundi TV yakoranye  n'uwurongoye na Musongati Fc, Honorable Denis Karera, kuvyerekeye kahise kiwe k'umupira w'amaguru, ndetse n'ingene biteguriye urukino rwanyuma( Finale )rw'igikombe...

Abiyamamariza amatora y’abakenguzamateka basabwa gukurikiza amategeko

Abiyamamariza amatora y'abakenguzamateka ategekanijwe ku wa 20 uku kwezi bahamagariwe kwubahiriza amategeko agenga ico gikorwa. Ako kamo katewe n'uwurongoye umurwi w'igihugu wigenga ujejwe gutegura amatora...

Bataravye neza, Sat-b ngo azonasohora amashusho y’urukozasoni

https://youtu.be/cYxeFyuJbFk Sat-b ntahuza na bose Ku kibazo c'uburyo yari yambaye Muri Video aheruka gushira ahabona aho yabonetse asa n'uwuriko yinonora imitsi. Kuri iryo shusho ryabonetse igenekerezo...

Uguhinduka kwa Alvin Smith kwagarukanye igikundiro cinshi

Benshi mu bakurikirana ibikorwa vyiwe baremeza neza ko hari ihinduka mu bikorwa vy'Umuririmvyi Alvin Smith na cane cane ko bibonekera mu bikorwa...