Home homepage

homepage

Wema Sepetu ngo azopfana agahinda

Mu gihe umukinyi w'amareresi muri Tanzania Wema Sepetu abandanya kugwana ngo azoronke umwana, inyuma yaho aviriye mu mahanga kwivuza, uwo mugore yahavuye asubira kandi...

Ubushikiranganji bw’inkino n’imicokama bugiye guhagurukira ibibazo bihanze igisata c’imicokama

Ezeckiel Nibigira umushikiranganji w'inkino n'imicokama yagiranye inama n'abatwara amashirahamwe y'imigwi ndangakaranga, noneho bamushikiriza ibibazo bihanze ico gisata. Mu bibazo vyashikirijwe harimwo ikibazo c'ibikoresho bitaboneka, Dunia...

Emery Sun yatanze urutonde rw’abaririmvyi 5 batakivugirizwa indirimbo

Mu gihe Emery sun afise akababaro kenshi ko hari abamenyeshamakuru bamwe bamwe batakivuza ibikorwa vyiwe, uwo muririmvyi avuga ko atari wenyene kuko hari abandi...

Dieudonne Nahimana agiye gutangura gukebura abafata ingingo

Inyuma yo kugerageza kwitoza mu kibanza c'Umukuru w'Igihugu, ariko ntiyaronka ico kibanza, Dieudonne Nahimana yasubiye kuboneka mu kindi gikorwa. Imboneza Talk Show n'ikiyago categuwe na...

Francine yerekanye iyo akura ubutunzi afise

Ikibanza Francine Niyonsaba agezeko uno musi ngo ntiyarazi ko yokigezeko. Ariko icamuteye gushika aho ageze, uwo munonotsi avuga ko ari ubwira, ubukerebutsi n'ukwitanga cane. Uwo...

Ati uwufise intumbero y’ukurya ibiturire naje mu kizingwe abanze yiyuhagire yongere yiyugumure!

Mu majambo yashikirije, yaragarutse cane mu bikorwa vy'abarongozi, aho yerekanye inyifato nshasha zikwiye kubaranga. Aho anamenyesha ko igikwiye kuza imbere ya vyose ari amahoro...

Inyuma ya Zari na Tanasha, Diamond ngo agiye kurongora

Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond ngo agiye kugira ubugeni muri ino misi,ivyo n'ibiheruka gushikirizwa n'umwe mu basanzwe bakorana nawe. Mu kiyago yatanze ku...

Kubwa B Face ngo imbwa ntiheba iyarara

Indirimbo ya B face na BigFizzo izosohorwa na mweneyo, nayo umudiho wa Rap ngo ntiyawuhevye kuko imbwa ntiheba iyarara.  B Face ngo ntiyahagaritse umuziki uri...

Kamoso yavuze kuvyo yabonye ku muryango wa Nyakwigendera Petero Nkurunziza

Uguhura kwa Eddy kamoso n'umukuru w'igihugu c'Uburundi, Nyakwigendera Petero Nkurunziza, ngo vyabaye ugusohora kw'amasezerano Imana yari yarahaye uwo muririmvyi akaba n'umumenyeshamakuru. Mu kiyago n'ikinyamakuru Isibo...

Diamond yoba yamaze kuronka uwazosubiriza Tanasha

Inkuru iriko iravugwa cane aho hanze n'inkuru y'umwigeme yoba agiye gusubirira umuririmvyikazi Tanasha mu kibanza c'umukunzi wa Diamond Platnumz. Nkuko makuru dukesha ibinyamakuru vyo muri...

Nish yanditse “kavorivori” kuva ku mbanyi ya 1 gushika kuya 2

Esther Nish ngo indirimbo "Kavorivori" yamutwaye umwanya munini kugira abashe kuyandika yongere anayikore, ubona ko yari no mu bihe bitamworoheye. Mu kiyago aheruka kugirana na...

Imvo n’imvano ya Lolilo kutitaba ubugeni bwa Big Fizzo yamenyekanye

Naho Lolilo ari mu nkehwa Big Fizzo yari yahaye ubutumire ku bugeni bwiwe, uwo muririmvyi ntiyabashije kubwita. Bamwe bakaba bavuga ko ari kubera ngo...

Most Read

# Indundi Sports | Ndayishimiye Mike Tresor yipfuzwa na CSKA Moscou

Umukinyi Ndayishimiye Mike Tresor yari asanzwe akinira umugwi wo mu cicaro ca mbere muri Hollande Willem, ariko aripfuzwa cane n'umugwi ukomeye wo mu Burusiya...

#diaspora|Myfin microfinance igiye kworohereza abarundi baba mu mahanga kuzana imitahe

Hagiye kwugururwa ishirahamwe ryo kuziganya no kugurana(microfinance Myfin),mu ntumbero yo kworohereza abarundi baba mu mahanga gushika imitahe yabo hano mu gihugu. Ubucuti buri hagati y'ishirahamwe...

# Indundi Sports | Official : Iddy Muserem yamaze gusinya muri Gasogi United

Inyuma y'urukurukuru rwava mugihugu c'Urwanda  ruvuga ko umusatirizi w'umugwi Messager Ngozi ashobora kwerekeza muri Gasogi United muri ico gihugu , urukurukuru rwahavuye ruba inkuru...

David Ndikuriyo yimitswe mu mabanga mashasha

Umukinyi wa kera w'umupira w'amaguru akaba yarigeze no kuba umunonotsi Ndikuriyo David batazira Maras yagenywe mu mabanga yo kuba musitanteri wa komine Mabanda mu...