Home intamba murugamba

intamba murugamba

# indundi Sports | Msaba Seleman yavuze umukinyi akunda mu Ntamba mu rugamba

Uwigeze kuba umukinyi w'intamba mu rugamba hamwe n'umugwi Prince Louis Musaba Selemani yavuze umukinyi akunda cane gusumba abandi mu mugwi nserukira gihugu w'intamba mu...

# indundi Sports | Uburundi bwungutse ikibanza kimwe mu rutonde rwa FIFA

  Umugwi nserukiragihugu Intamba mu rugamba wungutse ikibanza kimwe mu rutonde rwa FIFA rwama rusohorwa buri kwezi, aho ni inyuma yo gutsinda Tanzania. Kuri uyu wa...

# Indundi Sports | hoba habuze bande mu rutonde rw’abakinyi bagiye kwitegurira Mauritania?

  Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 22 Gitugutu 2020, abamenyereza b'intamba mu rugamba baraye batumyeko abakinyi 27 bakina hano iwacu bagiye gutangura imyimenyerezo yo...

# Indundi Sports | Olivier Mutombola yoba atakiri umumenyereza mukuru w’intamba?

Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 22 gitugutu 2020, mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB baraye bashize ahabona abamenyereza b'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu...

# Indundi Sports| Ama miriyoni niyo FFB yinjije mu rukino rwa Gabon

Intererano abakunzi b'inkino baterereye mu kwinjira Ku bwinshi mu rukino rwo kurondera itike ryo kwitabira inkino zanyuma za CAN rwabaye mu mwaka wa 2019...

# Indundi Sports | Breaking News : Shaka Bienvenue agiye gukinira Ac Leopard muri Kenya

  Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Shaka Bienvenue yashize umukono Ku masezerano yo gukinira Umugwi Ac Leopard ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca...

# Indundi Sports | Uwariwe wese yipfuza guherekeza Intamba muri Mauritania imiryango iruguruye

Mu kiganiro yari yakoranye n'abanditsi hamwe n'abamenyeshamakuru Ku musi wa Gatanu Igenekerezo rya 16 Gitugutu 2020, uwuramutswa ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB umukenguzamateka...

# Indundi Sports | Saido Berahino yahumye mu Bubirigi

Kuri uyu w'Imana Igenekerezo rya 18 Gitugutu 2020 , niho ihiganwa ryo mu Bubirigi Jupiler Pro ryabandanije kundwi yaryo igira 9. Umugwi mushasha ukinamwo Kizigenza...

Ibirori vyaranze isabukuru y ’amavuko ya Mutombola

Isabukuru y imyaka 50 y’amavuka yaherekejwe n' ubugeni bwiwe na Kigeme Jocelyne , hadasizwe inyuma ibatisimu y ikibondo cabo gito. Mutombola kakaba kabaye akaryo kuriwe...

# Indundi Sports |Uwu niwe yatumye Saido Ntibazonkiza asinya muri Yang Africans

Igitsindo ca Saido mu  ntamba mu rugamba mu rukino na Tanzania sico catumye ahabwa amasezerano. Saido Ntibazonkiza yahavuye avuga uwatumye ashira umukono ku masezerano yo...

# Indundi Sports | Aba Tanzania Etienne niwe yoba yarabatsindishije

Urupfu n'impfane birajana Saido Ntibazonkiza yinjije igitsindo none abatsinzwe bacegetse ku mumenyereza Etienne ku mvo z'uko yakinye na bene wabo. Inyuma yaho Uburundi butsinze igitsindo...

# indundi Sports | Iki Nico Berahino yavuze kuri Ntibazonkiza na bagenzi biwe 

Ku musi w'imana igenekerezo rya 10 Gitugutu 2020, niho Umugwi nserukira w'intamba mu rugamba wakina urukino rwa kuvandimwe n'umugwi nserukira gihugu wa Tanzania, urwo...

Most Read

Kabizi nawe yatewe n’abagizi ba nabi  nka Kigingi

https://www.youtube.com/watch?v=UqPwmg6YQQY&t=23s Uwundi yatewe n’abagizi ba nabi ni Kabizi l’eau Comedien, uwo nawe akaba yashikiriwe n’akaranda kariko kagwa ku vyamamare vy’abarundi basanzwe bafise imbuga ngurukanabumenyi zikurikiranwa...

Sada Nahimana ngo ntazi uko mu mwaka uza azitabira amahiganwa

https://www.youtube.com/watch?v=REgC5_uiUqM Sada Nahimana  ngo ntazi uko mu mwaka uza azobasha kwitabira amahiganwa y’urukino rwa Tennis , ivyo nivyo yashikirije mu kiganiro yagiranye n’ikinyamakuru BBC mu...

Abaforomakazi bo muri Ghana bafise ikibazo c’ukubura abagabo

https://www.youtube.com/watch?v=37rxy3pL9aE Abatari bake mu baforomakazi bo mu gihugu ca Ghana barafise ibibazo bikomeye bijanye n’ukutarongorwa, iyo ikaba ari imyidogo yashikirijwe na bamwe mu kiganiro bahawe...

George Gatogato na Paficque mu bahagarikizi bazohagarikira CHAN 2021

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 2 Kigarama 2020, igisata kijejwe gutora abahagarikizi bazohagarikira inkino mpuzamakungu muri CAF cashize ahabona abahagarikizi mpuzamakungu bazohagarikira inkino...