Home Justice

Justice

Uku niko abacamanza n’abashingwamanza bahamagarirwa gukora

Amategeko mpuzamakungu ngo ahari kugira yunganire ay'igihugu kigenderako ari naco gituma abacamanza n'abashingwamanza babwirizwa kuyisunga mu gutunganiriza ababitura. Ivyo ni ibishikirizwa na bamwe mu...

Umwicanyi yahitanye George Floyd yaraye arekuwe

Derek Chauvin , yahoze ari umuporisi akaba ari nawe yagirizwa urupfu rw'umunyamerika w'umwirabure George Floyd yanize amupfukamye mw'izosi, yanamupfunze amapingu mu mugongo yaraye arekuwe...

Zimwe mu ngorane abashingwamanza bo mu Burundi bahura nazo mukazi kabo

Abashingwamanza bo mu Burundi ngo baragira ibibazo bijanye n'umwuga wabo. Uturorero ngo ni nko kutemererwa kuraba uwo aburanira mu gihe aba ari mw’ibojero canke...

#diaspora|Aline Vyuka ngo ntiyakoze ubugeni gusa kabaye n’akaryo ko guhindura izina

N'ubwo isi iri mu bihe bigambaraye, ibihe vy'ikiza c'inrwara ya Corona(covid19) ngo ntakinanira Imana, Aline yarabonye ukuboko kw'uwuhoraho mu bugeni bwiwe.   Hari kw'igenekerezo rya 04...

Reta y’Uburundi ngo igiye kwitwarira ikimenyeshamakuru BBC

Reta y’Uburundi ngo igiye kwitwarira ikimenyeshamakuru c'abongereza BBC inyuma y'aho ico kinyamakuru gikwiragije ku mbuga zitandukanye ireresi...

Most Read

#diaspora| News|Umuco wa Japhet Legentil ku makenga ya bamwe n’abandi

Abenshi mu barundi baba mu mahanga (diaspora Burundaise), ntibabona kumwe itunganywa n’indinganiza za diaspora y’ Uburundi, eka n’indwi yahariwe umurundi aba mu mahanga bakayibona...

Basaba Reta n’abagiraneza kubagarukirako

Abanyagihugu bari muri site y’impunzi ya Kigarangamango ngo bamerewe nabi kuva bahungiye muri iyo site, hararenze amezi atanu. Bimwe mu bihanze abo banyagihugu bahungiye muri...

Ivyo basabwa kugira ngo irandagata ry’ikiza Covid-19 rigabanuke

Imiryango y'abarundi batahuka bava mu mahanga isabwa kwubahiriza imisi yo kuba ukwa bonyene mu ntumbero yo kurwanya Covid19. Bishikirizwa na Muganga Joseph Nyandwi, umuyobozi w'ikigo...

Uwoya yagarutse ku bimwagirizwa ko yoba ari ishetani

https://m.youtube.com/watch?v=5JqdE6e39HY Irene uwoya benshi bazi nka Oprah kubera ireresi yakinyemwo yitwa iryo zina, nawe haraho bishika akemeranya n'abatari bake ko ari ishetani "Jini" bivanye n'ubwiza...