Home Justice

Justice

Abahora baja ku Nyambeho kuhibukira ababo bagandaguwe mu 1972 ntibakibibukiyeho

Umugwi w'igihugu wigenga ujejwe kumenya ukuri no kunywanisha abarundi CVR, usaba amashirahamwe akunda kwibuka ababo bagandaguwe mu 1972, bagahambwa mu binogo rusangi biri ku...

Umurwi CNTB washikirije amadosiye umaze kwiga mu kiringo c’umwaka umwe

Amadosiye arenga ibihumbi bitanu n’amajana atanu ngo yarizwe mu ntara zitandukanye zigize igihugu ayandi yababa igihumbi n’amajana abiri arunguruzwa. Ivyo ni ivyashikirijwe n’umuvugizi w’umurwi w’igihugu...

CVR : Ivyashikirijwe mu cegeranyo ca mbere c’umwaka

Umurwi wo kumenya ukuri n'ukunywanisha abarundi CVR, umenyesha ko umaze guharura ibinogo rusangi 4,163 vyahambwemwo abantu bishwe mu magume Uburundi bwagiye bucamwo kuva bwikukira. Ivyo...

Umurwi CVR usaba abakozweko n’ivyabaye muri kahise kwihangana mukurindira ukuri

Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 13 Nzero 2020, umugwi w’igihugu ujejwe kuvugana ukuri no kunywanisha abarundi CVR watoye ibisigarira vy’abantu bagera...

John Kay safarini akiandaa kuja Burundi, Tanzania na Kenya

Inajulikana kuwa akuna msanii wa Burundi ambaye yuko nje na anazidi kufanya vizuri, baada yakuteng’neza Movie yake inayoitwa COP'S ENEMY kwasasa ameandika kwenye ukurasa...

BDUSA : Mu masaha make amatora aratangura

Umugwi ujejwe amatora agiye kuba hagati y’Abarundi baba muri Reta zunzubumwe za Amerika, ubicishije ku cegera c’umuyobozi wawo,  uributsa Abarundi bose baba muri Leta...

Ikibazo c’ugukina ca Mohammed Amissi mu rukino rwa Madagascar kiracagoranye

Umukinyi Mohammed Amissi ashobora gukina urukino rwa Madagascar canke ntarukine. Mu rukino rwo kw' igenekerezo rya 22 Ruheshi umwaka wa 2019 aho u Burundi buhura...

Urutonde rw’abakinyi 22 b’intamba U23 bagiye kwitegurira inkino za Jeux Africains

Ishirahamwe ry 'umupira w'amaguru mu Burundi FFB kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 18 Ruheshi umwaka wa 2019 ryashize ahabona urutonde rw'abakinyi 22 b'intamba...

MINEAGRIE : La production de la saison agricole 2019B est bonne par rapport à celle de 2018B

Lors d’un point de presse de ce mardi 18 juin 2019, le Ministre de l’Environnement, de l’Agriculture et de l’Elevage Dr Déo Guide Rurema...

Intamba zaraye zitsinzwe na Tunisia

Kuva mu mwaka wa 2018 Intamba mu rugamba ntizari bwatsindwe. Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 17 Ruheshi umwaka wa 2019 i Tunis...

Urutonde rw’abakinyi 11 b’intamba baza gutangura mu kibuga

  Umumenyereza w'umugwi nserukira gihugu Alain Olivier Niyungeko yamaze gushira ahabona urutonde rw'abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga mu rukino ruza kubahuza na Tunisie kuri...

Fiston Abdoulrazzaq yavuze ibanga bakoresheje kugira banganye na Algerie

Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Fiston Abdoulrazzaq yavuze ibanga bakoresheje kugira bashobore kunganya na Algeria igitsindo 1-1. Mu kiyago gito yagiranye na Indundi Sports Umusatirizi...

Most Read

Imyambaro ishika ku 500 yanditsweko Saidi Ntibazonkiza igiye gushirwa ahabona

  Uwusanzwe ari umuvugizi wa Yang Africans Antonio Nugaz yavuze y’uko umukinyi w’umurundi Saidi Ntibazonkiza agiye kwitegurirwa bimwe bikomeye. Mu kiganiro yakoranye n’imwe mu mboneshakure yo...

Breaking news: Papa Bouba Diop wa Sénegal yaraye aryamiye ukoboko kw’abagabo

Uwatsinze igitsindo ca mbere mu gikombe c’isi c’umwaka wa 2002 agitsinze Ubufaransa aho Senegal yatsinze igitsindo 1-0 , Papa Bouba Diop yaraye aryamiye...

PLB : Uku niko imigwi igiye guhura kundwi ya 12

  Inyuma y’aho inkino za CAF Champions league hamwe na CAF conféderation Cup zirangiriye mu mpera zindwi iheze aho imigwi yacu yari yaserukiwe na Messager...

Diaspora News: Abahamagarira kwitaba inama yo kurabira hamwe igituma baguma bagandagurwa

Mu butumwa aheruka kurungikira ubuserukizi bw’ibihugu vya Afrika buri mu gihugu c’Uburusiya, umuserukizi w’Uburundi muri ico gihugu Edouard Bizimana abahamagarira kwunga urunani maze biyamirize...