Home kirundi

kirundi

Spok’s ngo ntagarutse gusohora indirimbo buri kwezi

  Ishirwa ahabona ry’amasanamu y’indirimbo Wari he ya Spok’s ngo n’umuzo wundi mushasha mu muziki naho atagarutse gusubira kandi gusohora indirimbo buri kwezi, ivyo n’ivyo...

#Ngozi| Simplice Niyokindi azokwibukwa

Umukinyi wa kera wa JS Muremera na Ngozi city Niyokindi Simplice azokwibukwa na bamwe mu bakinyi bakinanye kuri uyu w'imana igenekerezo rya 16 myandagaro...

Basket : Ihiganwa rizosozererwa i Ngozi

Mu mpera z'ino ndwi hazosozerwa ihiganwa rya Basketball mu ntara ya Ngozi nkuko twabimenyeshejwe na Dr Roger Rushangabirwi arongoye ishirahamwe rya Basket-ball muri iyo...

Dynamo yakubise impaga Kern

Inyuma yaho mu makuru yacu yo kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 10 Myandagaro tubamenyeshereje ko Dynamo yitwariye Kern mu kanama karaba indero n'amatati...

Haringanji Belyse yabaye umu Biker(motocross).

Bikers nkuko babita hano i Burundi , ni abakinisha moto nk'urukino kandi bakaba bazunguruka igihugu berekana ubwiza bwaco. Umukinyi wa basketball Haringanji Belyse akaba ahurumbira...

Umuhuza w’abarundi yaganiriye n’umushikiranganji wa mbere uburyo bagiye kuzoza bakorana

Umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni yahaye umubonano, umuhuza w'abarundi aho yarajanwe n'ukumukeza n'ukuvugana nawe uburyo bagiye gukorana. Igituma ngo nuko urwo rwego ari...

#diaspora|Gushira imitahe m’ umugambi w’uburimyi n’ubworozi bizotuma igihugu na beneco batera imbere

Abarundi baba mu makungu bagiye gushira inguvu hamwe mu gutezimbere igihugu biciye mu burimyi n'ubworozi. Bafatiye ku civugo bihaye ubwabo kigira giti:" Barundi tuba mu...

Bruce Melody na ShaddyBoo babarizwa mu gasho

Bruce Melody na SHaddy Boo ngo ubu babarizwa mu gasho iKigali, aho bafashwe n'igipolisi barenze amategeko nkuko amakuru ava i Kigali abishikiriza. Imvo n'imvano y'ugufatwa...

Ivya B-Face na Natacha vyamenyekanye

Inyuma y'ururirimbo "Hindukira " collabo ya B-Face na Natacha , indirimbo yakunzwe cane n'abakunzi b'umuziki ndundi,munyuma iza gufatirwa ibihano, amafoto  n'amajambo yari amaze iminsi...

BigFizzo yaguye mu gahundwe abonye Lolilo aririmba adakoresheje CD

Big Fizzo ngo yaratangaye cane abonye Lolilo kuri Stage ariko aririmba Live, akabikora ku ndirimbo zitari nke. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Lolilo ubwiwe mu...

Kern yatsinze , Aigle noir ihabwa ikaze

Ihiganwa rya Basketball i bujumbura ryaratanguye biciye mw'ihiganwa ry'intango bita tournoi d'ouverture ryuguruwe icese kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 8 Myandagaro 2020 ku...

Nkengurutse Brax yabaye MVP

Kuri uyu w'imana niho harangira ihiganwa bise tournoi de l'espérance rikaba ryatahakanywe na Intwari mu bagabo na Sisters mu bakenyezi . Iryo higanwa rikaba ryatunganijwe...

Most Read

#diaspora|Myfin microfinance igiye kworohereza abarundi baba mu mahanga kuzana imitahe

Hagiye kwugururwa ishirahamwe ryo kuziganya no kugurana(microfinance Myfin),mu ntumbero yo kworohereza abarundi baba mu mahanga gushika imitahe yabo hano mu gihugu. Ubucuti buri hagati y'ishirahamwe...

# Indundi Sports | Official : Iddy Muserem yamaze gusinya muri Gasogi United

Inyuma y'urukurukuru rwava mugihugu c'Urwanda  ruvuga ko umusatirizi w'umugwi Messager Ngozi ashobora kwerekeza muri Gasogi United muri ico gihugu , urukurukuru rwahavuye ruba inkuru...

David Ndikuriyo yimitswe mu mabanga mashasha

Umukinyi wa kera w'umupira w'amaguru akaba yarigeze no kuba umunonotsi Ndikuriyo David batazira Maras yagenywe mu mabanga yo kuba musitanteri wa komine Mabanda mu...

Gymkhana yaronse itike

Mu gihe kuri uyu wa gatandatu hazokinwa inkino z'igice cakabiri gishira ica nyuma c'inkino zugurura ihiganwa(tournoi d'ouverture), imirwi itatu niyo yarimaze kuronka uburenganzira . Urunani...