Home kirundi

kirundi

#diaspora |Andre asaba abarundi baba mumahanga gushika mu gihugu bagaterera umuganda wabo

Abanje kwemanga ko abarundi baba mu mahanga bashoboye vyinshi,bafise uburyo bwinshi kandi bize vyinshi, bitandukanye  Andre Nkeshimana, abatera akamo ko gushika mu gihugu bakaraba...

Francine yerekanye iyo akura ubutunzi afise

Ikibanza Francine Niyonsaba agezeko uno musi ngo ntiyarazi ko yokigezeko. Ariko icamuteye gushika aho ageze, uwo munonotsi avuga ko ari ubwira, ubukerebutsi n'ukwitanga cane. Uwo...

Ukuri ku bivurwa kw’iyinjira rya Fabelove muri Empire Avenue Lab

Fabelove na Sat-B ubu imigenderaninire ni myiza cane naho vyashitse bagacanamwo ngo  ntazibana zidakomanya amahembe. Inyuma y’indirimbo Master umuririmvyi  Fabelove yasohoye ururirimbo Hange  indirimbo yakorewe...

REBEKA umwigeme mwiza asumvya ubwiza abandi ivyamushikiye nagahomera bunwa

Umuririmvyi Titus  Da Sailor amenyeshako umwigeme Rebeka atorohwewe namba mubuzima yaciyemwo ariko y’ukwihangana kuko ubwiza akibufise. Titus  Da Sailor arahanura cane abigeme beza cane aciye...

Ati uwufise intumbero y’ukurya ibiturire naje mu kizingwe abanze yiyuhagire yongere yiyugumure!

Mu majambo yashikirije, yaragarutse cane mu bikorwa vy'abarongozi, aho yerekanye inyifato nshasha zikwiye kubaranga. Aho anamenyesha ko igikwiye kuza imbere ya vyose ari amahoro...

#diaspora|BDUSA| Laetitia Mizero Hellerud umwe mu barundikazi y’itoreza inama nkenguzamateka muri America

Nti bimenyerewe ariko bishobokera abavyizeye, Laetitia Mizero amenyesha abarundi ko batoza barikengera, ahubwo bogerageza kuko nawe yatanguye akora bukebuke, ariko ageze aho atagitinya guhiganwa...

Inyuma ya Zari na Tanasha, Diamond ngo agiye kurongora

Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond ngo agiye kugira ubugeni muri ino misi,ivyo n'ibiheruka gushikirizwa n'umwe mu basanzwe bakorana nawe. Mu kiyago yatanze ku...

Muri Kenya abana 4000 batwaye inda muri bino bihe vy’ ikiza Corona Virus

Abana bakiri bato b'abigeme batwaye inda muri bino bihe vy'ikiza Corona Virus ngo n'umurengera nkuko amakuru dukesha ibimenyeshamakuru mpuzamakungu abishikiriza. Abana b'abakobwa bagera ku 4000...

#diaspora|Sondrio| Abarwizatunga b’aba Taliano boba bagiye kuzana imitahe yabo mu gihugu cacu

Mu mpera za Mukakaro 2020 uwuserukira umukuru w'igihugu c'Uburundi i Roma mu Butaliano arikumwe n'uwuserukira abarundi baba muri ico gihugu, baragendeye uworongoye ikigo kijejwe...

Urwevu: Ijuru ribaho ye baga! ( New Jerusalem)

Amezi icenda tumara mu nda, tuyamara tudaca n'ikanda ry'ivyo turi. Ikindi kiringo kitari gito, tukimara mu bwana tutazi ivyo turimwo, tutazi igituma, gushika rero...

Kubwa B Face ngo imbwa ntiheba iyarara

Indirimbo ya B face na BigFizzo izosohorwa na mweneyo, nayo umudiho wa Rap ngo ntiyawuhevye kuko imbwa ntiheba iyarara.  B Face ngo ntiyahagaritse umuziki uri...

Urunani rw’urwaruka ruri kubikorwa SEST ruhamagarira urwaruka kutaja mu bintazi

Urunani rw’urwaruka ruri kubikorwa SEST ruriko rurafasha urundi rwaruka rwo muri Komine Buganda ruri mu buruhuko kwitunganya Mu ntumbero yo gufasha urwaruka ruri mu buruhuko...

Most Read

# Indundi Sports | Abakinyi 9 mu muryango wo gusohoka muri Real Madrid

kimwe mu bimenyeshamakuru co muri Espagne cashize ahabona abakinyi 9 ba Real Madrid bashobora kuyivamwo mugihe c'igura n'igurishwa ry'umwaka wa 2020 . Abo nabo akaba...

Dynamo yakubise impaga Kern

Inyuma yaho mu makuru yacu yo kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 10 Myandagaro tubamenyeshereje ko Dynamo yitwariye Kern mu kanama karaba indero n'amatati...

Haringanji Belyse yabaye umu Biker(motocross).

Bikers nkuko babita hano i Burundi , ni abakinisha moto nk'urukino kandi bakaba bazunguruka igihugu berekana ubwiza bwaco. Umukinyi wa basketball Haringanji Belyse akaba ahurumbira...

# Indundi Sports | Gael Bigirimana yaraye aronse umugwi mushasha

Umukinyi wo hagati w'umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba Gael Bigirimana yaraye ashize umukono Ku masezerano yo gukinira umugwi GLENTORAN FC uri mu cicaro...