Home kirundi

kirundi

Kamoso yavuze kuvyo yabonye ku muryango wa Nyakwigendera Petero Nkurunziza

Uguhura kwa Eddy kamoso n'umukuru w'igihugu c'Uburundi, Nyakwigendera Petero Nkurunziza, ngo vyabaye ugusohora kw'amasezerano Imana yari yarahaye uwo muririmvyi akaba n'umumenyeshamakuru. Mu kiyago n'ikinyamakuru Isibo...

#Chrisante yahisemwo kuba umurwizatunga biciye mu nzira yo gukingira ibidukikije

Ngo ntiyagiye mu Buganda kuraba amatara n'ikiyaga kuko i Bujumbura vyari bihari, Chrisante ngo kurahura ubwenge nivyo vyari vya mujanye, nayo ivyo yize vyose...

#diaspora|Mkombozi| N’ Imana yatabaye nayo ahandi ho yari no kuhasiga ubuzima

"Urakoze Mana utanga utadya, iyo hataba wewe iyi ntambara y'abasuma batatu bafise intambi, n'inzembe ,sinari kuyitsinda, ariko imbaraga wampaye nanje zantangaje" Iryo ni rimwe...

#diaspora| Levis Ferdinand| Ijambo rifise ububasha bwo kwirukana no kwomora ibidutera ubwoba

Ushobora  kuba muri kano kanya wihebuye, ushobora kuba usa n'uwihevye, bishobora kuba vyagucanganiyeko, rushobora kuba rwakwuzuriyeko ,muri ico kinogo nyene urimwo Levis agira ati...

Uwuramutswe igisagara ca Bujumbura yamenyesheje ko ataje gukoresha inguvu.

Mu gihe guhera itariki 13/7 umugwa mukuru w'Ubudandaji, Bujumbura, uheruka guhabwa umutware mushasha, umuntu yokwibaza imigambi azaniye abanyagisagara. ico kibazo nyene caribajijwe na bagenzi...

Urwevu: Vyokubera vyiza upfumye ugenda kwanda umusururu canke ubuyeye!

Nimba rero ubucuti ufitaniye n'imirimo yawe ya misi yose ar'utwo dufaranga tw'intica ntikize bita "umushahara", mu bisanzwe warazimiye. Ukora ivyo udakunda. Nta passion ufise...

Masterland na Master Muziki iki nico bagiye gukorera abanya Rumonge

Inyuma yo gukora indirimbo yabahuje bose nk'umuryago  "Master Muzik", bagiye kuryohera abakunzi b’umuziki bo mu Ntara ya Rumonge biciye mugiteramo Gonga Tour kikanazobandaniriza no...

Akaranga cycling irategekanya ihiganwa

CLUB AKARANGA Cycliste rishimira bivuye k'umutima Honorable Olivier SUGURU. Club AKARANGA CYCLISTE ry'igihanga mu ntara ya Bubanza ririko rirategura ihiganwa ryo gusiganwa ku makinga muntumbero...

Diamond yoba yamaze kuronka uwazosubiriza Tanasha

Inkuru iriko iravugwa cane aho hanze n'inkuru y'umwigeme yoba agiye gusubirira umuririmvyikazi Tanasha mu kibanza c'umukunzi wa Diamond Platnumz. Nkuko makuru dukesha ibinyamakuru vyo muri...

#made in Burundi| Abanya mideri basaba abarundi gukunda ivyakorewe iwabo

Abarundi benshi na cane cane urwaruka bariko  barijukira guhingura, no gukora ivyambarwa n'ibikoresho bitamenyerewe kw'isoko mpuzamakungu bifise ubwiza ndetse n'ishusho vyisangije, ivyo bigakorwa mu...

Nish yanditse “kavorivori” kuva ku mbanyi ya 1 gushika kuya 2

Esther Nish ngo indirimbo "Kavorivori" yamutwaye umwanya munini kugira abashe kuyandika yongere anayikore, ubona ko yari no mu bihe bitamworoheye. Mu kiyago aheruka kugirana na...

#Diaspora|Izere Hollande imaze kurangura ibiboneka,kandi vy’akarero ku barundi baba hanze y’igihugu

"Intango yama ari nk'umuzi w'ibuye ariko ugushaka kw'umuntu ndetse n'ihangaro nivyo bimutuma atava kw'izimwe gushika ashikiriye ico yipfuza."Iryo niryo jambo umurongozi w'ishirahamwe "Izere Hollande"...

Most Read

# Indundi Sports | Abakinyi 9 mu muryango wo gusohoka muri Real Madrid

kimwe mu bimenyeshamakuru co muri Espagne cashize ahabona abakinyi 9 ba Real Madrid bashobora kuyivamwo mugihe c'igura n'igurishwa ry'umwaka wa 2020 . Abo nabo akaba...

Dynamo yakubise impaga Kern

Inyuma yaho mu makuru yacu yo kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 10 Myandagaro tubamenyeshereje ko Dynamo yitwariye Kern mu kanama karaba indero n'amatati...

Haringanji Belyse yabaye umu Biker(motocross).

Bikers nkuko babita hano i Burundi , ni abakinisha moto nk'urukino kandi bakaba bazunguruka igihugu berekana ubwiza bwaco. Umukinyi wa basketball Haringanji Belyse akaba ahurumbira...

# Indundi Sports | Gael Bigirimana yaraye aronse umugwi mushasha

Umukinyi wo hagati w'umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba Gael Bigirimana yaraye ashize umukono Ku masezerano yo gukinira umugwi GLENTORAN FC uri mu cicaro...