Home Médias

Médias

MINEAGRIE : La production de la saison agricole 2019B est bonne par rapport à celle de 2018B

Lors d’un point de presse de ce mardi 18 juin 2019, le Ministre de l’Environnement, de l’Agriculture et de l’Elevage Dr Déo Guide Rurema...

Intamba zaraye zitsinzwe na Tunisia

Kuva mu mwaka wa 2018 Intamba mu rugamba ntizari bwatsindwe. Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 17 Ruheshi umwaka wa 2019 i Tunis...

Urutonde rw’abakinyi 11 b’intamba baza gutangura mu kibuga

  Umumenyereza w'umugwi nserukira gihugu Alain Olivier Niyungeko yamaze gushira ahabona urutonde rw'abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga mu rukino ruza kubahuza na Tunisie kuri...

Fiston Abdoulrazzaq yavuze ibanga bakoresheje kugira banganye na Algerie

Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Fiston Abdoulrazzaq yavuze ibanga bakoresheje kugira bashobore kunganya na Algeria igitsindo 1-1. Mu kiyago gito yagiranye na Indundi Sports Umusatirizi...

Umukuru w’igisagara ca Bujumbura yarihiye itike Asman Mackalister yo kuja mu Misiri

Umwe mu bakunzi bakomeye b'umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba ariwe Asman benshi bazi kw'izina rya Mackalister yamaze kuronka itike yo kuja mu Misiri gushigikira...

Urutonde rw’abakinyi 11 b’intamba baza gutangura mu kibuga

Umumenyereza w'Intamba mu rugamba Alain Oliver Niyungeko ahejeje gushira ahabona urutonde rw'abakinyi 11 b'intamba mu rugamba baza gutangura mu kibuga mu rukino rwa kivandimwe...

Umukuru w’inama nshingamateka asaba Samba Panza gukurikirana urwaruka kuva rukiri mu mashure y’intango

Ku mugoroba wo kuri uyu wa gatanu waraye uheze, igenekerezo rya 7 Ruheshi umwaka w'2019, umukuru w'inama nshingamateka Nyenicubahiro Pascal Nyabenda yarakiriye mu biro...

Comesa : vers le remboursement des frais engagés par le Burundi

Le Marché commun de l'Afrique orientale et australe (COMESA) a promis d'examiner avec les autorités burundaises comment rembourser les frais engagés par le Burundi...

CAF : Ahmad Ahmad yatawe muri yompi

Ahmad Ahmad atwara ishirahamwe ry 'umupira w'amaguru muri Africa CAF yatawe muri yompi azira ibiturire. Hari mu gatondo ko kuri uyu wa kane igenekerezo rya...

Urukino rwa nyuma rwahuje Wydad hamwe na Esperance de Tunis rugiye gusubirwamwo

Ishirahamwe ritwara umupira w'amaguru muri Africa (CAF ) ryafashe ingingo y'uko urukino rwa nyuma rwo gusubiriza rwa CAF Champions League rwahuje Esperance de Tunis...

CAN2019 : Intamba mu rugamba zashitse i Doha amarame

Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba wamaze gushika i Doha mu gihugu ca Qatar. Inyuma yo gufata indege berekeza i Doha mu gihugu ca Qatar...

Olivier Niyungeko yavuze kuvyerekeye guhindura kizigenza w’intamba

Umumenyereza w'Intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yavuze ku majambo amaze imisi avugwa y'uko ashobora guhindura kizigenza w'intamba mu ruganmba. Aganira na indundi Sports aho...

Most Read

Diaspora News: Asaba gushigikirwa mw’ihiganwa arimwo rya China Africa cooperation

Umurundikazi Hakizimana Alexia aba mu gihugu c’Ubushinwa  ari mwihiganwa ryitiriwe «China Africa cooperation » arasaba abarundi kumushigikira kugira arabe ko yotahukana iryo higanwa. Kumuha amahirwe...

Rwa rukurikirane rwa Mkomboz ngo rwamaze kurangira

https://www.youtube.com/watch?v=UqPwmg6YQQY Za ndirimbo zibwa muri Tanzania, zishobora kuba zamaze kuboneka. Igituma nuko umuririmvyi Nzeyimana Thomas benshi bazi nka Mkomboz abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook...

Preeze 36 yajanye n’umuryango kwunamira umuvyeyi wiwe “Nahigejeje Wenga Emile”

https://www.youtube.com/watch?v=REgC5_uiUqM Preeze 36 uno musi niho yaja kwunamira umuvyeyi wiwe yabuze atanga, nkuko amashusho yabashije gusangiza abamukurikirana ku rubuga rwa Whatsapp  amwerekana ari ku ntatemwa...

Diamond yagavye Tsh 100,000,000 ayaha aba Motard 1000

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond Platnumz yaraye yinjirije 100,000,000 z’amafaranga yo muri Tanzania aba Motard 1000 yaguriye igitoro ama litiro 10 y’ubuntu. Ico...