Home music

music

# Indundi Sports | Urutonde rw’abakinyi 26 ba Mauritania bazotana mu mitwe n’intamba mu rugamba

    Umumenyereza w’umugwi nserukira gihugu wa Mauritania Corentin Martin yaraye ashize ahabona abakinyi 26 bagiye gutana mu mitwe n’Intamba mu rugamba mu nkino zindwi ya...

Stikk ngo ntiyicuza ivyo yabayemwo muri kahise kiwe, kuko yakoze ivyo yashaka

https://www.youtube.com/watch?v=dAzyDEfsINk Kuri Micro ya Lee marvin, Stikk ngo ntiyicuza ivyo yaciyemwo muri kahise kuko yakoze ico yashaka gukora muri ico gihe. Ariko kandi ngo ntakundi...

Miss Erica yashirwa mu gitigiri c’abaryamana basangiye ibitsina

https://m.youtube.com/watch?v=QIrS9_zhObQ&t=2s Miss Erica ngo ntiyakuze neza na gato, ariko yakuze bamutunga agatoke bamubwira ko agwaye, ariko Imana yarakinze ngo yasanze we atagwaye nk'umuvyeyi wiwe. Mu kiyago...

Diamond Platnumz, Mkombozi na Rayvany bibiwe hamwe

https://www.youtube.com/watch?v=OOzRoGHRJmw Nzeyimana Thomas benshi bazi nka Mkombozi na Nasbu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond ngo baheruka kwibirwa hamwe. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Mkombozi ubwiwe...

Hoba hari ikibazo hagati ya Sat-b na Belle Nice?

Uwakurikiranye Stories kuri Instagram z’aba Star zo ku musi w’Ejo,  yarabashije kubona ivyo umuririmvyikazi Belle Nice yanditse kuri urwo rubuga. Akaba yavyanditse mu masaha...

Tanzania | Mwana FA na Professor Jay babisikanije mu gitigiri c’abashingamateka

https://www.youtube.com/watch?v=dAzyDEfsINk Mu gihe ibiharuro vyavuye mu matora bibandanya gutangazwa biva mu turere dutandukanye tugize igihugu ca Tanzania, mu bimaze kumenyekana vyerekana ko umugambwe uri ku...

Intambara irashobora kwaduka ata gikozwe mu maguru masha

https://m.youtube.com/watch?v=WaQDMRSQwXk Ata kibaye ngo Intambara irashobora kwaduka imbere yuko umwaka uhera, iyo ntambara nayo ngo ikaba iboneka ko ishobora kwaduka bivuye ku majambo agize imisi...

Christophe Matata ngo yagiye atumvise indirimbo umuhungu wiwe Armel Matata yaheruka gukora

Jean Armel Matata ngo muvyo yibuka ku muvyeyi wiwe Christophe Matata nuko yitavye Imana ataramwumvisha indirimbo yaheruka gukora, kuko uwo muvyeyi yari mu rugendo...

Black G ntabibona kumwe n’abandi baririmvyi bagenziwe

Abaririmvyi ngo ntibari bakwiye guta ishavu kuba Dj. Igituma ngo nuko nabo bafise ivyo baba bagenderako bitandukanye n'ivyo abaririmvyi baba bashaka. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa...

Diaspora| John Classic agarukanye inguvu zidasanzwe mu muziki ndundi

Inyuma y’igihe kitari gito ataboneka ku rubuga rw’umuziki, John Classic, umurundi asanzwe arangurira imirimo yiwe muri Canada yagarutse muri game ya music. John Classic...

Big Fizzo na Sat-B bose bahamagajwe mubutungane

Umuririmvyi Tylo Sixer ahereye kubitaribike vyagiye bishikirizwa na Big Fizzo hamwe na Sat-B ubwabo nyene , bafatiye ku majambo baterana batyozanya, niyo yatuye Sentare...

Michou na Dj Theo bemeza ko ama WebTv ya hano iwacu yiganana

Michou Miracle ngo naho abandi benshi iyo bipfuza gutanguza ibinyamakuru babanza kwiyumvira Youtube ngo we siko abona Tv azoshinga. Mu Kiganiro yagiranye na Indundi Tv,...

Most Read

Ivyaranguwe n’ibigiye kurangurwa mw’ishirahamwe ATRABU

Abanywanyi barenga 300 b'ishirahamwe ATRABU rijejwe gutwara abantu n’ibintu mu Burundi nibo barihiwe amafaranga y’ubwishingizi (assurance). Imiriyoni  zirenga 90 ngo zarahawe amashirahamwe akorera muri...

Success: Mbega weho ku bwawe succès ni iki? Ni ukugira amafaranga menshi?

Abandi banditsi batandukanya bagiye bariyumvira définition boha ijambo "succès" basanga  ntivyoroshe. Nk'uwitwa Jim Rhon mu gitabo yanditse citwa' 7 Strategies for Wealth and Happiness"...

Mista Champangne yagirijwe uburozi, batanga n’ivyemezo

https://www.youtube.com/watch?v=RSdpqBI8WlM Mista Champagne yagirijwe uburozi impande zose, haba mu baririmvyi co kimwe na bamwe mu bahoze ari abamenyeshamakuru, ariko bagikurikiranira hafi ivy'uwo muziki. Inyendamuvano ni Post...

# Indundi Sports| Rallye yungururijwe ku yindi sango ku mvo z’urufpu rw’umunywanyi wayo

  Komite shingwa bikorwa (Exécutif)ya Club Automobile yo mu Burundi muri Rallye iri n’umubabaro mwishi wo kubamenyesha urupfu  giturumbuka rw’umunywanyi wayo. Niyonkindi Didier akaba yitavye Imana...