Home music

music

i Kigali, Sat-b ngo yaradandaje umubiri nk’abakobwa

Muri kahise Sat-b ngo yaragendanye cane n'abagore bafise abagabo, abo bakunze kwita aba sugarmamy. Ivyo n'ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro ku mboneshakure ya hano...

Tanasha avuga ko ata kidasanzwe Diamond Platnumz yamufashije mu muziki

Tanasha Donna aremeza cane ko yakunze umuririmvyi Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond, kandi ko atigeze ashaka kuvyaza umusaruro mu muziki ubwo bucuti...

Papa Yan na Mama Yan bipfurije isabukuru nziza umuhungu wabo, bariyibagira?

“Isabukuru nziza kuri wewe YAN JASON, nta Vyinshi novuga, gusa Imana ikuzigame muhungu wanje, turagukunda cane! Warakoze Mana kuri aka kaganuke.”  Aya niyo majambo...

Ng’iki ikintu gikomeye umuririmvyi Fabelove yakoreye bagenziwe b’abaririmvyi

Fabelove yasavye ikigongwe bagenziwe Prince Mshidi na Big Zoé kuba yarabashize muri challenge y’indirimbo yiwe yise Master ngo ntivyari bikenewe ko abashiramwo mu ruririmbo...

Nziza Desire agiye gushinga Label mu Burundi no mu Rwanda  

Intandaro y’ukutagaruka Kwa Nziza Desire muri Afrika mu kirngo c’imyaka 12 yaramaze muri Amerika ngo n’ukuba atari bwaronke ivyangombwa, ariko ubu ngo n’umunyamerika. Ivyo...

Magic Soldier yavuze ku mpamvu atigeze aragama muri Management nimwe muri kahise

Kingorongoro ngo impamvu atahora ateba muri Label bahora bakorana ngo nuko ata masezerano baba bafitanye, bikaba vyaca vyoroha uburyo akinjura, Nkuko yabiyagiye umwe muri...

Clementine Kavy yoba yakinjuye kuko Belle Nice yamwivye Sat-b?

Empire Avenue ayizi abatari bake mu bayirimwo uno musi ngo ata numwe arayizamwo, eka mbere itaranatanguzwa ku mugaragaro. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa nawe ubwiwe kuri...

Ayo DJ Iraa yahawe na ITEL Rwanda yoba yayashize muri Restaurant,i Kigali?

Mu gihe abatari bake hano iwacu co kimwe no mu makungu bakoma akaruru ko ikiza Corona Virus cabatumye bahomba cane gose, abandi bo bari...

Olegue “Délégue Général” aravuga ico yigiye mu Mpimba

Mu gihe yaramaze igihe kitari gito asa n'uwutavurwa mu muziki ndundi, Olegue yahavuye ashira ahabona akaririmbo gashasha yise Doctor, yongera anagirako akora ibiteramo bitandukanye...

Mu bitegurwa na Dj Paulin, ivy’iboneka rya Meddy i Bujumbura birimwo?

Haraheze imisi icari kiriko kiboneka ku mbuga ngurukanabumenyi zaba Whatsapp co kimwe na Facebook z'abarundi bamwe bamwe baba i Kigali, rwari urupapuro rw'imenyekanisha ry'ikiganiro...

Mirire Makers ngo ntizitaho ba sat-b, ba Fizzo naba Lolilo ahubwo abacaruka bafise ingabire

Mirire Makers ngo nta mugambi ifitanye n'abaririmvyi bamenyekanye, ahubwo ngo abakiri bato ariko bafise ingabire ngo nibo bazorabana cane. Mu kiyago na Indundi Tv, umuyobozi...

B Face avuga ko Abaririmvyi ndundi bakunda, ikibuze ari ikibahuza

Abaririmvyi ndundi ngo barakunda, Ico n'igiheruka gushikirizwa na B Face mu kiganiro aheruka kugirana na Indundi Tv. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi avuga ko ikibuze...

Most Read

Bafise impungenge ko imirimo ishobora gucumbagira muri Kaminuza y’Uburundi

Abakozi bo muri kaminuza y'Uburundi bahurikiye mu masendika SPEUB na SPATUB bavuga ko batewe impungenge n'uko imirimo ishobora gucumbagira muri iyo kaminuza. Imvo ngo...

Abarundi bibutse imyaka 27 irangiye hagandaguwe incungu ya demokarasi

Abarundi bibutse kuri uyu wa gatatu imyaka 27 irangiye uwahoze ari umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye agandaguwe, hari kuwa 21 Gitugutu mu 1993. Perezida Ndadaye...

Itsinzi y ’abaririmvyi izanye umunezero mu mvura nyishi

Mu rukino rutari rworoshe abaririmvyi batahukanye itsinzi y'igitsindo kimwe cinjijwe n 'umuririmvyi akiri muto azwi kw' izina rya Saint Floria ku busa bw'aba Dj. Abakinyi,...

Basaba Reta yo muvyeyi basigaranye kubafasha nabo batere imbere

Ishirahamwe ry’abapfakazi n’impfumvyi baharanira agateka kabo AVOD basaba ko Reta yobafasha bimwe biboneka kugira batere imbere. Biri mw’itangazo iryo shirahamwe ryashize ahabona kuri uno wa...