Home music

music

Hoba hari ikiriko gitegurwa Hagati ya R Flow na Lokua Kanza

Imwe mu ndoto Kadjimunda Riche benshi bazi nka R Flow yarafise ngo n'ukuganiro na Lukua Kanza asanzwe ari umuririmvyi akomeye hano muri Afrika mbere...

Delegue General yavuze uwo yokorana Hagati ya Big Fizzo na Sat-b

Doctor canke Delegue General uno musi ngo ntawe akeneye gukorana nawe indirimbo, yaba uwo arondera canke uwumurondera. Mu kiyago na Landry, uwo muririmvyi avuga ko...

Muri SaaMoya, Bruce Melodie yakoze ivy’indenzarugero abibona

Mu gihe indirimbo zaba iziwe canke izo yafashije bagenziwe zibandanya kwifata neza haba mu rwanda canke inyuma y'igihugu, uwo muririmvyi aranatungwa urutoke n'abari bake...

Ivya Diamond Platnumz na Zarinah Hassan biguma bifata iyindi ntumbero

Ivya Zari na Diamond birabandanya gufata iyindi ntumbero nkuko biboneka ku mbuga ngurukanabumenyi. Inyuma yaho bivugiwe ko umuriro wari hagati yabo wazimye, noneho bikavugwa ko...

Fabelove na B Face bavuze ku mahera bakorera mu muziki

Uno musi ngo hariho akaruhusho gakomeye ku bijanye n’agahembo abaririmvyi ndundi bahembwa mu biteramo, ugereranije n'uko vyari biri mu myaka y’imbere ya 2015, ivyo...

Marvin Lee ngo yasezeye agiye gutanguza ivyiwe

Arakaza Marvin Lee ngo ntakibarizwa mu nsamirizi Buja Fm nkuko abatari bake bari bamumenyereyeyo. Uwo mumenyeshamakuru yaciye mu biganiro bitari bike, uno musi niho...

Kolly The magic nawe ntiyanejerejwe n’inyifato ya Big Fizzo

Kolly the magic ati:"umuririmvyi w'umurundi Big Fizzo urankuriye kandi ndakubaha ariko abahungu bawe waraye ubasusuguje imbere yabakunzi b'umuziki ndundi." Kolly the Magic umuhinyanyuzi akunzwe cane...

CEO na Manager wa Bantu Bwoy boba batabona ibintu kumwe ?

Hagati ya Big Fizzo na Stein ngo ibintu vyoba bidahagaze neza, mu yandi majambo hagati ya...

Bruce Melodie yatanze umuco kw’ifatwa ryiwe na ShaddyBoo

Bruce Melodie yatanze umuco ku vyavuzwe hirya no hino ku biheruka kumushikira, bikavurwa ko ari mu minwe y'abajejwe umutekano. Bruce Melodie yavuze ko yafatiwe muhira,...

Hagati ya Sat-b na Big Fizzo hashobora kuba hasubiriye gusha

Biragoye gutora ikiriko kirakinwa hagati ya Big Fizzo na Sat-b kuko wokwibaza ko icuka coba kitari ciza muri ino misi, ivyo tukabivuga twisunzi ivy’umwanditsi...

Master Bk aragabisha abatashatse ko atera imbere

Master Bk aravunira akagohe baba abaririmvyi bacaruka muri uno mwuga, canke abantu bamukoreye amakosa muri kahise muri uno mwuga wo kuririmba ko ngo ataco...

Spok’s ngo ntagarutse gusohora indirimbo buri kwezi

  Ishirwa ahabona ry’amasanamu y’indirimbo Wari he ya Spok’s ngo n’umuzo wundi mushasha mu muziki naho atagarutse gusubira kandi gusohora indirimbo buri kwezi, ivyo n’ivyo...

Most Read

Bafise impungenge ko imirimo ishobora gucumbagira muri Kaminuza y’Uburundi

Abakozi bo muri kaminuza y'Uburundi bahurikiye mu masendika SPEUB na SPATUB bavuga ko batewe impungenge n'uko imirimo ishobora gucumbagira muri iyo kaminuza. Imvo ngo...

Abarundi bibutse imyaka 27 irangiye hagandaguwe incungu ya demokarasi

Abarundi bibutse kuri uyu wa gatatu imyaka 27 irangiye uwahoze ari umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye agandaguwe, hari kuwa 21 Gitugutu mu 1993. Perezida Ndadaye...

Itsinzi y ’abaririmvyi izanye umunezero mu mvura nyishi

Mu rukino rutari rworoshe abaririmvyi batahukanye itsinzi y'igitsindo kimwe cinjijwe n 'umuririmvyi akiri muto azwi kw' izina rya Saint Floria ku busa bw'aba Dj. Abakinyi,...

Basaba Reta yo muvyeyi basigaranye kubafasha nabo batere imbere

Ishirahamwe ry’abapfakazi n’impfumvyi baharanira agateka kabo AVOD basaba ko Reta yobafasha bimwe biboneka kugira batere imbere. Biri mw’itangazo iryo shirahamwe ryashize ahabona kuri uno wa...