Home music

music

T&T Video Music Playlist

https://www.youtube.com/playlist?list=PLfqlH3YW9SLbV8IglftDzON8tJSZhEpuO

M.lee – Captain blu -The African Chimchim (official video)

https://www.youtube.com/watch?v=34L5381qzlw

Diamond Platnumz yavuze igituma bakunda abakobwa b’abanya Kenya

Diamond Platnumz ntadeha ko abanya Tanzania bakunda abakobwa b’abanyakenya, aho yari muri Wasafi Festival akaba yahavuye avuga igituma babakunda....

Inyuma ya Shata, Natacha asohoye Kuja

Inyuma y’ukuvuga ko hari indirimbo zitari nke yamaze guheza gukora ziirindiriye gusohoka, natacha yasohoye iyindi ije ikurikira Shata yarabwa...

Mt Number one I Bujumbura ntiyicaye naho ataco avuga

Mt Number one ntaco arashikiriza ku mbuga ngurukanabumenyi, ariko ibimenyetso vyo bibandanya vyerekana ko aticaye I Bujumbura, ahubwo ibikorwa...

S’aba Manager, abanyamanyanga n’abaririmvyi

Bamwe mu basambuye haheze igihe gito batanguye gukorana. {Wanda I buryo na Sat-b I bubamfu} Ugushirwa mu...

Sat-b yumvikanye avuga ku bamutunga urutoke ko ahangara abakomeye

Sat-b yumvikanye mu karirimbo aho agaruka ku bamutunga urutoke ko asigaye ahangara abakomeye, ako kakaba ari kamwe muri 3...

Preeze yavuze kw’ibura ry’amasanamu yari yemeye

Naho atamenyesheje ryari kazobonekera,Preeze yasavye imbabazi kuba katabonekeye igihe, ariko akavuga ko ari ukugira hashirwe ahabona igikorwa...

Mt number one avuga kw’itegurwa ry’ibiteramo azunguruka Uburundi

Mt Number one avuga ko akiri mu myiteguro kugira atangure gukora ibiteramo hano iwacu, naho muri leta zunze...

Most Read

Bafise impungenge ko imirimo ishobora gucumbagira muri Kaminuza y’Uburundi

Abakozi bo muri kaminuza y'Uburundi bahurikiye mu masendika SPEUB na SPATUB bavuga ko batewe impungenge n'uko imirimo ishobora gucumbagira muri iyo kaminuza. Imvo ngo...

Abarundi bibutse imyaka 27 irangiye hagandaguwe incungu ya demokarasi

Abarundi bibutse kuri uyu wa gatatu imyaka 27 irangiye uwahoze ari umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye agandaguwe, hari kuwa 21 Gitugutu mu 1993. Perezida Ndadaye...

Itsinzi y ’abaririmvyi izanye umunezero mu mvura nyishi

Mu rukino rutari rworoshe abaririmvyi batahukanye itsinzi y'igitsindo kimwe cinjijwe n 'umuririmvyi akiri muto azwi kw' izina rya Saint Floria ku busa bw'aba Dj. Abakinyi,...

Basaba Reta yo muvyeyi basigaranye kubafasha nabo batere imbere

Ishirahamwe ry’abapfakazi n’impfumvyi baharanira agateka kabo AVOD basaba ko Reta yobafasha bimwe biboneka kugira batere imbere. Biri mw’itangazo iryo shirahamwe ryashize ahabona kuri uno wa...