Home muzik na wasani

muzik na wasani

Mista Champagne ngo niwe muririmvyi wambere aguriwe imodoka n’abafana abandi ngo nibipime.

Ngo ico yashatse ko kiba imperuka kirabaye nimba hari uwundi muririmvyi yipfuza kwipima n'agerageze asabe imoto arabe ko ayihabwa. Umuririmvyi Mista Champagne aheruka gusaba ko...

Umutambukanyi wa Kidum ngo yabonye Nish ugutandukanye n’uko bamuvuga

Esther Nish avuga ko iyo aza kuba ari uwukunda kwumviriza abantu, ngo ntaco yari gupfa yimariye igihe yerekeza i Nairobi mu bikorwa vyo gukora...

T Max ng’iki ico yasezeranye abarundi bamwitezeko

Kuva aho akoreye indirimbo ari kumwe na Vichou munyuma akamara ikiringo kinini ubu ngo yoba ariko aritegura gushira ahabona ibikorwa bishasha ndetse no gukora...

Amajambo ya Fabelove kuri Empire Avenue na Bantu Bwoy, no kuri Collabo bakoranye na Sat-B

Inyuma yo kwandika amajambo agasiga benshi mumakenga arasigura neza ico yashatse kuvuga hagati ya Empire Avenue na Bantu Bwoy.Abicishije mukiganiro Indundi Hits Show kur'uyu...

Bain Turo aremeza ko uguteba kwiwe kuzosobanura vyinshi mumaso y’abibaza ko yihenze.

Igihe ni kinini cane umuririmvyi BainTuro ataboneka cane mubikorwa vyo gusohora indirimbo nkuko vyahoze ataraja muri Label vyatumye benshi babibona nk'uruhombo kuri...

Nta kuryana kuzosubira kwumvikana hagati ya sat-B na Big Fizzo

Ugusubira kubona Sat-B ahantu avuga ko afitanye ikibazo n’umuririmvyi uyu canke uriya ngo n’umuziro uzirwa. Igituma ngo nuko ubwa mbere yabona ko ari imwe...

Ng’ubu ubutumwa Natacha yahaye Ismail Niyonkuru

Inyuma yo kumara igihe kinini atari kurubuga ngurukanabumenyi narumwe canke ngo yumvikane aha na hariya Ismail ubu ariko arakora nk'uko yahora abicishije...

M Nif Jimbo ngo ashobora kuba yokwinjira muri Bantu Bwoy

Haheze igihe kitari gito umuririmvyi akiri muto abenshi bazi nka M Nif Jimbo ariko arakora ibidasanzwe mu rugendo rwiwe rw'umuziki ariko hakama...

Ngaya amajambo atangaje yavuzwe na Fabelove kundirimbo nshasha ya El Pro

Inyuma yaho atangiye Challenge kundirimbo Master ni Fabelove bisa nkaho benshi mubo yavuze batinye kumwishura bivanye nuko babitahuye ugutandukanye n'intumbero yiwe canke...

Abaririmvyi ntibubashwe kubera badatunze kubwa Prince Mshindi

Prince Mshindi ngo impamvu abaririmvyi batubashwe mu gihugu s’uko baririmba, ahubwo ngo nuko hari ibintu badashoboye gukorera imiryango yabo. Ivyo n’ivyo aheruka kuvuga mu...

Yoya Jamal, iyi niyo nyishu kubamaze imisi babaza iyo yagiye n’ibikorwa vyiwe

Yoya ngo yugaraniye munzu arinyegeje ntaco yokwemerera abakunzi biwe.Igihe kibaye kinini umuririmvyi Yoya Jamal atakibarizwa mugisagara ca BUJUMBURA ariko navyo bishobora kuba...

Favie ngo abaririmvyi ba Gospel bari bakwiye gufatana mu nda

Favie ngo abaririmvyi ba Gospel ntibari bakwiye kwicamwo ibice, ahubwo bari bakwiye gukorera hamwe. Kandi uwo muziki bakora ngo ntiwarukwiye kwiyumvirwako nk’uwo kudandaza ariko...

Most Read

Kirikou ngo Big Fizzo aharanira inyungu za buri muririmvyi wese w’Umurundi

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Big Fizzo kumusubiriza ngo ntibizoroha, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Kirikou Akili akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook. Muri ubwo butumwa yashikirije kuri urwo rubuga, yamenyesheje ko...

Education : Bazindutse bugariza ishure

Abavyeyi barereye kw’ishure ryitiriwe inyenyeri riri i Maramvya muri komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura, bazindutse kuri uyu wa gatanu bugariza iryo shure. Abo bavyeyi...

Abibaza ko coronavirus yaheze ngo ni ukwihenda cane.

Muri ino minsi haribonekeza ukudebukirwa mu kwikingira coronavirus, aho abantu badatinya gukoranako mu kuramukanya, mu kutubahiriza imetero hagati y'umuntu n'uwundi nayo gukaraba vyo vyabaye...

Ngo nta mbuga ngurukanabumenyi za Facebook akoresha

Umuvugizi w’ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida aramenyesha abarundi n’amakungu ko umushikiranganji Thaddée Ndikumana ata mbuga za Facebook akoresha. Ivyo Jean Bosco Girukwishaka...