Home Entertainment

Entertainment

Habonetse akaririmbo k’umunyamulenge Gallas na Kidum

Inyuma y’ukumenyesha ko hari indirimbo nshasha yamaze guheza gukorwa yakoranye n’umuririmvyi w’umunyaKenya, uwo muririmvyi yahavuye amenyesha ku musi w’ejo ko hari iyindi yo iza...

Umubabaro Official Video Niyo igiye gukurikira imbere yuko basohora izindi zibiri

Indirimbo Umubabaro n'imwe mu ndirimbo imaze igihe kitari gito aho ari indirimbo vyabonetse cane ko abakunzi b'umuririmvyi Sat-B n'abakunzi b'umuziki muri rusangi bari banyotewe...

Urukurikirane NISAIDIE rwa ANDY MWAG ruvuga ivy’ubuzima yabayemwo

Urukurikirane Nisaidie rw’umuririmvyi Andy Mwag ngo rufise ikintu kini rusiguye ku buzima bwiwe, nkuko yabiyaze mu majambo yaherekeje ishusho rw’urwo rukurikirane yashize ku mbuga...

Masterland ngo agiye kugaruka kwatsa umuriro inyuma y’igihe kitari gito ashize ahabona urukwirikirane rwiwe rwa mbere

Indirimbo GONGA ngo niyo igiye kuja ahabona mundwi iza indirimbo Masterland avuga kwazoba arikumwe n’abandi ariko atarashima kubamenyesha kumugaragaro inyuma yiyo yari yise IKIMETEMETE. Indirimbo...

Mukiringo kidashika n’ukwezi kumwe“Izina” ya Sat-B yarabwe n’abarenga 100.000 kuri Youtube

Indirimbo “Izina” ya Sat-b yaraye ikwije abantu 100.000 bamaze kuyiraba ku muhora wiwe wa Youtube mu kiringo kidashika n’ukwezi. Indirimbo y’umuririmvyi Sat-B yise IZINA n’imwe...

B-Face: Abategetsi n’abamenyeshamakuru nibo bakwiye guhimiriza abanyagihugu mu gukunda ivyacu

B-Face asaba abategetse ko boshiraho itegeko ryo kuvuza umuziki w’iwacu kubice mirongo umunani kw’ijana (80%) mu bibanza nka vyose nacane cane ibikunda gushikiramwo abantu...

Ng’iki ikintu gikomeye Big Fizzo agiye gukora kizotuma abakunzi b’umuziki batangara

Muri album zigiye gusohoka za Big Fizzo ngo hoba  harimwo ama collabo akomakomeye yo murikano kare turimwo. Big fizzo imyaka itarimiki ariko akora umuziki mu...

Amajambo ya Fabelove kuri Empire Avenue na Bantu Bwoy, no kuri Collabo bakoranye na Sat-B

Inyuma yo kwandika amajambo agasiga benshi mumakenga arasigura neza ico yashatse kuvuga hagati ya Empire Avenue na Bantu Bwoy.Abicishije mukiganiro Indundi Hits Show kur'uyu...

Bain Turo aremeza ko uguteba kwiwe kuzosobanura vyinshi mumaso y’abibaza ko yihenze.

Igihe ni kinini cane umuririmvyi BainTuro ataboneka cane mubikorwa vyo gusohora indirimbo nkuko vyahoze ataraja muri Label vyatumye benshi babibona nk'uruhombo kuri...

Chris Biz ngo kudandaza vyamuhaye kubandanya umuziki ata manager

Chris Biz ngo kudandaza vyamutumye uno musi naho ata mu Manager afise abasha kubandanya umuziki kuko ashoboye gushika kuri ino saha kwirihira indirimbo, yaba...

Gasore yavuze ko bagiye gukinisha abaririmvyi benshi mu mareresi yabo

Ismail gasore ngo ntibikunda ko umuntu atwenza abantu agenda kuri Stage atabanje gutegura ico ashikiriza abantu baje kumuraba, ariko ngo iyo vyanse niho acishamwo...

Umuvyeyi wa Preeze 36 yasezeye isi y’abazima

Akoresheje urubuga rwa facebook, Preeze 36 yipfurije umuvyeyi wiwe kuruhuka amahoro, kuko iyo nararibonye yasezeye ino si y’abazima. Emile wenga yahoze ari umuyobozi w’ubuhinga mu...

Most Read

Umutambukanyi wa Kidum ngo yabonye Nish ugutandukanye n’uko bamuvuga

Esther Nish avuga ko iyo aza kuba ari uwukunda kwumviriza abantu, ngo ntaco yari gupfa yimariye igihe yerekeza i Nairobi mu bikorwa vyo gukora...

Bimwe mu vyotuma abanyagihugu bakingirwa ingaruka mbi zifatiye kw’ihindagurika ry’ibihe

Gukorana kw'inzego za Reta hamwe no kwibukanya gukurikiza amategeko ni bimwe mu vyotuma abanyagihugu bakingirwa ingaruka mbi zifatiye kw'ihindagurika ry'ibihe. Ivyo ni ivyashikirijwe Umushikiranganji w'ibidukikije,...

T Max ng’iki ico yasezeranye abarundi bamwitezeko

Kuva aho akoreye indirimbo ari kumwe na Vichou munyuma akamara ikiringo kinini ubu ngo yoba ariko aritegura gushira ahabona ibikorwa bishasha ndetse no gukora...

Olga yabwiye Yambi igihe azosubirira I Burundi

Olga ngo umugambi afise n’uwo kugaruka mu Burundi aruko aje azanye ibikorwa bitari bike azoba amaze gukora, kandi bizoba vyifashe neza gusumba uko ubu...